Accueil > Amakuru > Amashuri > Abayobozi b’indero mu makomine baronkejwe uburyo bwo kwiyunguruza
Abayobozi b’indero mu makomine baronkejwe uburyo bwo kwiyunguruza
mercredi 8 Mukakaro 2015
Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 7 Mukakaro,ubushikiranganji bw’inyigisho mu mshuri y’intango n’ayisumbuye,bwashikirije abayobozi b’indero mu makomine yose y’igihugu amapikipiki azobafasha kurangura imirimo yabo neza.
Nkuko vyashikirijwe n’umushikiranganji w’inyigisho mu mashuri y’intango n’ayisumbuye Rose Gahiru,izo pikipiki zizofasha abayobozi b’indero mu makomine kurangura neza imirimo yabo ya minsi yose.
Rose Gahiru yavuze ko ubwo buryo bwo kwiyunguruza buzofasha abayobozi b’indero mu makomine gushika ku rubuga ku mwanya wo,kandi bizofasha abayobozi b’amashuri kuronka ababakurira mu mwanya wose bazoba babakenereyeko.
Izo pikipiki 129 zo mu bwoko bwa Lifan zatanzwe ku bayobozi b’indero bose mu makomine agize igihugu c’Uburundi.
Van Naris Mugisha
Messages
8 Mukakaro 2015, 11:04, par DIRECTEUR
Nihatari none kobavuga ngo nikugira bashike kuri terain hos biagorany ese igitoro bazokivana kumengo mu bushikiranganji bw’indero ni bamfumbashi?izozo zizokwama munzu.
8 Mukakaro 2015, 11:06, par emma
emma
reta ntako itagira yirundi yakora nuko atawushimwa nabose, president abarundi tuzogutora twaramaze kwitegurira gupfa kubwigihugu cacu. Bantu mwanka president siwe yigenye yagenywe nabanyagihugu kandi beshi, ntituzi reroko muzomutubuza kunguv
8 Mukakaro 2015, 11:10, par NDUWIMANA
Nukuri nakigoro kadasanzwe kuko urabona ko indongonzi zuburundi zitayeho iterambere ry’Igihugu na cane cane ribishije mu mashure nico gituma umukuru wigihugu cacu tutazomuhweza ahubwo nivyo vy’i biringo bikwiye kuhava twebwe abanyagihugu tubishatse tugasubira kumwongera kuko akora ibirama.
nkaha indero igiye gutera imbere bimwe biboneka.
8 Mukakaro 2015, 14:26, par KAKA RAJ
IZOBAHORANA NAZ KARIHO AMAHERA YUBURUND AZOGWA KURE
8 Mukakaro 2015, 14:48, par ryoya
Iyo nintwaro ibereye naba directeur buca baronka igikuru namahoro numutekano
8 Mukakaro 2015, 15:13, par Ndababaye
Ikibabaje Nukotwiga Tukaronka Diplome Yokuryamana Munzu!Ntanisoni Uwomushikiranganji Agira Haheze Umwaka Urenga Atamwigisha Arose Akazi!Twiga Ngobitumarire Iki Ko Arugusesagura Ivyodutunze Vyonyene!
8 Mukakaro 2015, 16:18, par None?
Erega nubundi nukobarwanka ubirama bibagira kworosha ibintu u Burundi mumyaka yindikurikira nka 10 abakozibose ntibozobaye bahembwa umushahara urwijijwe nakaniri ufatiye kuyobahembwa uyumusi uhereye kubarimu. Ntimugire ngondabeshe ubutwiyemejeko mumyaka mikeya itarenze 10 tuzoba twaratanguye kuzurura ubutunzi mumutungo kamere Imana yashize mugihugucacu.
8 Mukakaro 2015, 18:38, par Nijimbere
GUTANGA MOTO NI KIMWE KUZIGIRIRA ENTREETIEN NI IKINDI HARI ABITWA ABA CARTE SCOLAIRE BAZIMARANYE IMYAKA ITATU ATA HERA NA RIMWE HABA IGITORO ;PIECES DE RECHANGE .UBU ZIRI MU MAZU NONE WUMVA AKAZI KABO KATAPFUYE N’ABANDI BIZOGENDA UKO RINDIRA URABE IVYO MURI ENSEIGNEMENT,
8 Mukakaro 2015, 18:57, par BUTUNGANE
MWAKOZE NIHWE BARUHA CANE. NIBAHAGURUKIRIKIBAZ CABIGISHA NACO.@..)
9 Mukakaro 2015, 09:38, par iteriteka
emw numva ari sawa ariko igitey amakenga abaros nibo bitahweho natw agashomer katugez habi
9 Mukakaro 2015, 11:02, par racha
Kugura moto vyari vyiza ariko icari gikwiye iyo bafata ayizo moto bakayongera k’umishahara yabo nkuko muzi ko bama bari mumarira adahera n’ibiganiro hagati yabo na leta ivyo baganiriye bigaherera mumajambo tutibagiye ko nimpapuro zama ziriko zirandikwa, ahubwo ubwo ni uburyo batoye bwo kunyonyeza amatungo ya Letra ejo bazovuga ko hariho amahera atangwa kuma moto yabayobozi yagenewe entretien kandi nuwagize commandee aho yakuyemwo etage yo muka jaga nayandi atangwa aho............
9 Mukakaro 2015, 18:16, par desire
Aha abarimunabobazoshikirwaryari?konzi bakorababakure!!nabonibabahe bazigurire!
10 Mukakaro 2015, 16:51, par Mwigisha
Nivyiza Kobabibutse Ngira Na Nyarucari Mwigisha Azoshikirwa.
11 Mukakaro 2015, 15:03, par NTAKARUTIMANA GERARD
NIVYIZA CANE,BIRIKO BIRACA BIRAZA IGISATA CINDERO BARATANGUYE KU CIYUMVIRAKO
24 Mukakaro 2015, 18:02, par Niyonizigiye Desire
Ivyo Ni Twebwe Abanyagihugu Batobato Tuzobiriha Mukutwaka Amakori Atuvuna No Mukuduza Ibiciro Nibabahe Mugabo Birame Mbone
18 Myandagaro 2015, 22:13, par BIGIRIMANA Donatien
Ni sawa cane mugb hari hakenew n’amamachine (ordinateur)n’imiburibur nka 2 par commune kugr rapport ziz ziratangw nez knd binyarutse.
17 Munyonyo 2016, 20:44, par Hermes
Nivyiza Kuko Bahora Bitwazako Ataburyo Bwo Kwiyunguruza Ndizeyeko Atacitwazo Bazosubira Kugira.