Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amashirahamwe y’abarimyi bategura imivyaro y’ibiti bishuza Reta imiliyaridi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Amashirahamwe y’abarimyi bategura imivyaro y’ibiti bishuza Reta imiliyaridi (...)

Amashirahamwe y’abarimyi bategura imivyaro y’ibiti bishuza Reta imiliyaridi zine baheraniwe

vendredi 8 Ntwarante 2013

Imilliyaridi zine z’amafaranga y’amarundi niyo Reta y’uburundi iheraniye amashirahamwe ategura Imivyaro y‘ivyamwa akorera mu ntara ya kayanza.

Abo bagize ayo mashirahamwe bafashe ingingo yo kumanuka i bujumbura kwishuza ivyo baheraniwe bakaba bashikIye iruhande y’icibutso citiriwe umusirikare atamenyekanye bakaba ariho barara. bararahiye bararengwa ko batazotahava ikibazo cabo kidakemuwe.

Nkuko twabimenyeshejwe nuwuserukira ayo mashirahamwe atashimye kwivuga izina avuga ko bamaze imyaka irenga ibiri bishuza ivyabo ariko atagikorwa nico gituma bafashe ingingo yo kwimanukira ku murwa mukuru kugirango bagaragaze akabaro kabo.

Tubamenyeshe ko umushikiranganji w’ibidukikije atari azi ivyo bintu.


Sylvere Bavumiragiye

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.