Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amasendikay’abakozi asaba Sendazirasa kwisubirako ku ngingo yo gufuta (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Amasendikay’abakozi asaba Sendazirasa kwisubirako ku ngingo yo gufuta (...)

Amasendikay’abakozi asaba Sendazirasa kwisubirako ku ngingo yo gufuta SYGECO

vendredi 8 Ruhuhuma 2013

Kuva aho bafatiye ingingo yo gufuta sendika y’abadamdaza SYGECO iyo ngingo ikaba yafashwe n`umushikiranganji wabakozi ba Reta umupfasoni Annonciate Sendazirasa, ayandi ma sendika yari yakoraniye i Gitega kugira aganire kubijanye na poritike ijanye n’imishahara mu Burundi barantanganjwe n’ingingo yafashwe n’umushikiranganji w’abakozi ba Reta.

Nk’uko umupfasoni Eulali Nibizi arongoye sendika y’abigisha STEB abimenyesha ngo umushikiranganji w’abakozi ba Leta ntabubasha afise bwo gufuta sendika iyariyo yose, kubwiwe amenyesha ko SYGECO yokwitura ubutungane kugira bwihweze neza ico kibazo.

Arongera akamenyesha ko batakurikije amategeko aca asaba umushikiranganji abijejwe ko yoraba isubirwamwo ry’iyo ngingo.

Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike ahurikiye mu runani FORSC nabo bari basavye umushikiranganji Sendazirasa ko yohagarika iyo ngingo.


Grace Irimbere

Messages

  • ngo nije kwitura ubutungane??bukoreshwa na nde??baragenda nibatsinda nzoba ndabireba!!reka reka irya ngingo sendazirasa ntiyayifashe wenyene burya vyavuye hejuru bitwereka ibintu vyiinshi nkabanyiguhu ubu dushobora kwemeza ko leta ifise uruhare muguturira isoko!!ivyo banka turabibona kndi nivyo bagamije turabizi ntibatwara intama ivyovyo babimenya mugabo saba Imana izobahe igihano gikwiranye nivyo bakora.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.