Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike:Ibiganiro vyobera hanze (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike:Ibiganiro vyobera hanze (...)

Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike:Ibiganiro vyobera hanze y’Uburundi

samedi 11 Mukakaro 2015

Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike amenyesha ko kwigiza inyuma amtora y’umukuru w’igihugu kw’igenekerezo rya 30 Mukakaro ata nsiguro bifise mu gihe amatora y’abajenama b’amakomine n’abashingamateka yabaye kw’igenekerezo rya 29 Ruheshi atofutwa.

Mw’itangazo ryateweko umukono na Vital Nshimirimana arongoye FORSC kuwa gatanu igenekerezo rya 10 Mukakaro,ayo mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike asaba ko ikiringo co kuva kw ‘igenekerezo rya 15 gushika kurya 30 Mukakaro koba akaryo k’ibiganiro vyoshikana ku kirangamainsi c’amatora abaye mu mahoro,mu muco kandi yizewe na bose,cumvikanyweko na bose.

Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike yibutsa ko inama y’abakuru b’ibihugu vyo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko yamye ishira imbere ibiganiro,naho nyene bitariko biraja mu ngiro.

Ayo mashirahamwe amenyesha ko irekurwa ry’abapfunzwe bagirizwa kugira mu myiyerekano,kureka guhagarika abantu,iyugururwa ry’amaradiyo yigenga,no gushiraho umutekano ku bakuru b’imigambwe n’amashirahamwe yasavye abanyagihugu kuja mu myiyerekano vyofasha mu gutunganya ibiganiro vyiza.

Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike amenyesha ko ari ngirakamaro ko umuhuza atunganya ibiganiro hanze y’Uburundi,hizewe ko hari umutekano ukwiye.

Ayo mashirahamwe arangiza amenyesha ko atazokwigera ashigikira ico cose coza giha uburenganzira umukuru w’igihugu bwo kwitoza ku kiringo ca gatatu,akamenyesha ko yiteguye guharira kuri ico cose cotuma haba amatora meza,no kwaka ibirwanisho urwaruka rw’imbonerakure rwegamiye umugambwe CNDD-FDD.


Van Naris Mugisha

Messages

  • vital nareke kw’iyita uwudaharanira ivyicaro vya politique kandi yagiye mubateguye imyiyerekano ngo yanka mandat 3 ya Nkurunziza suko ahakeneye niyere aze tuje mumatora ko avugira benshi.

  • jew naho ndumu dd ayo mashirahamwe ndayashigikiy naje ivyo peter yagiz sindavyemera arab yikebuk vyas tuzoja gufasha niyombare

  • jew naho ndumu dd ayo mashirahamwe ndayashigikiy naje ivyo peter yagiz sindavyemera arab yikebuk vyas tuzoja gufasha niyombare

  • mbe vital ntaharanira inyungu za politike?nne ko ivyo bipfuza guharira na leta bitanga inyungu za politike wumva bakiri kuntumbero yabo?hoho ahuriyehe nabateye mu kayanza?erega amaraso azoseseka nay’abarundi.kuki bo batinya gupfa bakinyegeza kugira ubuzima bwabo nababo ntibuhungabane?nne intambara niwo muti?mbe bashaka uburundi bumere nka somaliya canke libie ou bien soudan?mbe abo bazokwomora kubutegetsi nabo bazoca bajahe?ko nabo bafise inkoho?mbe hoho uwuzogira ikimugoy muri kazoza kugihugu inyishu ninkoho?nibareke kutwica kuko twese dukeneye kubaho.

  • vyose bisohera basha,none abana bacu basize ubuzima muri iyo migumuko mwahamagaza bazobazwa nde? barya mwaturira babona bazobazwa nde? Gusa IMANA yonyene niyo mucamanza utabera.

  • mwabanyeporitike,kugumamuvuga amajambo ntanakimwe gihinduka,nimbamurimwebwe muziko hari iyaturemwe banzemwihane hama mwemegwe Nimana Ibisigaye Murondera Muzobiherwa Ubuntu!Shirimbere Iyabaremye Amajambo Ntakimazi,korere Kwijambo,apana Amajambo,

  • Komera mutama ntabindi mfise vyo kurenzako!

  • ko wasama ugomba kuturya? mwebwe ntajambo mugifise?

  • Ibiganiro naho vyobera i buja ntacopfa.

  • Mwarasaze ahubwo imingambi yanyu yarahinyutse.Tuzomutora Peter azobatwara gushika .Intwaro ya batutsi yararagiye kiretse muvyaye nkabahutu mukarwira.ataruko nta gihungu muzotwara .

  • WAMUGABO WE, TWEBWE ABENEGIHUGU TWARAGUHUNYUYE KATANEZA WIPFURIZA IGIHUGU N’ABENEGIHUGU. BURYA ABARUNDI UMENGO MWARAMAZE KUTWITA IBIJUJU !BURYA NTIWORUNGIKA UMURYANGO WAWE AKABA ARIBO BAJA MWIBARABARA MUGAHEZA MUKARONKA IVYO MWIPFUZA?BURYA INYISHU ZIBIBAZO UFISE KUGATWE KAWE ZIZOVA MWIBARABARA? RINDIRA UKURI KUZOJA AHABONA GUKO BURYA IVYOMUKORA MWITWAJE MANDA Y’UMUKURU W’IGIHUGU NIBIBI NTIBIZOGENDA ABITABAKURIKIRANYE?MBEGA ABO MWITA ABENEGIHUGU BASHIMA IVYOMUKORA NIBANGAHE BABASHIGIKIYE KIRETSE ABOMUHENDESHA AMAHERA NGO BAJE KWICA N’UGUSAMBURA IBINTU VYIGIHUGU MWATURAMBIYE PE!

  • Peter Nkuru ntazotwara abantu bazima, ahubwo azotwara abapfuye! Ariko nabo satani ntazomwemerera kubatwara, bazobarwanira!

  • DUSENGEMANA NELLY JOELLA

  • Abahutu ni 90% mugihugu none twicare twemere ko 10% z abatutsi baduhagarareko pe!! Ndakurahiye tuzobikura ko, Peter naramutoye le 29 igikumu cari kunkona,ngirako ntumira namwe Ntumva za Batutsi gusidukana niyonka le 30 kumutora,uwupinza iyi message FUCK HIM

  • ico ciyumviro nico ,abakuru b’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya politike bahamagariye abanyagihugu kuja mu myiyerekano yiyamiriza ikiringo ca3 ca Nkurunziza nibacungerwe umutekano hanyuma abagiy mu myiyerekano ni bareke gusohora imitahe ibafata kuko ari uburenganzira bwabo guhagararira amasezerano ya Arusha n’ibwirizwa nshingiro.

  • Komera MUTAMA Vital uwukwanka akwandureko turagushigikiye wewe urumugabo udatamikwa ijambo,gusa urabe neza ivyo binywamaraso ntibiguhitane twoba tugowe,banka bemera bazovako kuko ntabwo barusha inguvu KADAFI ,IDIAMIN,...etc...

  • Komera Mutama ,mwihoze izomburakimazi ivyo binwamaraso bibatyoza ivyo mukora abarundi bumutima turabishima ,ariko izonyankaburundi zarasiye abanyagihugu bari mumyiyerekano bamanitse amaboko zikabarasa mumugongo bariko barazihunga,muzihoze mbega aho bitamba kumivyimba abo bagandaguye ngo barikugatwe kizontore ,bazoja kugatwe ka nkurumbi nigipoli ciwe nimbonerakure ,uwuvuga ngo abenegihugu twarabahinyuye nabe yivugira kugatwe kiwe ntamatora arakoresha yogutora uwuvugira abanyagihugu bose ngo abone ko tumutoye nabe yivugira avugire nabo basangiye imigambi igayitse

  • Abazi gutandukanya politic na civil society muzatubwire aho uyu Vital atandukaniye n’abanyapolitiki basanzwe. Simuzi ariko numva amagambo ye ateye ubwoba.Yahariye abarwanira ibyicaro bya politiki bagahangana hagati yabo naho we akarwana k’ukuntu abanyagihugu bagira amagara mazima hamwe n’umutekano.

  • burya ndahaye mbona ko ak’abahutu kasheshe...mbe mwahinyuye bande mwabijuju mwe?uwavuz ko ubwenge bw’umuhutu buri mu nda ntiyibeshe..kuko ayo mateshwa muriko murangatwa mudedembera aha hazogera aho akama..ikindi kandi ntimwitwaze ubwinshi kuk mu kanya gato tuzosigara tungana...kari akagohe,sindi masaho aroka amagoma,ivyo dukora muzovyibonera.

  • ewe vita tekereza twaraboneko mudaharanira ivyicaro vyaporitike,mukutumarira abacu mubaturirira mumapine.ahomwogiye hagati mukigisha ingene abanyagihugu botora ubigisha,kwica,mbega kuvugako imbonerakure zifise ibigwanisho umbonera arizo zirara ziratera amagrenade kumurango nomwijoro.sabo mwahaye ibigwanisho,asamagose ayomanwa uwoyateramwo ibombe,cha wewe numwana nzosiga.namwe bagumyabanga mwese komera kwibanga,mwivune izontumva zibasotoye.nawe pasifice na vitar nimuhebe kwica abarundi kubera ntantambwe muzotera kirapanzwe neza,

  • Vital Ashikirije Iciyumviro Ciza Cane! Gusa N’uko Nkurunziza Yamaze Gufata Ingendo Yogushira Mw’icupa Abanyagihugu.

  • mbe baserukira bande..? nubu vital ntaraza yemera ? mbe yoba aserukura ibice vyatoye canke abatatoye. niyasanga abo aserukira aribo benshi ijambo ryiwe rizokwumvikana. asanze naho ari bake azoce araba ico democratie ivuga. kuvyibigwanisho naho; abo bateye ikabarore boba ari imbonerakure? twarabahinyuye!

  • turabarintiriye ahamuzonzanana hose turihose mugihigu cose

  • Aho rero ashaka ibiganiro vyamagaburanyama? Mbega ashaka babarekure kugira babafashe kurasa? Ehe ayo menyo umenga n’ifuku yafashwe n’umutego,mbe Vita urazi insiguro yizina PETERO sha bura mumuvinyuma imana irabahumira bidatevye kuko ndibaza akarorero wakabonye i Kabarore. UWUZORUKARISHA RUZOMUMWA.

  • Bwa Bworo Nk.Amenyo y,imfuku Arazutse Gayemwe Furirirayo Mbe Aho Muvuga Ngo Ibiganiro Bibere Hanze Y,igihugu Ntimuri Muburundi Canke Nimwe Mwinjiranye Mu Kayanza Mwabonye Ko Abanyagihugu Batabagomba Ca Gisoda Muvuga Ko Kibashigikiye Mwabonye Umuti Babavugutiye Muzosubire

  • Wa mututsi amenyo yafuk mb aho uvuga ngo ibiganiro biber hanz ushka muzoz kuriha amahr yayand abo hanz babah mubahenda ngo muzobah ubutar hamw nibitora abatutsi twarabahinyuy

  • ASHA BURYA MUBURUNDI TURACAFISEMWO IBIJUJU VYINSHI! MWE MWESE MUCITWAZA IVYAMOKO MURAHUMIWE KUKO MUZOTANGARA MBE AHO MWIVUGISHA NGO ABATUTSI IVYABO NGO MWARABIHINYUYE MWUMVISE ARIBO BONYENE BIYAMIRIZA IYO MANDAT ICIYE KUBIRI NAMASEZERANO YA ARUSHA? MBE KO MWAMEREYEKO AMENYO ABO BATUTSI B’IMANA MBE KO MUTINYA KUMVUGA JEWE UMUHUTU WINDYAMUNYU ABUSHITSE NA MON GENERAL GODEFROID ,NA PIE NTAVYOHANYUMA,NA NYAKUBAHWA NTIBANTUNGANYA,NA NYAKUBAHWA RWASA,NA NYAKUBAHWA GERVAIS RUFYIKIRI,NA NYAKUBAHWA CIMPAYE,NA NYAKUBAHWA RWASA,NA NYAKUBAHWA HATUNGIMANA LÉONIDACE,NA NYAKUBAHWA HUSSEN RADJABU,NA NYAKUBAHWA NZOBONIMPA MANASSE EKA N’ABANDI BAHUTU ISINZI NTARINZE KUVUGA AMAZINA! ABWO NIMWE MWAHINYUTSE MWABAMENJAMWE MWABICANYIMWE MBE MUHENDANDE KO NUMUHUTU ATARI MURI CNDD-FDD WESE MUCISHA KUBUHOMBA SHA MWARAHINYUTSE NARIRYA IYO NYAKWITWA CNDD-FDD YANYU IZA YAHEZE ISAMBUKA KUBERA YUKO UWUSHIKIRIJE UKURI WESE KUVYA 3ÈME MANDAT INCONSTITUTIONEL WESE MUCA MUMWIRUKAKO SUBIRA MURYOGORE MWABIGUGUMWE MWIYITA ABAHUTU UKAMENGO MUSUMVYA UBUHUTU ABA BANYACUBAHIRO NANDITSE BOSE! MWEBWE TWAMAZE KUBAHINYURA MWE IMBONERAKURE MUGOMBA KUBAHO MUDAKORA NGO MUZOTUNGA NIMITSI Y’ABARUNDI MUKUZA MUBARARA KUMUGONO ASHA RORERA GATOYI BUCA MUMARAMARA!

  • jew ngomba nibarize uwo mugabo yiyita ngo ntaharanira inyungu za politique none wewe nye vital nabo mucuramitse imitwe ni mitima hamwe muharanira iki?? wibuke!!wewe nyene amaraso arikumutwe wawe wibuke imodoka zaturiwe nawe wibuke abanyagihugu waturiye wewe nyene!-mbe burya aho mwiyita abanyabwe atanubwo mukwaha mugira guhenda anegihugu gusa abanyagihugu twarakanuye mwarahinyutse sha.

  • None abo bityaza ivyamoko, ivyo vyose ntibiba abantu baravuze. Nkurunziza ntibari bamubwiye ko asubiye kwitoza ubwa gatatu azoba akwegeye igihugu. None abo batutsi muvuga, ntabe yareka kwitoza ubwa gatatu tukaraba aho baca. Reka kwitwaza amoko ahobwo ni imwina w’ubutugetsi, imyaka 10 yari ikwiye kugira abise abandi, iyo niyo democrasi.

  • uwobinaniyeweseavugangoikiragokiranyereraahubwovyabananiyeimbonerakurenizozagiyemunywiyerekano?nibobafatanyevyabirwanishomucibitokecankenibobirirwabarateamagerenadeuwikekamabingaabayarwayembomoretayotavitarinkinkozizibibiavugaimbonerakurentavugeabomurayomashihamweyibeshangontaharaniraivyicarovyaporitikearibobirirwabateraamagerenadebicanabantu !Imana! ibashe

  • Nomuburundi Ntakibaz Gusa Dukeney Amahoro Muburundi

  • Ivyiki gihugu cacu biracatugoy! ko mbona umengo ingimba niyo cane cane igomba gushirwa imbere!e mama bamw ngo kuganira ngo nugusubira i ARUSHA,mbe ntaco yamaze? abandi ngwintwaro tuje kuyisenyura bunonyene kunguvu nkuko umengo ruritaha! muraza polepole ababizi barabizi. tuzokizwa nokwicara hamwe.

  • oya mwebwe buke- bike nuko tugenda turabahinyura!!!! basi kina politique kumugaragaro birangire tugutore

  • hahha ntabiganiro, vyabahuza bizozana amahoro mu gihugu uko nugutakaza umwanya wagusa,ikiraje ishinga abarundi sugukwigizayo amatora ni 3eme mandat ya Peter itarekuriwe n’amategeko,ntakwaka ibirwanisho imbonerakure kuko batakibaho basigaye barambitswe uniforme zigipolisi,nta nterahamwe z’abanya Rwanda zigihari muburundi kuko zambitse uniform za gisirikare..peter nkurumbi ntarota asokoroye candidature,yaramaze kutanga sacrifice abarundi bagiye gupfa...umuti uhari nuko isi yose yomwiyamiriza bagakoresha imbaraga za gisirikare bagafasha abari mwishamba bagatera bakamutuza n’abo baja biwe bose,maze bagapanga bishasha,igisirikare gishasha,igipolisi gishasha,ataruko ako karere kagiye kuzogira ingorane nyishi zitagira uko zingana munarokoze

  • Twarambiwe na bamw bamw.mu Burundi amatora yegejwe imbere canke hasigaye igihe gito abe hacahaduka imigwi itera igihugu tugahomba abacu nivyacu.nubu nivyo mwiboneye mu ntara ya KAYANZA no mu ntara ya CIBITOKE. None tuvugeko kwegeza amatora imbere kohaba harico biba bigamije ku BURUNDI?Ababikora mwikebuke kuko nta ntambwe irimwo.<mbwiruwumva numwana w’Umurundi.>

  • mwabgabo muhaya inguvu murabesha nta1 mufise uwobaroga mwisaha1 mwobamutanguye kurermbuzamaso hamwe nukuyogwa,iconzico n’Imana ikibatije udutsi nne ahokuyishimira murahimvye mutanguye guhuruduka murimwese muzopfana ishavunkishuri ntahomushirana wamututsi uriko urasibana twebwe ivyoharivyo twagutumye konzi utari umututsi wenyene?wamumuhutu uriko uracokorana ubwo sivyowikuriye mumutwe ivyoharivyo twagutumye konzi abahutu atariww wenyene? teshwamute mwabanyavyaha mubesha mwizina ryabarundi harinama twigeze tugiriranira namwe ngomubone kduserukira murivyobitutsi vyanyu! ntan’Imana ibashigkiye kuko ntiyerekwa abacokoranyi mutihanye muzopfa uko kuko twentacotuzi mwopfa mutumariye1 naho mubizakuya mwigira ngomuriko muragwanira abarundi jakuryama twebwe ntancungu yindi tugomba atari kristo nimuryane muhore mwese mupfinda ntimupfa ikindi.

  • Pita Nkur Nziza Guma Kwivola Honyor Vites Dusong Mbel!!Aho Izombwa Ntizibona Ko Aba Dd Twazihejeje!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.