Accueil > Amakuru > u Burundi > Alain Guillaume Bunyoni na Adolphe Nshimirimana babogojwe
Alain Guillaume Bunyoni na Adolphe Nshimirimana babogojwe
vendredi 28 Munyonyo 2014
Alain Guillaume Bunyoni na Adolphe Nshimirimana bahejeje kubogozwa mu mabanga yabo nk’uko tubikura ku rubuga rwa Facebook rw’ibiro vy’umukuru w’igihugu.
- Commissaire de Police Chef Alain Guillaume Bunyoni
Adolphe Nshimirimana yari ajejwe igendereza ry’Uburundi, akaba yabogojwe aca agenwa mu mabanga yandi n’ikete inomero 100/272 ryo ku wa 28 Munyonyo, aho yagenywe kugira arongore ibijanye n’ingendo mu biro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi. Commissaire de Police Chef Alain Guillaume Bunyoni akaba yasubiriwe na Anatole Manirakiza, yagenywe n’ikete ry’umukuru w’igihugu inomero 100/267 ryo ku wa 28 Munyonyo uwu mwaka 2014.
Lieutenant General Adolphe Nshimirimana akaba yagenywe kuba umukuru w’igendereza ry’Uburundi kuva mu mwaka w’2005, umugambwe CNDD FDD ugishikira ubutegetsi, akaba yasubiriwe na General Major Godefroid Niyombare yarasanzwe aserukira Uburundi mu gihugu ca Kenya, akaba yari yarigeze kuba umukuru w’ibiro bikuru vya gisirikare, nayo Alain Guillaume Bunyoni akaba imbere y’uko aja kuba umuyobozi mwishikira mu biro vy’umukuru w’igihugu yari umushikiranganji ajejwe umutekano w’abanyagihugu, ubu akaba agiye kuba kuba umunyamabanga ntayegayezwa mu nama nkuru y’umutekano.
Mukamenya ko abatari bake bafise amapete ya General bakuwe mu mabanga bahoramwo mu biro vy’umukuru w’igihugu canke mw’igendereza bashirwa mu bindi bibanza, izo ngingo zikaba zafashwe mu gihe umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza ari mu gihugu ca Senegal aho ariko akurikirana inama y’abakuru b’ibihugu bivuga ururimi rw’igifaransa.
Aristide Nizigire
Messages
28 Munyonyo 2014, 11:22, par Paul Sinzi
Ce petit voyou, bandit de grand chemin .
28 Munyonyo 2014, 11:22, par Paul Sinzi
Ce petit voyou, bandit de grand chemin .
28 Munyonyo 2014, 11:23, par kamenge
reka basha bavyumvikanye uko s’ukumubogoza, amuhaye akanya keza ko kuja kurya ayo banyuruje yongere amukingire ivyo yokwirikiranwako
28 Munyonyo 2014, 12:01, par Sivyo
Abagumiza hafi yiwe, ntagihindutse
28 Munyonyo 2014, 12:14, par ciza
ico nico bita imitwe, politike mwa bana mwe.
28 Munyonyo 2014, 12:22, par kaheze shukran
Ok akazi karacari kenshi kabisa kuko abo gukura bacari benshi cyane wenda bafit’ibiharuro byabo bya politique iboz’inyo, batanazi, kimwe abavug’ayamuhe nimuvuge uwutem’urwiwe bamutiz’umuhoro, uwukiz’isemu yibagir’icamwirukanye, wanka bangwe ntiwanka zana.....?wirukan’umugor’asura Ikazana Uw.. ......?excusessimperaheje intare urayihongora amenyo ahakabiri akariha gusumba ......?ubitigu burageze imbwa yahiye k’umurizo ngo birakeye. ......?abo bahutu narabarahiye naho badusambagura nabone bazosaza bisambiriraho nk’ihene! !!!!!Imana!Imana nynyen’amahoro n’izigam’Abarundi ataco ataco biyotsa n’Igihugu cy’Uburundi. Murakoze.
28 Munyonyo 2014, 13:35, par joh
babonye amabi uwo mugesera yakoze mwi perereza ko atanijwi narimwe bazoroka ariko baribisha abishwe barazi muburundi bwose nawutaziko akirogoye igendereza habaye amabi meshi wubwo batombore ubwo buruma bategura mumatora bukunde nayo ahandi ho amashamba y imbw arahiye sindababesha
28 Munyonyo 2014, 15:49, par rumuri
ahahahah ngo babogojwe bigenda gute ngo abanyamakuru mube ibi juju bigeze aha umuntu abogozwa gutya ?
28 Munyonyo 2014, 16:03, par Ben
Guhindura Nivyiza Ivyo Bahora Bamwe Babagiriza Ngira Abo Bashasha Bagiye Gukora Neza Amatora Aze Agende Neza Imana Ibafashe
28 Munyonyo 2014, 18:51, par NDAVUGASIMVURA
yari yaratevye mugabo nibaza ko ariko ahuma amaso amakungu, uko biri kwose bakiriho ico nzi co cour penale irabarindiriye bitebe bitebuke .
28 Munyonyo 2014, 19:24, par Gateka
Baribesha kabisa.erega bugiye guca.nimbwa.com
28 Munyonyo 2014, 20:01, par Twaje
Umutwe wiyinkuru mwaywanditse nabi ntibijanye nivyodusomye, kuko umutwewiyinkuru uwusomye uteyubwoba, ariko usomye ivyanditse mumutumba munkurunyenizina birahumuriza, murakoze.
28 Munyonyo 2014, 20:23, par Louis
Ntaco muba murangwa n’umwizero muke. Ico nzi co n’uko Peter Nkurunziza atari ikijuju muvya politique,murundi yagerageza.Wewe uwohagushira dufate ko uri umuhutu wobigenza gute? Wokwirukana burundu Bunyoni na Adolphe?
Ariko rero, shima nivyo burya iyo n’inkebuzo y’abahaye y’ukutabandanya gushaka kugenza ivyigihugu nkuko umenga n’itongo ryabo bwite.
Ndangize nizera ko nimiburiburi pression bamugirako mubijanye n’ingingo z’inguvu nyamukuru z’engagea le peuple burundais igiye kugabanuka, kandi ubwo nyene nabone atabahaye ibibarya.
Yafashe ingingo iri hagati na hagati, n’umunyapolitique pe!
28 Munyonyo 2014, 20:32, par joycer
iyo n’imitwe yabo .ariko twaramenye ukuri kandi muburundi hazoba amahoro igih abansi bayo bazoba bakuweho.barundi humura uhoraho azohindura ibintu for that don’t worry our lorld will make us in freedom.jesus dead us all.
28 Munyonyo 2014, 20:40
Nta co yahinduye
28 Munyonyo 2014, 21:51, par burakeye
Iyo ni politique sha,mbe yibaza ko abarundi turibijuju?!babonye ko mumatorabarya bantu bazwi nabi none abanyegeze hama bahende abarundi bibagire ivyobakorewe nabo bamenja hama babatore.ahubwo narabe iyabahamba sino tuzobarondera ahobazojahose.izombonerakure zozo ntizize zihungire muribi bihugu bibanyi kuko bararindiriwe.giramahoro
28 Munyonyo 2014, 22:22, par pati
baca umugani mu kirundi bati:"abanyabwenge babiri bokeje inyama bayirya idahiye"
29 Munyonyo 2014, 00:00, par Nzojiyobiri
Barayamaze bati buke buke nirworugendo, nkurunziza ivyoyakoze ntabwaribibi,kuko nuko yabonyeko babangamiyigihugu hasigayeko Imana nayo ibarengutsa bakayisigurira ivyobakoze!!
29 Munyonyo 2014, 00:09, par kibwa cubwami
Hahahahaha baracerewecane gose gusa aho muraba maso abarundi kuko hamwe bosubira gutwara vyoba amazi!!! kubera aho bashaka barabeko mwobatora iyo nimitwe ya cndd ahubwo iyo abafunga naho bakiri aho yabasije.ntaco yakoje gusa aho bashaka barabe komwobizera muteko mwibagire amabi bakoze ivyo bakoreye abarundi ntawovyibagira abiswe nabo barahagije hasigaye igihe gito tubatere ingungu ivyo bazi barazi gusa ico bomenya abo ba dd nuko bomenya ko uvumwa nabenshi ugatota iyobava barazi gukorera ikibi abarundi. Bazohava ntamvura idahitaaaa hasigaye amezi make imana izobadukurako abarundi twaragendeshejeee
29 Munyonyo 2014, 00:47, par Hi
Bamureka imitwe bagabo!!aho mugomba kubacamwo!!
29 Munyonyo 2014, 01:45, par Eagle Mpawe
Politique y’Iburundi irigutera intambwe just abarundi benshi badakubiswe inkoni ntibemera nta na felicitation muhaye President wanyu uretse gushinyaguza!president Peter Nkurunziza kuva aja kubutegetsi yamanye vision Nziza uretse ko yabuze abamufasha.Mbe mwe mwibaza ko Uburundi buzohava burongorwa na Malayika avuye mwijuru?
29 Munyonyo 2014, 06:02, par emmanuel niyondiko
emwe ivyabo tubirindire abarundi twaramenyere guhendwa ariko icar kuza imbere bokwihanye imbere yuk bategura amatora ya2015 imana ibabarire intwaro yabo.
29 Munyonyo 2014, 06:20, par emmanuel niyondiko
abarundi baz dusenger ubundi kuko igiti ntikigukor2 kiba gishaka kurimena. tube maso.
29 Munyonyo 2014, 06:27, par fgh
tbirabira hafi
29 Munyonyo 2014, 07:07, par Nana
None nturi burakeye? ihanganir amajambo mugenzi bubanzebuce kuko ntawuz uwo bukera neza. nayo kuronderwa, mbona mukanuye mwese ntawuz nib arimbonerakure cank ababakeneye uwuzorôder aho yihamb uwariwe. abavuga nkuko ntaho bahuriye na mandera. oya pé.
29 Munyonyo 2014, 09:50, par sivyubu
iciza kiribagirwa ariko ikibi ekaye abashira mwijuru cahe muri ocean ikibi kizwi nabahuye nabo.ntambeba ikizwa.
29 Munyonyo 2014, 13:06, par nyanziriye Augustin
reka turabe ivyobazokora ushobora kuba arumugambi wa cnddefdd woguhuma amaso amakungu ntakibera ubusa babonye ko hageze kobasarura umwe wese araba inyungu azokuramwo kobabakura babaha ayandi mabanga ntabandi
bakoreye umugambwe boshobora gutwara? imana iborohereze
29 Munyonyo 2014, 18:49, par jerado
don’ t
keep on judge person but let Yah do that!
29 Munyonyo 2014, 21:35, par philbert
Mwa binyamakuru muze mumenya gutanga inkuru mu kirundi ciza!! Mpagaze kuri mwebwe nyene "igihe"
30 Munyonyo 2014, 00:00, par Nikobiri
Amakuru dukura ahantu hizewe aravugako Peter yabujije Adolphe kwinziza interahamwe mu burundi ariko akanana hama Petero agira ishavu none raba aramuhinduye. Ikindi mwomenya nuko ONU iriko irimura izo nterahamwe izikura muri kivu ku rubibe rw’ u Rwanda na RDC ibajana KISANGANI aha rero ntawabura kuvuga ko umugambi wa Adolphe wo gutera u Rwanda uheze. none azava mu biro gutegura ingendo za peter ashobore gutunganya ibitero ku gihugu kibanyi? ?? réponse est clairement négative ou mission impossible. niyaba naho azobandanya uwo mugambi il devait connaitre la dangerosité qui sera dans cette mission
30 Munyonyo 2014, 05:05, par bayubahe Emelie
Reka bashinyagurize président,nuko i burundi harangwa démocratie yuzuye pe!aho umuntu avuga icari co cose yiyumvira ku bategetsi b’igihugu nkaho umengo n’abantu basanzwe,abarundi barataye imico ntibubaha abategetsi,urazi mu rwanda wihenze ukavuga nk’ivyo woca umenya iyo uja.Reka guca imanza ,hari umucamanza wa twese azoza,ariko turindire "la pêche de gros poissons,ni vyakunda azoba ari kumumbiw’imana,yamarabaratwivyukanije,reka kuvuga vyose,ntusange umenga muriko murabakebura!Kuko ngo urucira mukaso rugatwara nyoko.
30 Munyonyo 2014, 05:45, par Vyizigiro
Ngo Bakora Basenga? Reka Abarundi Turindire Dusenga,Umuremyi Wenyene Niwe Ahindura Ibintu,ivy’abantu Vyo Ni Ivy’abantu Nyene? Siko Se? Let’s Look Forward!
30 Munyonyo 2014, 06:01, par emmanuel
birababaje kubona bihutira guhindura inzego kandi abanyagihugu bishwe ninzara kubera obr ahu umuntu ahitamwo gusesa utwo yaranguye bakundwa mudutwara sukubanka n ukubakebura tunegura ibikorwa bimwebimwe ahangirako negura abashikiriza inkuru zirimwo ibitutsi iterabwoba nibindi ntakamaro tanga inkuru. namweneyo asoma akayiyumvirako thank you let the lord being care burundi and burundian’s peace and love come back to our country
30 Munyonyo 2014, 07:20, par Prince
Nibaze benshi turazi inkuru y’imvura n’umurimyi kuki turira ngo babogozwe mumabanga yabo kuvyo bakora babishikako bakabakura tugakoma induru ndabonako n’abanyagihugu bamwe bamwe dufise uruhara mu mutekano muke mu gihugu
30 Munyonyo 2014, 08:15, par bigirindavyi
Ntibabogojwe bahinduriwe amabanga.mubitegere neza
30 Munyonyo 2014, 09:50, par John
Vision yo kwica kwiba no guturira amasoko murahumba ba twarabamenye.
30 Munyonyo 2014, 16:23, par amakara
Jandajanda Peter nayo abavuga aya muhe ngo wabogoje inzego nuguta umwanya.nkubu ntiwoca ugira Adolphe candidat presida hama tukaraba ko abatutsi batiruka bakatubisa mugihugu cacu.urazi akajagari kabo be na societe civil zabo.
1er Kigarama 2014, 01:04, par Rwagasore
wewe Makara, wibaza kodusumvya akajagari Nyangoma yavuzengo habaye genucide mumicungararo ya Tanganyika kandi ntamurundi womubwoko bwaribwobwose yigeze anakomereka? bamugenda iyotwese abatutsi twahitamwo kubananiza abahutumwese mubamwaratekejwe tukagisigaramwo nkukovyamye kera nubwobamye muribenewacu babatutsi bagishaka kwigarurira igihugu nkakera ndaziko abatutsi beshi ko twamazekubona iyodukomeje kugendera kuvyiyumviro vyagitutsi abahutu babigiriramwo ingorane kandinatwe abatutsi ntizidusiginyuma, twaragiriwubuntu ubu hariho abahutubeshi nabatutsi beshi twiyemeje gusatanamunda tuzokwame duhangana nabashaka kudusubiza murikahise kabitwabayemwo imyaka mwishi, ndaziko abahutu mushatse kudutoteza vyokunda ariko vyobagirako ingarukambi, natwe abatutsi twongeye gushaka kubatoteza vyokunda kukotwese twocadushigikira amashirahamwe yacu akora gitutsi mazetukabatseza amakungu, ariko vyotugirako ingarukambi natwebwe abatutsi. Twariyemeje kubana abahutu nabatutsi nabatwa uwuzoshaka kudutandukanya tuzomurwanirizahamwe turamokoyose turamokoyose ubonako abashaka kudusubizinyuma bavamumokoyose kandababarwanya barimumokoyose, yotwavyibuka kugirurunani nkuru mugihe ciyicwa ryanyakwigendera Ndandaye abeshi ntituba twarapfishije abacu nkukovyagenze arikotwaremeye twumvira abaribabaye nkabasazi mazebidukwegera amarira nimiborogo.
1er Kigarama 2014, 09:51, par KADAFFI
NKURUNZIZA PETER twomushimira kubera ko yaciye intwaro yigikenye nicenewabo abo bavuga bazovuga bazosarara SERVICE DE RENSEINGEMENT N’IGIPOLISI BARAKOZE IVYO BAJEJWE.
1er Kigarama 2014, 17:00, par yussuf
guhindurtirwa amabanga n’ibisanzwe. kandi bibaho! abo bavuga aya muhe ntibabasamaze.
1er Kigarama 2014, 18:07, par lion
Ndibaza ko ivyo bifite intumbero yokubigira
1er Kigarama 2014, 23:56
nimugumane ingoma basore bacu.mumaze guhaga hagiyeho bashasha bogitemvya bigakomera kubwivyo mwebwe ni mukomere
7 Kigarama 2014, 10:58, par desire
Ha ntaco yokoze!hama aramatoranayo bazotugirankambere!
27 Ntwarante 2015, 21:44, par Abel
Adolphe Yarakwiye Kwihana Nayahandi Na Shetani Izohava Itamwakira
4 Ndamukiza 2015, 00:08, par JOHN
UWUTAZI IVYISI AVYITA RWIWE.
15 Ndamukiza 2015, 01:38, par Jackson
mushinge imizi mu gihugu cabibarutse
24 Ndamukiza 2015, 11:12, par rupfu
baragakoze mugabo IMANA izobah’impera bakwiriye
25 Ndamukiza 2015, 18:11
TUYIZERE Reverien
25 Ndamukiza 2015, 18:13
TUYIZERE Reverien NIVYIZA KO VYASABWE NABO MUGWEGO GWOHEJURU
15 Rusama 2015, 22:29, par General Niyombare
Ndabanshimiye Kubona Umukuru W ’igihugu Yagaruse Amahoro Murakoze
19 Rusama 2015, 19:38, par SIBOMANA EMILE
TURABE NEZA ABARUNDI NTITUBABAZE IMANA NTITUZOHAVURE TWISHIKANA ARUKWO IKINYAMUGIGIMA GITEYE UWUSENGA NAKOMEZE ASENGE AREKE GUKOMEZA IMIGUMUKO IMANA NTITUYIRUTISHE IMIGUMUKO
20 Rusama 2015, 10:15, par rosa paula
reka abo bategetsi bacu imana yaduhaye bajandajande sha badukuye habi eka niyo bokora agakosa ntakibazo kuko basokuru barayamaze ngwigito gitabwiwabo nibirambire badukuye habi mwabahutumwe ba mushiragatima mpembeo mwibuke akakera mushigikire president nabafasha biwe bumutima
20 Rusama 2015, 10:39, par rosa paula
je félicite les militaire qui ses sont donnés corps et ame enfin de proteger le pouvoir de notre cher president
27 Rusama 2015, 10:11, par Meshack
Nyakubahwa,umukuruwigihugu’ndaziarakunda,uburundi,nabarundiniyiyumvigishingantahe-ahebeimandaya(3}abarundibarekeguhunga.
27 Rusama 2015, 16:38, par Ndihokubwayo Godefroid
Abami Ba Istraël Barongora Igihugu Neza Kuko Bagendana N’Imana Natwe Dukwiye Kubigirako Niho Amahoro Yoboneka.
2 Myandagaro 2015, 17:25, par Abdul niyonzima
Turavye ukungene igihugu cacu c,ubundi kiguma gisubinyuma umuPresident agiyeko azokoreshe neza amahera aronka igihe ciwe kigeze ahereze abandi.
2 Myandagaro 2015, 18:42, par Tade
Kotwumvako General Adolphe Yishwe Vyoba Arivyo?.
2 Myandagaro 2015, 18:42, par Tade
Kotwumvako General Adolphe Yishwe Vyoba Arivyo?.
2 Myandagaro 2015, 18:43, par Tade
Kotwumvako General Adolphe Yishwe Vyoba Arivyo?.
2 Myandagaro 2015, 20:57, par ILDEPHONCE
NONE TWOKWEMERA KONYENE BAMURASHE?
3 Myandagaro 2015, 17:25, par image
adorofe
6 Myandagaro 2015, 19:48, par Adorofe
Vyagenzegute
8 Myandagaro 2015, 21:30, par Munezero
barakamubogoza
16 Myandagaro 2015, 07:38
NTAMUHINGA WISI
21 Myandagaro 2015, 20:09, par K6K6
Ntakund Uburund Burahomvy Intar
19 Gitugutu 2015, 19:15, par JONAS
NTAKUNDI NIBIHANGANE
15 Ruhuhuma 2016, 13:46, par BIRAGOYE
IYONKURU NINZIZA TURONDERERE NIZIND
28 Ruhuhuma 2016, 11:28, par mukeshimana
jenelale yarumugen zi
9 Rusama 2016, 19:47, par ADOROFE
Imvayiwe
24 Ruheshi 2016, 21:20, par Nzambimana Innocent
Nukur Vyob Vyiz Kand Umukuru Wigihugu Yabahay Abona Ko Babishoboy !