Accueil > Amakuru > Rwanda > Agnes Uwimana Nkusi ntakiri mw’ibohero rya Kigali
Agnes Uwimana Nkusi ntakiri mw’ibohero rya Kigali
jeudi 19 Ruheshi 2014
Inyuma yaho afatiwe agatabwa mu mvuto yagirijwe guhungabanya umutekano w’igihugu co kimwe no kugumura, Agnes Uwimana Nkusi yaraye arekuwe, aho yari apfungiwe mw’ibohero rikuru rya Kigali.
Uwo mumenyeshamakuru wo mu gihugu c’Urwanda akaba yari amaze imyaka ine mw’ibohero yagirizwa icaha co guhungabanya umutekano w’igihugu, ndetse n’ukugumuka, igihe yari umuyobozi w’uruganda rwo kumenyesha amakuru mu kinyamakuru UMURABO.
Mwomenyako uwo mumenyeshamakuru yari yatanguye gucirwa imyaka 17 yo gupfungwa yagirijwe guhamagarira ukugarariza, amacakubiri ndetse no gukora mu nkovu abahuye n’ivyago vy’ihonyabwoko ryahitanye abatutsi muri ico gihugu c’Urwanda, mu mwaka w’1994. Sentare ntahinyuzwa y’igihugu c’Urwanda, ikaba yaciye isubiramwo urwo rubanza mu mwaka w’2012, Agnes Uwimana Nkusi, aca acibwa gupfungwa imyaka ine.
Asohotse ibohero rikuru rya Kigali, uwo mumenyeshamakuru akavuga ko agiye kubandanya akora akazi kiwe ko kumenyesha amakuru, ndetse akiyemeza kuzobandanya yandika amakuru, uko yahora.
Aristide Nizigire
Messages
19 Ruheshi 2014, 15:44, par NKESHIMANA
Agnes Uwimana komera urintwari usumba nabagabo benshi kubera gukorera mugihugu c’agacinyizo nkico ata democratie irangwamwo ariko ukubahuka ukavuga ukuri kubihabera kandi wava muburoko ukanamenyeshako uzobandanya umwuga wawe nkuko wabitanguye iyo haba abandi banyarwanda nkawe nkaba 30 mwohinduye Urwanda Kagame nabayoboke biwe bohavuye bagahindura bagahinduka kuko Kagame amenye neza ko atamyaka40 asigaje abana b’Urwanda yangaje fin de fin bazogaruka murwabavyaye kuko ntamvura idahita kandi mubo bizogirira ingaruka abana biwe,canke abuzukuru bazobamwo
19 Ruheshi 2014, 17:24, par Igipina
@Nkeshimana: Iyo nyandiko yawe yuzuye urwango n’inzigo kuri Kagame, ariko ikintu nakubwira, ni uko frustration na haine bikwuzuyemo, ari wewe bizakomeza binyonga!!! Pour le reste, izo ndoto zawe ntizizigera zibuza kagame gusinzira, kandi ntibazabuza abazi icyo yamariye igihugu, n’icyo akomeje kukimarira, kurushaho kumukunda, nk’umuyobozi ukunda igihugu cye... Komeza wirotera, kuko ari uburenganzira bwawe!!!
19 Ruheshi 2014, 18:57, par mutabazi
Mukeshimana wowe uvugisha ukuri . Agnes yavuye mumunyururu turamushyigikiye akomeze ahangane n’ubutegetsibwa Boko Haramu buyobowe na Shitani yigize umuntu Kagame Paul Rwisasiramirambo!!!
19 Ruheshi 2014, 22:42, par Nkeshimana na mutabazi!
Abo batutsi bo kwa kagame na kagame ubwiwe barimukumwicisha inzara basha! uwigishije igifaransa uwo yiyise "juju igipina" yaba vyokunze yokimwatse kuko ntacoyomarira...!
20 Ruheshi 2014, 01:09, par mutabazi
Ahubwo wowe wiyita igipina!! Ubanza uri iigipinga koko . Kubona ubangamira abarwanya leta ya ba Gashakabuhake yirwa ikona abahutu ikica n’abatutsi badasangiyeibitekerezo!!
Wagira ngo Rusufero umwicanyi wabigize umwuga Kagame uramwungirije!!! Ibipinga ntimugira isoni!!
20 Ruheshi 2014, 11:40, par mutabazi
Igipina ni igipinga koko wasanga nacyo kivuga Français nka babaswa kabuhariwe ngi ni ba Miss Rwanda!!!
21 Ruheshi 2014, 19:29, par sibomana joseph
aramenye ntazonger kuvuga ibitandukanya aanyarwnda tuz aho byatugejeje kandi naramuka yongeye bazamukanire urumukwiye.
29 Ruheshi 2014, 05:59, par MAHORO
@Mutabazi, Nshimiyimana: bitewe n ibitekerezo byanyu by ubugome n’urwango n’ubugambanyi mufite mu mitima yanyu, nabakanguriraga kwihana mukemera icyaha mukababarirwa si non kwanga KAGAME ntacyo bizabagezaho ahubwo birabangiza muri cerveaux zanyu gusa!!! A ho Kagame yakuye u Rwanda abanyarwanda b ’ukuri nibo b ahazi . Aho rugeze niheza kubra we!!!! komeza mupfire mu mitima yanyu ntacyo muzamutwara. jewe sindi umuhutu sindi umututsi yewe sindi n umutwa! ndi umunyarwanda