Accueil > Poritike > Akarangamutima k’umuhisi Bagaza (Video)
Akarangamutima k’umuhisi Bagaza (Video)
lundi 9 Rusama 2016, par
Source: Tele renaissance
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
18 Rusama 2016, 02:16, par Morodikayi Jon
Yarumushingantahe abushitse, nukuri twabuze. Ivyo yakoze ntawoshobora kubiharura, Imana imwakire mubwami bwiwe.
22 Rusama 2016, 12:30, par Nesitori
Nône Ko Imfashanyo Mu Burundi Zitakiboneka Nikubera Iki?
22 Rusama 2016, 20:10, par NYABENDA MANWERI
MUBAKURU BIGIHUGUC’ UBURUNDI ABONEMERA BAKOZE GUSUMBA ABANDI BAKOZE NEZA (1) NYAKUBAHWA BAGAZA. UWA (2) NI NYAKUBAHWA PETORO NKUNZIZA NDAMUSHIMIRA KUBWIZAYAKOZE. NUBU AKIBIKORA IMANA IMUHEZAGIRE.
25 Myandagaro 2016, 20:35, par NYABENDA MANWERI
GUFASHA NIVYIZA NOGUFASHWA NIVYIZA ARIKO ? HABWA WIHE HARAHO URYA AGUFSHA AGUHA BIKE GWIWE AGUSHAKAKO VYISHI GWAWE.
25 Myandagaro 2016, 21:15, par NYABENDA MANWERI
MUBA PEREZIDA BOSE BATWAYE ABATWAYENEZA .1 JAMBATISTE BAGAZA .2 NYAKUBAHWA PETERO NKURUNZIZA ABANDI BARAKOZENEZA MUMAJAMBO ABABISHE VYATUNYE BESHI BABONA AHOBAHAGAZE BATUNYE BABONA NIVYO BATOBONYE IMANA NUKURI NTICUGWANGONDEGONDE. NTAMACAKUBIRI NDABONA KUNTWARO YABO. PETERO NKURUNZIZA. SONGAMBERE. IMANI BAJIMBERE.
1er Ntwarante 2017, 20:36, par NYABENDA MANWERI
IGITUMA NAVUZE KO. PEREZIDA . JAMBATISTE BAGAZA. NA PEREZIDA PETERO NKURUNZIZA ARIBO NABONYE . MUNTWARO NZIZA, NTABWOKO BAKOREYEKO . KUVUGA NTAMACAKUBRI KUNTWARO YABO . IMANA IBAHEZAGIRE. BAGAZA . MUBA MUGWANIJE IYO ATEMERA KWUGAZA AMASHENGERO NTIBARI KUMUSHOBORA GUPFA NICAGEZWE .NDAHOJEJE UMURYANGO WABUZE. NIJEWE NYABENDA MANWERI BATAZIRA BIZOZA .MUYINGA RUGARI IMWURIRE...
20 Nyakanga 2018, 15:12, par Manweri Nyabenda Batazira Bizoza
Andika hano Ndemera Intwaro Ya Jambatisa Bagaza Muburundi Ntmunyagihugu Yigeze Atoteza Amacakubiri Yariyayagize Indahiro. Sebarundi Perezida Petero Nkurunziza Nagaheta Muvyiza Akorera Uburundi Nabarundi .