Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Abimukira b’abanyesomalia 18 bapfiriye mw’ikamyo
Abimukira b’abanyesomalia 18 bapfiriye mw’ikamyo
jeudi 16 Ruheshi 2016, par
Igipolisi ca Zambia kivuga ko abimukira b’abanye Somalia 18 bapfuye inyuma yo kwinyegeza mw’ikamyo itwaye ifi yari ivuye muri RDC.
Nkuko Ikinyamakuru BBC cabitangaje; Umukuru w’igipolisi ca Zambia, Hudson Namachila yavuze ko iyo kamyo yahagaze ku rubibe rwa Congo, igihe abimukira bayihondagura cane bashaka ko abayitwaye babumva.
Abadereva baciye bahagarikwa, Cumi n’umwe mu basomalia 44 bari bayirimwo basanze bapfuye, abandi indwi bitaba Imana mu nyuma.
Mwomenyako abasigaye ari 26 na bo nyene baka bahagaritswe.
IGIHE
Messages
16 Ruheshi 2016, 19:46, par MUYAHUDI
EMW NABONE BAHUY NINGORAN IMANA IBAKIR MPOJEJ IMIRYANGO YABUZ
16 Ruheshi 2016, 20:26, par Augustin Aghahowa
Mana abarokotse ubazigame.
17 Ruheshi 2016, 20:45, par Janine
Imana ibakire kandi ibaharire kuvyo bakoze
20 Ruheshi 2016, 06:03, par Jackson
Amakuru Yo Muri Kenya