IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Amatoro y’umukuru w’Igihugu yegejwe inyuma

Amatoro y’umukuru w’Igihugu yegejwe inyuma

samedi 11 Mukakaro 2015, par Paterne

Amatoro y’umukuru w’Igihugu yegejwe inyuma kw’itariki 21 Mukakaro


IGIHE

Messages

  • ivyo ni ukwiteza utunyoni barabesha bizobatekurukana. ikibazo si amatora.

  • ntatembe atuveko yaturambiy uwo mujenjeka w’umuhutu

  • nkurunziza nabo birikumw nintunva pe!!! ubunaho aragaye akarer!!! niyombare rer nibamurek abogor uburund

  • REKA TURABE REROKO AMAHORO ACA ABONEKA UBU NAHO AMATORA NTIYIGIJWE INYUMA NONE RERO NI BADUGE KWIYAMAMAZA.AMAKUNGU NARABE UKU KWIHANGANA KWA LETA

  • KOMERA SEBARINDI AHONISAWA TURAVYEMEYETWEBWE ABANYAGIHUGU TURASHIMWE HAGEZE TUZOZINDUKA

  • ABARONSE AMAJWI BATAYAGIEMWO NIBEMERE HANYUMA BAHE AMAHIRWE ABANSE GUTORA N ABAHUNWE AMAJWI ABATOYE WONGERWE KUYO BARONSE BAVE MU MPAKA ZIDAHERA

  • abarundi turarush !! turatakambiy obama , ban kimoon , union europ . et l.union africain bakor ibishobok kugirang genocid yateguw ihagarar !!!!!! mana twimirij hab kwel

  • mutama ntako adakora muga bamwe batinya amatora,nubu baguma banana,nibantaho mfatwa,

  • MPAKA BAYEGEZE KW’ITARIKI 30 MUKAKARO NKUKO EAC YABISAVYE!!!ATARUKO NTIBISHOBOKA!ABA DD NIMURINDIRE SHA UWO NKURUNZIZA WANYU IMANA IGIYE KUMUCIRA KW’ITEKA!!!

  • NONE KO BATANZE IMISI MIKE,BATUBAHIRIJE IVYAFASHWE NABAKURU BIBIHUGU VYO MURI EAC.REKA TURINDIRE

  • ibi nivyiza kugira habanze haboneke icuka ciza kubabishaka,naho utabishaka ntagahato,vyanse navyo amatora ajamo ushaka niko bigenda kwisi yose. Imana ugumye uburundi n’abarundi b’umutima.

  • Ubu naho turabe ahinyendamuvano bazoyikura! ico nobasaba nikimwe, nibareke kurekurira ugwaruka mwishamba ,barabaza abavuyeyo babasigurire ishamba icarico.

  • NGWAMATORA?AYAH SE?MUKINDA MUGARAMY,MWUBAMY,NTAMATOR ARIKARABA KWISI YUBURUNDI.IMANA YO MWIJURU ATARIYO HEJURU NIYO CABONA.

  • Ariko sinatomokew nind iryo tangazo yarisohoy ni reta cank ni ceni?sindemera karimwo

  • Ego Nivyiza Biblia Ivuga Iti:Hahirwa Uwihanganira Ibimugerageza Imana Izomurokora K’umusi W’amagorwa.Reka Turabe Ikindi Basubira Ego Nivyiza Biblia Ivuga Iti:Hahirwa Uwihanganira Ibimugerageza Imana Izomurokora K’umusi W’amagorwa.Reka Turabe Ikindi Basubira Kwitwaza.

  • None ga yemw!mfashe mumbwire!uko kwigiz imber amatora,ni ukwumvira kwacane canke?nibarek kwiyambik izera arukumenja baramenj nibabe bayagumiz harya nyene.birabahanze,es ukumaramar kwabo!!!

  • NTIBITURYOHEYE TWASHAKA BAYANYARUTS HAJEKO INZEGO NSHASHA HAV AKA KAJAGARI

  • Ayo matariki ntahagije iyo bayashira mukumunani,none CENI ngo ntibarota amatora yegezwa inyuma,RETA Y’UBUGOME ati amatora ungurujwe none batanguye kuyahaririramwo bonyene? Nimube muraharira natwe tube turipanga sawa sawa iyo mandat mutayihevye.

  • Numva Bikomeye.None Rwasa Azoba Yemeye?

  • reta irakomeza kwereka abo bose vyega ko ishaka amahoro,ntahandi vyabaye kwisi nzima aho amatora yigizwa inyuma kano kageni. umenga uburundi ntibufite ijambo kubikorwa vyabwo, ariko kubera gushaka umwumvikano no kunywanisha abarundi reta yagiye eregeza inyuma amatora. reka turabe ko ivyo batumvikana ko babihurizako muminsi 10 isigaye. gusa birunde intwaro zititorewe nabanyagihugu kuko hari abaronka ivyo bataruhiye.

  • ISAZI Y’IMIYE KURUBAMBAZI NGO BIZE BIRAME MBONE

  • Naho amatora yu ngurujwe murabe igihugu cacu ntikibure abategetsi.Abo banyepolitike ntimubishinge kuko borabuze ihero ryimiti mubareke bene bapfe urwabo.

  • Turashimaukunturetayamayitwararikanantayrokukigoroyamayunvaejonitsindwantibagirengontibiyamamajeburakeyeiyingarimweturarindiriye Peterotumuhundeamajwi

  • muradutebeje yomugumiza kwiyo tariki tumwuzurize abanyikwa banyikwe muzehe turamwemera numugabo wabagabo

  • Ntawovuga k’ariko yiyamamariza amatora kumbur arko asezera abatakay bakamukurikira kuk ubutegetsi bwiw busigaj umwanya urum rumara,buhanzw nabo bari basangiy umugambw,amakungu,hamw nabatifuza k’uburundi bwosubira muntwaro za cami

  • Bayigijinyuma Ngobimariki,opposition Kwidashaka Kuyitaba?Icizavyovamunzira.

  • Iyo ninkina mico nahayakwigira inyuma amezi atatu ibiganiro bitabaye imirwi ifise ibigwanisho ngwivyakwe iterabwoba rihave amakungu adusubize kwicizere nagakino cndd fdd iriko yikina

  • MBE ABA BA DD NA PETER WABO NIVYOBIVAGUNDU NGO NIMBONERAKURE BARASAZE? UH AKARINYUMA NAKO KARAHINDA MAMAYANGU EGA MUZOKWAMA MUYEGEZAYO MPAKA PETER IKIRINGO CIWE GIHEZE HAMA MUZORUHIRA GUTORA UYUNDI MU CANDIDAT EGA NGAHO MURIHENDA TWEHO NTABWENGE MUDUSUMVYA NGAHO MUHAYE MUTAKAZA UMWANYA WANYU GUSA MWIHEMEA YUKO TWOJA MUMATORA MWIVYE ATACUNGEREWE IVYO MWAKOZE NGO NAMATORA MUZOTANGARA VYOSE TUBIFUSE TUGATEGURA AMATORA NYAKURI KANDI SIKERA KIMWE GUSA MWATAYE UMWANYA WUBUSA MBE KO MURI ABAGABO KO MUGUMA MUYIGEZA INYUMA KO MWATEKEWE NUBWOBA! BURYA NGO UMANIKA AGATI WICAYE MUKUKAMANURA UGAHAGURUKA! MWANSE AMATORA MEZA NUWO PETER WANYU YIHENDA NGO AZODUTWARA KANDI NANDATS ZIWE ZARAHEZE NONUBU NAHO MBONA YAJUMARARIWE HAHAHAHA URATEYE IKIGONGWE BASI! KOROKA NONE MWAYO MATORA YUMUKURU WIGIHUGU YAWE WENYENE HAMA BUCURABA NGO INZUKI ZIRAKURYA SHA! STOPNKURUNZIYA NTITURI ABAJA BAWE .

  • Emw Ukugayana Koko Barakuzi Amakungu Navuge Canke Areke Bayo! Ni Nko Gusesa Amazi Kwibuye

  • oooh intenderi irasheshe umuti hasigaye umwanya muto ivya buriwe abantu bishike,reka turindire uhoraho y’ikorere.

  • ABAHAYAGIZA PETER CANK CNDD-FDD BAMENY KO UMUSHUMBAYATANZSEBUJA GUPFA IVYO BIBWIGWA IMBONENYUMA NABAGUMYABONDO

  • oy ntanakamaro kokuyajamwo mugihe hatosubigwamwo yakinamico yaba ku 29.6.2015 kuko ntaco nubundi twoba dukoze kuko na mutama rwasa agathon arashaka kunwera kurico gikombe

  • Ayomatoranaya mahinyukukontamatorayumuigambwe umwe iyindiyaroyehepeter yigizumusenziimanairikoira muhinyuzanamarasoyasheshemugihugukwicaabobadasangiyeumugabwembebadasangiyeumugambweamarasosamwecankigihuguyirabeyahemukiyedemokarasiyabarundiayitejeurubwauzobibazwa,

  • Mbega iyo decret bazombaza ayisinyako kabuki,nukugira batwereke ko nawe afise icavuga?nareke kwitwenga,mbega kontahorwamiye yari yavuzeko amatora adashobora kwegezwa inyuma,kwarumugabo nabeshuze nkuru turabe?nibemereko ceni ari utugabogabo tutagira ijambo kandi amatora yaheze kera nivyayavuyemwo hasigaye kubitangaza gusa,nayo ivyo kwugizinyuma amasango ni ninde,ikibazo ni nkuru ashaka gusahura ikiringo cabandi adafitiye uburenganzira

  • NTAGIFISE INTANGO KITAGIRA IHEREZO.UKO BIRI KOSE UHORAHO ARI HEJURU YA TWESE

  • nukuri ivyikigihe biranyobeye nn nireta yigizinyuma canke ni ceni mubona atagahaze karimwow umengo barakorana

  • Mbega Mwabatutsi Mwamenyerey Kwica Abantu Mwongera Mwiba Inderoyo Ntimufise!Murashobora Kwubahuka Umukuruw’igihugu Ngo Asesa Amaraso. Twebw Atamuyomba Tugifise Atabasokuru Dufise Twakuriye Mubuhungiro Tweho Dutukende?Mweho Muhunga Ubusa Tweho Twahunze Muriko Muradukerera Mwebw NTitwobikora Ivyomwakoze.

  • none kwizotaliki ibibazo vyatavuga rumwe nareta bizoba vyakemuwe.

  • kabisa nahogusengerwa wallah kuko abamenyi babaye bensi

  • Nibareke nkur yitwarire yagihawe nimana

  • jewe mbona amatora yoba vubavuba, kuko abatavugarumwe na leta ntamatora, bagombakujamwo, ahubwo nukuduteshumwa, twebwe abene gihugu. nibabagombakutwica, nibanyarutse, ariko amatora nanyaruke. dutore.

  • If you want peace don’t think about electing that NKURUMBI other wise you will all find your selves in refugee camps and burials. that guy is not a leader,nafikili anamatatizo mengine binafsi,tutampiga na ataelewa ubinadamu ninini,kila mtu anaweza kuwa raisi bwana,hatumtaki huyo mpumbavu anaetuletea mauaji inchini.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.