Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amatohoza ya mbere y’abagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Amatohoza ya mbere y’abagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi (...)

Amatohoza ya mbere y’abagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi yaraheze

lundi 30 Munyonyo 2015, par egide

Umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika, Valentin BAGORIKUNDA yamenyesheje ko amatohoza yaheze ku bapfunzwe bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi kwabaye kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015.

JPEG - 66.1 ko
Valentin BAGORIKUNDA, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika y’Uburundi

Mw’itangazo ryasohotse kuri uwu wa mbere, umushikirizamanza kizigenza wa Repuburika avuga ko amadosiye y’abapfunzwe bakurikiranwa mu rubanza nomero RMPJ 697/MA yamaze gushikirizwa sentare, ariko ko abandi bahunze bagirizwa ugushaka guhirika ubutegetsi bazobandanya bakurikiranwa mu yindi dosiye y’urwo rubanza nyene yuguruwe.


IGIHE

Messages

  • None mwabaciriye urubanza uruhe? Ko ivyanyu bicira umuriro gusa.

  • Bazane izonjavyi tuzijane kuzizibiza rusizi kuko nintunva

  • Wakagabowe,nawe uzorangiza nabi ndakubariye!ugomba kwigira nkurunziza

  • NIMUBAZANE TUBAMESE KUKO NINTUNVA ABOBOSE NIBAMWE BAZANA YANVUGO NGO SINDUMUJA.UBU BASIGAY ARABAJA BA KAGAME BAMEKO INKONA ITARUZWA NTIBIBAZE KO ARIYASAKE

  • igire ivyo mwishakiy.Igiti ntikigikora mu jisho kabiri.Kazima bapfunzwe bstapfuy.Ndahava ukahasubira.si kera aho.

  • Ahandi babanza kubica jewe mbona wocira ugwo gupfa nkijana ryakarorero bakicwa bakicishwa inzara

  • Uruciramukaso Rugatwara Nyoko Iherezo Nawe Ubutegetsi Bwaba Dd Buheze Nawe Uzojahusize Abandi

  • wesha valentin aho umengo ata bwenge ugra, wew baguhenda ku revendika ibintu, wew uri piot yasobuja kubera ubukunzi bwinda.

  • ABO BIYITIRA ABARUNDI, BAMWE MANDELA YABAVUZE AMENYA ATI BANEZERWA GUTUNGA KU AMARASO Y,ABARUNDI BAGENZI BABO. NIKO BAMWE, NTIBAHINDUKA!

  • Nyakwubahwa Valentin Yakoze Akazi Ajejwe Nakomere Kw’ibanga.Abo Bamenja Nibahanwe Ivy’akarorero Kuko Bazanye Amabi Menshi!Ok

  • bene data twibukeko Imana yatugiriye ikigongwe none namwe icotuma mudaharira abandi nigiki? mbega weho ntiwiteze kuzoharirwa? ibuka YESU bamuzaniye umugore bafashe ari gusambana yabajije ijambo rimwe gusa kandi ryatsinze bose ngo<<<<<< uwutarakora icaha bnabe uwambere kumutera ibuye ntanumwe yabonetse.>>>>> none mwe mwandika ngo babazane mubamese burya muburundi impuzu zarahaeze konziko bamesa impuzu? ubu umuntu asigaye ameswa? hoho hariho ama bassin bameseramwo ubuntu? abarundi hari hagezeho isoni zija kumaso mukamaramara ibiri gukorerwa muburundi biteye isoni mbega agateka kazinima muntu karoye hehe??????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????????

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.