Accueil > Amakuru > ishirahamwe > Afrika y’ubuseruko yemeje ko ururimi rw’igiswahili ruzwi n’amategeko
Afrika y’ubuseruko yemeje ko ururimi rw’igiswahili ruzwi n’amategeko
samedi 27 Myandagaro 2016, par
Inama Nshingamateka y’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko yemeje ko ururimi rw’igiswahiri rugiye kuba ururimi ruzwi kandi rwemerewe n’amategeko muri uwo muryango.
Urwo rurimi rugiye gutangura gukoreshwa muri uwo muryango mu bikorwa vyose, iruhande y’ururimi rw’icongereza rwari rusanzwe arirwo rwemewe n’amategeko.
Inama nshingamateka y’Umuryango wa Afrika y’Ubuseruko, yasavye Abakuru b’Ibihugu bihurikiye muri uwo muryango ko mu nama yabo isanzwe izokorana mu mpera z’uwu mwaka, yohindura amategeko agenga uwo muryango, kugira igiswahili kihabwe ikibanza gikwiye.
Nk’uko tubikesha VOA, umukuru w’iyo nama nshingamateka yemeye ko agiye gukorana Liberat MPFUMUKEKO, umunyamabanga mukuru wa EAC kugira ivyo biyemeje bishobore kuja mu ngiro.
IGIHE
Messages
27 Myandagaro 2016, 11:18, par Mukurarinda
nibarwemez ninarwo ruvurwa nabantubenshi. ahibwo baribatevy
27 Myandagaro 2016, 16:01, par Nyamitwe
Hagowe abamenyeshamakuru bacu atagiswahili bazi,nabasanzwe biyitako bakizi nkabanyarumonge na banyabujumbura bavuga kimwe cibuvira.Mbere nabategetsi bacu kiretse Rwasa na nyakwigendera Hafsa Mosi leta iherutse kwirahira.none abarundi tuzokoreshururimruhe muri EAC?Kombona Libera Mpfumukeko atanicazi kuvuga,ubwo ntitugiye kumaramarirayo?
27 Myandagaro 2016, 16:33, par jean
Hafsa mosi yari kuhagira akamaro iyo DD mbonerakure zitamwica
27 Myandagaro 2016, 22:42, par Mukristumurugendo
At kubiyise amazina ya: Nyamitwe na Jean, mugiye kuzopfanabi kandimurushe kuko DD izomara imyaka irengeye iyokubaho kwanyu urumvarero ko muzorinda musenzera Isi akanwakanyu kuzuye ivyobinyoma vyanyu kubwubwo bwicanyi bwanyu mwakoze mwaheza kubukora mukacamusimbira kugasozi ngo DD irishe abantu! Harya rero hariko mutazi harya ugisinzira bimwebamwetwita kwitaba Imana umubiri witegurira kuzosumizwa mwivu ahowakuwe umwegebwawe wariwarahawe nimana bugenda buhomekeranye nazamyemu nazonyene ziva ku Mana noneho mwenivyovyose mwakadambikanije mukiri bazima mukaca mubibonabitondekeranije niho bamwe batangura kwibazango nsubiye kw’Isi sinosubira gokora ivyobintu mbona bitonze imbereyizina ryanje.
Ivyondababwiye muvyemere nubwonziko uwuvuze ukuri mutamukunda mwikundira imweyica abantu akacasimnira kumusozingo ONU rungika aba polisi ngoreta yuburundi ngwiramaze abantu.
Ivyo nukuri harumuntu yavyiboneye mugihe yamara amasaha arenga 4 yapfuye hanyuma ararabuka kuko Imana atakwitagira kugira iduhishurire ko gukoraneza bizokugirira ikamaro nubwo uzobuvuye mwuyumubiri, ko kandi niwakora nabi ntuzokwibaze ko gupfakwawe ibibiwakoze bizobabihereye aho ashwi habahageze ahuzohangayika kuko kwihana ntibizoba bigikunda uwihana akababarirwa nuyu akirimwiy’isi , nicogituma uwiyahuyewewe atazigera aja mubwami bwimana nubwoyoba yarumugororotsi mubitaribike sishaka kwishira mukibanza c’Imana ariko ababangukirwa gucirabandi imanza mukuvuga nguryamuntu apfuye ngwapfuye afise ivyaha nobabwirako nibabona umuntu apfuye yiyahuye wewe ntibazotinye kuvugako kuvyaha yari kabamba.
27 Myandagaro 2016, 22:49, par Mukristumurugendo
Hanyuma murirusangi nobabwirako ibihugu 5 bigize EAC Kenya na Tanzania vyompi bifata umwanya wambere mukuvuga,nogushona, nokwandika igi Swahili , nokucumva. Ikindi gihugu gikurikira nu Burundi bavuga igiswwahili CA Uvira caba ica Buyenzi caba icahehe abarundi nibobakurikira aba (Kenya naba Tanzania) mukuvuga,gusoma,kwandika,nokwumva ururimi rwigi Swahili.
29 Myandagaro 2016, 17:02, par jean
Mukristumurugendo uvuze ivyo kwicana kuko usanzwe wicana.gupfa ni vya bose nawe uzopfa. kanatsinda iyo mana muvuga twarayimenye kuko ivyo mukora biravyerekana. mwijoro mwica abantu ku murango mukavuga ivy abapasitoro n abasenyeri. urucira mukaso rugatwara nyoko. naho iyo CNDD uvugira ntuyirusha Adolphe NSH. canke afsa mosi
29 Myandagaro 2016, 18:29, par Ngabireyimana Zabilon
ariko umushikiranganji w,indero yagabiye abanyeshure kabisa
14 Nyakanga 2016, 10:27, par ngusha
Ego Uburundi nubw3kubihugu vyaEAC bivuga igiswahiri havuye Tza ,KEnya ,Bdi
14 Nyakanga 2016, 10:31, par ngusha
Ego Uburundi nubw3kubihugu vyaEAC bivuga igiswahiri havuye Tza ,KEnya ,Bdi