Accueil > Amakuru > umutekano > Akamo k’inama nkuru y’umutekano ntaco kabwiye abari mu myiyerekano
Akamo k’inama nkuru y’umutekano ntaco kabwiye abari mu myiyerekano
lundi 11 Rusama 2015
Amasaha 48 yahawe abariko biyamiriza ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza yanse kwubahirizwa n’abari mu myiyerekano.
Mu makomine nka yose y’igisagara ca Bujumbura, imyiyerekano, iriko iba ukwamye. Muri komine ya Kinindo na Kanyosha, amabarabara yamaze kuzibirwa. Kw’ibarabara rya Rumonge, umuduga wunguruza ingenzi wazindutse uraturirwa, aho wahiye, uraka uratokombera. Muri quartier Kibenga naho, umuriro wari wadometswe nk’igihe c’isaha imwe y’igitondo, abaporisi bakaba bariko bagerageza kuwuzimya . Eka si aho gusa, kuko n’intsinga zisongoye, zatezwe abari mu myiyerekano kugira ntibaje barazibira amabarabara, bikaboneka ko abanyagihugu zimwe bazikuraho, ahandi bakaguma bacunganywe ku kajisho, abanyagihugu n’abari mu myiyerekano.

Muri komine ya Musaga aho igiporisi cagerageje kuzibura ibarabara rija hagati mu gihugu, abanyagihugu nabo babandanya kuzibira hagati muri quartier, aho mbere abanyagihugu bahinduye, ubu bagatera amabiye abaporisi, bakoresheje imigozi ukweguka.

Abateguye imyiyerekano, basaba abanywanyi babo, ahubwo kubandanya, kuko ku bwabo, imyiyerekano igire itangure nyakwo. Vital Nshimirimana arongoye urunani rw’amashirahamwe FORSC, amenyesha ko bazohemuka, bankiye Petero Nkurunziza kwitoza ubwa gatatu.
Aristide Nizigire
Messages
11 Rusama 2015, 10:35, par obama
Nibafate abo bose bateguyiyomigumuko babafunge hama abarundi turonke agahengwe
11 Rusama 2015, 10:38, par Bukuru Asmani
Aho magaze mbona bobareka bagac’ayo mabarabara yabo maz’umumbi wokwubak’amabarabara murabizi kw’adabora kuryubaka atac’utanze ,ikindi imigambi n’ivandanye neza ayomabarabrabaca nayo azubakwa intambara yaheaze bagifashe ,bakagira chance mbi bazorinda basaza badasubiye kuyaronka sauf bayiyubakiye n’imifuko yabo muyo bariko bahabwa n’amakungu igihende gihend’amadasahurwa bitaribujane
11 Rusama 2015, 10:42, par big
Turuhuke tumusituye nimizi yose imukikije kandi birashoboka twirinde izovugo zabo bavuga iyo muhimbiri bariko batwicira igihugu erega sicase na nyina yagisanze aho komeza komeza twahejeje
11 Rusama 2015, 10:44, par placide
Ukuri ntikuzikwa niyo kuzitswe kuzikurukana ubukari nyene kubuzika ntabe akibuzibukira urugamba ahubwo rro ruratanguye abibaza KO bagiye kudutera ubwoba bateshwe bate ahubwo bamubwire nkuru ko yosokora bicoroshe
11 Rusama 2015, 11:02, par Aaron
None birahererahe? je nbona twotabaz,IMANA niyo ivuze atawurenzako
11 Rusama 2015, 11:17, par Thomas
ewe obama woreka kuronderera umuti ahatariho mukuvura igwara ubanza kuvura icayiteye none wewe 5 5=5 canke bingana 10 ahubwo hanura so wanyu areke kwitoza urabe ko tudaca turonka amahoro nne k president yagaye abarundi amasezerano yatumye tubana amahoro ntakoreko
11 Rusama 2015, 11:42, par VITAL
ABO BANTU UWABAROZE NTIYAKARAVYE ABO BATUTSI BANANIWE NA POLITIQUE NIBARINDIRE UMUTI WABO UZOVUGUTWA UWUSHAK’URUPFU ASOM’INGWE
11 Rusama 2015, 12:16, par mutabazi
None bari gutinya amatora ngo barashaka intambara. Nibafate inkoho niba barambiwe kubaho. Dans une semaine ibyabo bizaba bikemutse. Babone urubategereje aho gutesha abantu umutwe.
11 Rusama 2015, 12:21, par Sylvere
Ba Kada Karangaye Katey’uburundi, Iyo Ntwaro Yaba Dd Bananiwe N’igihugu Aho Bibiye Amahera Bashaka Ntarakwira? None Ko Nikigega Ca Reta Bakimaze Ubu Naho Bazosahura Ibiri Munzu Zabanyagihugu Nkakera Bakiri Mwishamba!!! Muragabe Ntibadusubire Basha
11 Rusama 2015, 12:50, par iratubonaww
Ibivyotsi biturirwa vyonon ibidukikij ejo d ushobora kugir ingorane zamagara yacu , non icokiringo twiyamiriz kizoba kikitumariyik? nkurunziza Siw azogir ingoran abana bacu nibo bazo bonamahano ni mumwiyamiri zataco mwononye
11 Rusama 2015, 12:56, par umututsi
wewe uteganya kwicha umutsi ibagirwa ivyabaye murwanda twarareba tuzofuma aho umututsI arikwisi hose dusiduke niyonka ata mututsi azongera kwicwa
11 Rusama 2015, 13:34, par alexandre
Abahutu muzokwa muri ibihende karakenyeye abatutse babakoreshe kimpunyi vibizimu muje ibintu rindira gato bagishikeko muzorabe ukuntu bazopfa babangaje bibwirwa benshi bikwumva benevyo
11 Rusama 2015, 13:35, par Musaga
Ivyo muriko murabigure nengo muraryihewe ekambere mukabona komuribuhangange ariko rindira ejohazoza mutangure jubibazwa amategeko yose mwiregagiza noyomuzobwirwa noneho muzocemwiyibutsako mwihenze.
11 Rusama 2015, 13:57, par pascal
mbe mutabazi ngo ngwiki,ahubwo genda ubatekeze baje irahe bagwe mw’ibuye,ibigwanisho vyiki tuzobagwanisha ubwenge muheze muguruke nk’imvura icitse.mbe wakijuju we ushaka ingwano ubwo urayizi cnk urayibarigwa,nambufise aho wizinga jayo ugumeyo woye kwifuriza uburundi ingwano atahufise wiyahure kare woye kudupfira nk’imbwa.
11 Rusama 2015, 14:43, par kana
hahah, obama urantwengeje, mbe wibazako obo bayiteguye bangana gute, uraraba barya bose muri arya ma quartier yose no mugihugu hagati uheze ufunge, aho ni ubwenge bwawe bugera ntawogushavurira
11 Rusama 2015, 14:52, par African
Uyu mutabazi n’interahamwe yamaze abantu mu rwanda ihora ibungera kuma site ya igihe.com ivuga ibigambo bitameshe namba abwejagurira he?! Byaranyobeye muheruka kera akibwejagurira ku gihe. Com yo mu rwanda ahubwo nari ntakimubonaho, niko wa mwicanyi we ibyiburundi ubigezemo ute wa dayimoni we yuzuye ingengas n’ubugome.
11 Rusama 2015, 15:16, par HATUNGIMANA Isidore
Ariko Mwabanyabujumbura Murakwiye Kwikebuka,mbega Ikiringo Ca Gatatu Niko Kurenga Amategeko Gusumba Mwebwe Muja Mu Mabarabara Mutera Akaguma Mu Gihugu?Oya Geze Ngaho Kuko Ico Imana Yateguye Gitegerezwa Gushika Muvyanke Canke Muvemere
11 Rusama 2015, 15:36, par misago
NYAKUBAHWA PAUL KAGAME president of Republic of Rwanda dutabare muburundi nluko watabaye abanyarwanda.
11 Rusama 2015, 15:56, par mutabazi
Mwe mutabaza kagame se ubu mwibagiwe Rebellion yashatse gutangiza mu kibitoke uko byayigendekeye?? Nashako yohereze abandi maze abarundi bamuhe isomo atazapfa yibagiwe.
11 Rusama 2015, 16:16, par Therence
Ndababwir Hary Boca Bava Mubarabara Twoca Tubona Kwataco Baharanir Ahubw Rero Nibagumiriz Ahonyene Kuk Ivyo Basaba Birumvikana Mbega Murazi Iyoba Mwarimuzi Twebw Abanyagihugu Bohagati Mugihugu Agahinda Dufise Natwebw Twabuze Ubury Bwokwiyamiriz Ic Kiring Kitakurikit Amategeko. Abanyabujumbura Tubashigikiy Turibesh Ahubw Tubura Ah Tuvugira Kugutiny Kugandagurw.Nibakomer.
11 Rusama 2015, 17:14, par Mouflon
Mbega abagize reta bose barabay bampemuke ndamuke?Ntamuntu numwe ari buvuge ukuri?Wawundi ngo Ntawuvugana Indya mukanwa ntiyabeshe!!PETER WE TARAMUKA BISA ABANDI!ABARI Muri Manifestation komera kumuheto incungu ntiziba nyinshi natwe Mugihugu hagati hazoteba hagera!Imana ibazigame!
11 Rusama 2015, 17:27, par Uwimanadidac
Egome Nibabankire Gose Kubera Uwo Mugabo Arinyaza Umengo Ninzu Yamabuye Umengo Ntawomukrako Nimumwankire Gos Natwe Turabshigkiye Twebwe Turi Mumahanga.
11 Rusama 2015, 17:35, par nkurumbi
eeeh iyonama igizwe na generation y’abigumiza kubutegetsi barenze ibwirizwa shingiro n’abagabo bihindukiza mw’ijambo
11 Rusama 2015, 17:35, par nkurumbi
eeeh iyonama igizwe na generation y’abigumiza kubutegetsi barenze ibwirizwa shingiro n’abagabo bihindukiza mw’ijambo
11 Rusama 2015, 18:12, par Kirinyota
Emwe abiyumvira ko imyiyerekano izohera Pita ateguye ni bateshwe bate. Agasanga ariwe muzeyeko uburaro n’uburamuko en tant que Président de la Républiqua, je vous assure, vous êtes foutus. Ba murarondera ahandi mwokura utwo murya basi. PITA DEGAGE!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!
11 Rusama 2015, 18:44, par Kundimana
Yoo abantu ntabwenge, satani yabahumye amaso arabaraba akitwengera. Aho shetani abahenda ngo nimurwanire igihugu mugitsindire, ngo ni iwanyu niho muzibera amahoro?bega ubwo shetani arabibutsa ko kw’isi hamaze kuba abantu amasinzi? Mbega ubwo uwobagarura ubwo boronka aho bakwigwa kw’isi? Kandi benshi bagusumvya ubwenge n’inguvu n’ubutwari!! Mbega ubu bari hehe? Mbega twebwe aha niho iwacu? Mbega ko tubona abubaka amazu satasi akatwereka ngo ni meza tukifuza natwe kuja mubibanza barimwo ngo tubakuye natwe twotunga tukubaka tugatunganirwa, mbega duhejeje kuyubaka ko Rurema azoca ahamagara ubwo tuzoca tumwereka ivyo twayoraguye kw’isi, ngo aryoherwe? Turihenda tuzoja iyo abandi bagiye kandi iyi ndwano turwana ngo tugomba kwigarurira isi ntaco izodufasha nitwagenda. Ahubwo rero nimuze tubwire satani tuti kw’isi si iwacu, twebwe tuzorwana dutsindire igihugu c’iwacu aho tuzoba ibihe bidashira. Jewe ndaririra abariko barapfa ngo bariko bararwanira isi, yoooo satani abakiriza yompi abatwenga ati mbega wagirango uriko utegura aho uzoba none ubu ingo ubone ubujuju bwawe aho bugera wibonereko.
11 Rusama 2015, 19:18, par ABLAHAMU
NAH, ABANDIBARYE KUKO NAWENYENE AZI,ICOYAHABONYE.NTAMWANA NIKINONO HAMA BADUHE AMAHORO:
11 Rusama 2015, 19:41, par NZOYISABA GRATIEN
UMUTI SIMYIYEREKANO AHUBWO NIBARINDIRE AMATORA TUZE TUMWEMEZE CANKE TUMUHAKANE KUKO GUTURIRA IMODOKA SIWO MUTI
11 Rusama 2015, 20:29, par neme
Barundi Barundikazi nibaza ko mu buzima.turimwo.kwisi haribwiza na bubi .imyiyamamazo yivyiyumviro vyabarundi ni ubwigenge bwabo kandi uravye ivyo amategeko turabona ko.abarundi bagira vyo.ndazi neza sinkekranya Imana irafis ico iteguy ciza kubarundi .Imana ihzagira abatungany .nyakubahwa pita nkurunziza ikibanza nkiki kitari gwiw yiteg ibindi biri mber vyiw.Yesu aracari ku ngoma ari mukuduhoza.tubandanya urugamba
11 Rusama 2015, 21:38, par Uwubizi
Uru ruterahamwe Mutabazi ntaho rutaniye na Peter n´imbonerakure ziwe.
11 Rusama 2015, 22:59, par Tout les dictateurs finissent mal
Peter nave kubutegetsi abise abandi batware,nakare ntaco yamariye abarundi atari ukwica be n’ugusahura igihugu.Peter,candidat mort!
12 Rusama 2015, 02:39, par vuganeza
@ umututsi
kw’isi hari abatutsi gusa ?
12 Rusama 2015, 10:46, par nkunzitora a.fiston
jembona twotekana mukuja mumatora
12 Rusama 2015, 18:09, par kariwabo j de dieu
mbega uwutema urwiwe ninde atomutiza umuhoro aho rero ngo nubwenge mwaronse umuhutu wese mumwita imbonerakure nimureke muvuge ko mwabitanguye kuko mutugeze mumuhogo muga uyu musi iyo mwihenda mukinjira kamenge ho mwari kubona ko atari ngaho mwimenyereye
13 Rusama 2015, 06:35, par ZABULON
PACIFIQUE NININAHAZWE TURAMUZI MU MABI YAKOREY ABANYESHUR B,ABAHUTU MURI LYCEE RUTANA.NI UMWICANYI NAREKE KUROHA ABA JEUNES.NTAZOHIRAHIRE NGO AZANE AYO MACAKUBIRI MU RUTANA.TWE TWIBANIYE NEZA NTA WURYA UGWARA UWUNDI.UWO NI UMU ASSASSIN WA MBERE TURAMUZI MU MABI YAKOREY ABAHUTU MU RUTANA.
13 Rusama 2015, 07:10, par PAPAATT
Ariko guturira no kwica siyo nzira ya demokarasi ibereye yo gukoresha, ariko nyabuna amatora. Ntaho bitaniye n’igikenye ! None ko bivugwa ko abanyagihugu isinzi batemera Nkurunziza ko yitoza ntibovyerekana mu matora maze amakungu akazoca urubanza ?
13 Rusama 2015, 14:13, par julien
je mbona twosengimana hama igafashuburundi gutora indôngozi
8 Ruheshi 2015, 22:40, par miburo
duhindure ubutegetsi biciye mumatora
20 Ruhuhuma 2017, 20:26, par CIZA MUTEBUTSI ERIC
Jew Iconovuga Nuko Inzira Zakajagari Zarenganye Ubu Hagezweho Inzira Y,ibiganiro Kuyaga Nuwo Mufitaniy Ikibazo Niyonzira Irashe Yugutora Inyshu Yibibazo Vyose Inzira Y,intambara Abarund Twarayisezereye