Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Al Sisi yanse guhuza Hamas na Israel - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Al Sisi yanse guhuza Hamas na Israel

Al Sisi yanse guhuza Hamas na Israel

mercredi 23 Mukakaro 2014

Imirwano imaze iminsi iriko irahuza Palestine na Israel imaze guhitana abantu batari bake, aho ku ruhande rwa Palestina abantu bagera kuri 636 bamaze kuhasiga ubuzima, nayo Israelikaba imaze kubura abagera kuri 31.

Izo ntambara rero zikaba ziteye ubwoba abatari bake, ndetse Barack Obama umukuru w’igihugu ca Reta zunzubumwe z’Amerika akaba yarungitse intumwa yiwemu gihugu ca Misiri, kugira aje gusaba umukuru w’ico gihugu gufasha guhuza impande zishamiranye. John Kerry akaba yarabonanye n’umukuru w’igihugu ca Misiri, amusaba ko yoba umuhuza wa Hamas n’igihugu ca Israel. Ariko rero bikavugwa ko umukuru w’igihugu ca Misiri Al Sisi, amenyesha ko kuba umuhuza bitomugoye, ariko ko umuhari Hamas atabucuti bafitaniye namba.

Mukamenya ko abanyagihugu bo muri Palestina bamaze guta izabo ari benshi cane kuva izo ndyane zisubiye kwaduka.


Aristide Nizigire

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.