Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
ADC-Ikibiri yarahiye gutanga uwuhiganwa n’umuntu yahonyanze ibwirizwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > ADC-Ikibiri yarahiye gutanga uwuhiganwa n’umuntu yahonyanze ibwirizwa (...)

ADC-Ikibiri yarahiye gutanga uwuhiganwa n’umuntu yahonyanze ibwirizwa nshingiro

lundi 11 Rusama 2015

ADC-Ikibiri imenyensha ko itazokwigera itanga uwuzokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu mu gihe umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza atosokora ngo areke kwitoza muri ico kibanza.

Mw’ikete ADC-Ikibiri yarungikiye umurwi wigenga ujejwe gutegura amatora CENI kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 9 rusama, ivuga ko mu gutanga Petero Nkurunziza ngo yitoze kurongora igihugu ku kiringo kigira gatatu kandi ico kiringo kitarekuriwe n’amategeko yose agenga igihugu habaye ihonyangwa ry’ibwirizwa nshingiro n’amasezerano ya Arusha.

Ni muri iyo ntumbero ADC –ikibiri itazigera irungika uwuzobaserukira mu matora y’umukuru w’igihugu mu gihe Petero Nkurunziza atoreka kwitoza ku kiringo kigira gatatu,canke ngo akurwe ku rutonde rw’abazokwitoza.

Iryo kete ryateweko umukono na Leonce Ngendakumana arongoye ADC-Ikibiri,rishikirizwa abakuru b’imigambwe bose hamwe n’abigenga.

Mwomenya ko aba mbere batanze mu murwi CENI, ibisabwa kugira bitoze mu kibanza c’umukuru w’igihugu kuwa gatanu igenekerezo rya 8 rusama,mu gihe aba nyuama babitanze kuwa gatandatu igenekerezo rya 9 rusama.

Messages

  • urwo n’urwitwazo,nibemereko arabakene babuze izo15000000F

  • Komera leonce ntagushira imbere inda mbe uyo nkurumbi nahoyotorwa yotwara ibiti namabuye kwabanyagihugu yabamariye mubuhungiro? canke azotwara interahamwe agira agabire uburundi nateshwe ate na buyoya yagondozwe nabenegihugu.

  • simbikanwa urikijuju pe! ubona ADC yobura 15 million nuko ari ABASHINGANTAHE bazi amategeko icavuga kndi barize wakijuju we ntiwabonye naba dd bize bafise umutwe nubwenge kobamuhantuye ntarenge itegeko muga mukabankira manyina mwokwiga amagendera mukagira abahanuzi nka adolphe yagarukiye 5 mukavamwo iki? MUTAMA LEONCE KOMERA NABO MURIKUMWE MWESE TURI NYUMA YANYU mureke ivyo bijuju vyaba dd batabona iyo baja.

  • Nuko batinya amatora.Erega nta ntabantu bagire. Keretse iyo misore yabatutsi yiyemeje gutwika abahutu bose n’imipine. Ntamurundi ukeneye iyo mihirimbiri.

  • Léonce ugize neza cane ntakuba sumire inda.birababaje cane kubona harabubahuka kwifuza guhiganwa nankurumbi .mureke atambe yirorera kuko nubundi baramaze kumwibira.

  • mbega abo ba CNDega FDega nibashaka gusubir gutwar igihu.nayo ababuz ivyo bakor nite umunwa ngo ADC Yabuz Ngo 15million,ntavyuzi rindira gto,inkona yarapfuy turabizi,

  • mutabazi wakijuju we!! abari muri manifestation nabatutsi babishe simbonerakure nabapolice bavuye mwishamba kuko bamenyereye kwica kandi wewe ndabona ko nkurumbi yakwigishije amacakubiri ubu twarabahinyuye sha mwabigugu mwe mutabona aho nkurumbi atugejeje ntavyamoko kandi uraza urabe abari muri manifestation baracanze ABAHUTU,ABATUTSI N’ABATWA kuko bazi icobaharanira kugira tubomore mwabijuju mwe mutarabona aho igihugu akigejeje nkurumbi dusigaye turabanyuma kw’isi yose muvyiterambere. wumvise nubu muguma mwihibara gutinda naho murasa abomusangiye gucungera abanyagihugu mukanyosha.
    wakijuju c’imbonerakure

  • Ndababwira mumajanbo makecane nta ADC yoronka mumatora 15% ntibishoboka, ariko iconemera nuko Rwasa Agathon niyaramuja yitoje ruzorwakubiri na Nkurunziza bazotsindana kandi ibitumte ADC icigirubwoba bunganagurtyo nuko iciyibina ahantu hazobahitoje Nkurunziza na Agathon atacoboba bagitoraho, ivyorero nivyobituma bacabamaramarira kuri Nkurunziza ngobase kuzokwitoza ngokuko atavyemererwa namategeko, ahorero muraziko bamaze imyaka 5 baririmbango amatora yaribwe rindirarero bongere bakubite iyindinyaka 5 baririmbango Nkurunziza ngoyarenze amategeko ikibaza uti yarenze amategeko yimuguhugucahehe? Ndiriye nabajeya babanywanyi bafise ukuntu bakoneza kubuzwa uburenganzira bwogukorera igibugucabo kubwokubera amacengameshi yindongozizabo. Mbemuraziko iyumukinyi wumupira wamaguru akoneje kwigungirako umupira ngonuko azi gucengacane Ko uwomurwi biwugira kuronka igitsindo, ekababobakinana baragerigihe bakamubwirabati mugenzi rekagutebacane mumacenga. None barundi bacukanyi kombona amacenga muvya politike mwayahaye umwanya munini mwobamufatumwanya mukicara mukabwirana muti nyabuneka tugabanure amacenga?

  • Niyo mwatwika abahutu ntimuzabamara. Niba abigaragambya harimo imbwakazi nka KANEZA ntacyo bageraho rwose. Usibye kumoka. Mukinyarwanda baravuga ngo Iyo imbwa imoka cyane nuko iba itaryana.

  • we kaneza flora boba barize igihugu kikamara imyaka kuva kuri indépendance abantu bicwa, twamana intekera kurutugu. Ivyo abarundi biga sinzi ivyarivyo. Barapfuma bareke kwiga. Uburundi bukwiye guhindura système yo kwigisha ; erega vyose biva muntango. Muhere kumizi muraba ico kintu camakiriko kiratera umudugararo , hanyuma hagahombokeramwo bamwebamwe kuva isi yaremwa.

  • ariko jewe mbona abatanze ivyangombwa bahagije, hiyongereyeho abandi vyoca bigora abanyagihugu mugihe citora.

  • leonce et nyagoma etc adc komera murerekanya ko muzi ico murondera atazara kabisa komera jewe naguye mugahudwe nuvise ko Rwasa et minani et domitien bagiye ku depose nibara nakamaramaza barerekanye ko ataco bamaze arayinda ntibazi kwihaganira ubukene imana ninkuru iratweretse amatora ataragera abakunda igihugu komeraaaaaaaaaaaaaaa ncane hanyuma aba bantu nuwera et vuganeza mwama mwandika amacakubiri ntasoni mwuva kabisa mpfuma mutukana nayo amacakubiri ntanumwe abuva muta umwanya wanyu ko mwanka abatutsi muragenda muhere kuri nyina wankurumbi ??numututsikazi>???????

  • @turugwane
    Pauvre debile,abatutsi nimba ndabanka namwe murareka kunkunda,nyina wa nkurunziza ne m’embête pas yareze umuhungu wiwe neza,kandi nawe azi uko yigenza mu bwoko yagiyemwo ntiyigira utwo mwikoza,ceux qui me derangent ni ubututsi nkawe buja ngaho bwihinguza ngo nta moko akihari arahari nyene kandi abarundi baranyumviriza la preuve nawe wanyumvise.Au depart mwahenze amakungu mwamye mwitoneshako kuva kera ngo ibibazo ni politique si ethnique mwihetse ku bihutu nka vya minani na bwa léonce,ntihaheze na kabiri mutangura guturira abahutu mu ma pine bandes de sanguinaires.Ubu raba mu mabarabara vyamaze kuja ahabona ni abatutsi gusa bari ku ma barricades n’ibimalaya vy’abatutsikazi gusa,mbega wombwira iyo onesime,minani na leonce banyikiye ?ko tutakibumva ,ko batabandanije kuja imbere mu myiyerekano,amacakubiri ahubwo abatutsi mwayazuye nabari batanguye kwibagira kamaze kurandamuka,rero il faut réflechir avant de parler ,fais gaffe ubu ni mwebwe twahinyuye bizotuma intsinzi iba cash,mwaravumwe kandi nta kundi vyogenda ku bwoko bwanyu bwabaze abagore bibungenze,bagatungira imigano abakobwa,bagata inzoya mu mbabura ,bagaturira abasore mu ma pine abo bose mubaziza ubwoko,abo bahutu rero bibagiye ivyo ntawokwirigwa arabavugako vyinshi,musenge yezu,musenge shetani nta na kimwe muri ivyo vyose kibumviriza shetani yo ubu yumvise umututsi ayihamagaye iriruka yaza yabona inkozi z’ikibi kuyirusha ,yezu we ntaco mvuze atinya gusubira kubambwa kubera mwebwe!!

  • None nkawe wa gisahiranda wiyise ngo ni ’Turugwane’ ngo ubabajwe nuko ba Minani , Rwasa bagiye guhiganwa. None kuki abatutsi muri gutwika abahutu n’imipine. Urashaka ko hakomeza akaduruvayo abahutu twese mukaturangiza? Twarabamenye mwishe benshi (1972, 1993, plus Ntega-Marangara) iyahure kuko turabazi. Peter nataba President tuzatora Rwasa hanyuma tubashyire aho muri Rweru aho mushyira bene wacu mu Rwanda.

  • Vuga neza uravuga ukuri ni mujye ku igihe . Com Rwanda maze mwirebere. Abatutsikazi baturuka i Burundi ngo ntibagishaka ubuhungiro mu Nkambi ngo ahubwo bari kubushakira kubasore. Nibyo ibyo uvuga bifite ishingiro. None abantu nkabo baba baje gicuruza nibo mu Rwanda twavuga ngo ni impunzi!!! Ntacyo bahunga usibye guhunga amahoro none bakaba shitani iri kumwe nabo!!

  • @vuga et mutuba haaaaaaa ntimuzi nubwoko bwanyu ndabasabe mureke kuvugira abahutu (?barya bari murwanda nabatutsi??(abahutu bamerewe neza????nibaza KO woha banyoko kugira nkurumbi abakurikize KO mumukunda

  • @mutabazi
    ntibitangaje ko baja kwidandaza abagiye basesuka bagiye gusanza amaguru nyene niko baremwe,abandi rero batagira agasura nibo bariko bicwa na za diarrhée,ariko bagiye mu ba mafia ubulaya bwo hakurya ya kanyaru bazobica babamare ndakurahiye aho bibaza ngo bari kwa benewabo abo bapfana ikintu nifaranga naho ntajayo twe abarundi turabizi,wewe abantu bishinga kwirigwa basutamye basokoza amasunzu ndakurahiye inzara i burundi ntayo mu bahutu ni muri ivyo binebwe,urazi iyindi nkuru ga mutabazi ngo ni peter yatumye bagira inzara,urumva perezida ni we yari kuja kubarimira ivyo barya canke bashaka kuja kurira ku meza yiwe ndakurahiye abarundi ibintu birakomeye kandi vyoroshe aho vyoroheye n’abanyarucari bakangutse!!!

  • @igihe kubera iki mutareka mesg yanje ngwiregane mugabo abajejwe kwigisha amacakubi mukabareka ???? rero @ mutabazi et vuganabi murarondera nkuruziza banyoko abakwirikize ko mumukunda ok ??nayo ivyabahutu mwigisha gaha ntibigira agaciro kuko mwebwe ntimuzi nubwoko bwanyu mwenye kuko ivyo mwandika ntabwoko numwe azi mwoba muvugira kiretse mwandika ubwoko bwamwene wanyu nkuruziza kuko ubwiwe nawe nabwoko afise ?nibamwibaza ko abari mugwanda ko ari abatutsi atabahuhtu barimwo nukuvuga ko atamitima mufise ahari ubwonko bwanyu imana yahashize inyo ??/////// nico kituma tutegerezwa kugwana bikomeye tukatwagwa nabafise ubwonko namwe mukaja kurya amavoka kubera abahaza ?? nubwonko bwanyu bworuha bukagaruka kubwanyu bayiiiiiiiiiiiiiiiiiiii bwege buke willy nyamitwe ndazi ko ariwe wandika ibi kurumugabo unyishure jewe ndakubarire ko buca imana yongerako umutwe wundi kubera imana yaguhaye kuba umunyamahane uribagiye ingene watoza amhera mwisoko?????isoko wabaye umuntu wabere yavuze ko muzubaka iyakijambere>???????? ibuka kakaduga kawe utoza amahera guzugukira abantu ngo niyo fdd izozinda muzodusubiza bayiiiiiii kanyoko rindira imisi yashitse kugira mutusubize muhinyuke

  • @turugwane
    jewe sinirigwa ndagutuka ikintu kimwe nokubwira,ubwo bwoko nimba atawe bugize ico bubwira ko mbona uta umutwe,ubabazwa n’iki? Jewe umuhutu yoba yitesheje igihugu ciwe ,ntakore ibishoboka vyose ngo akigumemwo,jewe uyo ntaco nomuvugako kuko azoba afise ikibazo gihambaye nta yinshi niriwe ndakubwira !!!uwagiye hakurya ya kanyaru we ntaco mvuze ahubwo gusa usanga babagaburiye ibikaya nizo zizo diarrhée mais bon n’ubundi nishano bazorirya nimba hari reelement abahutu bagiyeyo,nabo urumva ni ibijuju sinzi iyo bakuriye ku buryo boja hariya.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.