IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Abayoboke ba Zebiya 32 batawe muri yompi

Abayoboke ba Zebiya 32 batawe muri yompi

lundi 1er Ndamukiza 2013

Igipolisi c’igihugu c’Uburundi carahagaritse mu gitondo ca Pasika abari bagiye gusengera mu kibanza c’i Businde, kwa Zebiya,Aho bariko baja guhimbaza umusi mukuru w’izuka ry’umucunguzi Yezu.

Mu barenga amajana abiri bariko baja mu Gahombo, intara ya Kayanza, abagera kuri mirongo itatu na babiri barafashwe bajanwa gufungwa. Tubibutse ko ico kibanza c’i Businde ahasengera abayoboke ba Zebiya cugawe n’inzego z’umutekano

JPEG - 65.7 ko

Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.