Accueil > Inkino > FOOTBALL > AMAVUBI y’Urwanda yakuwemwo n’INGWE za Congo
AMAVUBI y’Urwanda yakuwemwo n’INGWE za Congo
samedi 30 Nzero 2016, par
Inyuma y’ugutsindwa n’umurwi nserukiragihugu wa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, Urwanda rwasezeye ihiganwa rya Afrika rihuza abakinyi bakina mu mahiganwa yo mu bihugu vyabo. AMAVUBI y’Urwanda yakuwemwo ku ntsinzi y’igitsindo kimwe, kuri bibiri vya Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo.
Ku munota wa 10, umukinyi Doxa Gikanji yatsinze igitego ca mbere ca Congo, igice ca mbere c’urukino gica gihera ari kimwe ku busa bw’Urwanda.
Mu ntango z’igice ca kabiri, abakinyi b’Urwanda bagerageje kuvyifatamwo neza, ari navyo vyatumye ku munota wa 56 umukinyi Sugira Ernest yinjiza igitsindo ku mupira mwiza yari ahawe na Iranzi Jean Claude, iyo mirwi yompi ica iranganya kimwe ku kindi.
Iminota 90 yategekanijwe y’urukino yaheze imirwi yompi inganya.
Imirwi yompi yongewe iminota 30 y’agasunuzo (Prolongation) kugira bayitature.
Ku munota wa 113, Badou Bompunga yatsinze igitsindo ca kabiri ca Congo, ari naco catumye Urwanda rusezera ihiganwa, Congo nayo yironkera amahirwe y’ukuzokina igice ca kabiri c’ihiganwa rya CHAN 2016.
Bitegekanijwe ko umurwi wa Congo uzoca uhura n’uwuzotsinda hagati ya Guinea na Zambia, imirwi izokina kuri uwu w’Imana.
Tubibutse ko imirwi yashitse mu gice ca kane gishira ica nyuma catanguye kuri uwu wa gatandatu ari Rwanda, Côte d’Ivoire, Cameroon, Congo Kinshasa, Tunisia, Guinea Conakry, Zambia, hamwe na Mali.
IGIHE
Messages
30 Nzero 2016, 22:35, par Mugisha Sixbert
Ni Mwihangane Kabisa Ntakundi Vyari Kugenda.
31 Nzero 2016, 06:27, par bemba
Batsinzwe buhoro ntawarikubakira ukwiyemeza kwabo nibazinge ibirago bawurabir iwabo!
31 Nzero 2016, 06:37, par Mukurarinda
Ibisanzwe Umupira Nukuhinduka Amavubi Ntiyshobora Ingwe. Twobatunagowe Urwanda Ntitworukira. Abarundi Ntantsizi Twabipfuriza. Ahubwimana Ishimwe.
31 Nzero 2016, 10:21, par juniol
abarundi ndabanga cyaneeee.!!!!!!!!
31 Nzero 2016, 11:12, par Kayitare
Abarundi mutugirira ishyari kweri??? Muzabaze bene wanyu bari cg bageze mu Rwanda aho tugeze twiyubaka???inama na bagira nimwe(1)
Mugabanye amagambo menshi mugira ;kunnywa inzoga nyinshi(ikiyeri) no gukugabanya ambiance bigendanye na mafaranga ufite.
31 Nzero 2016, 14:03, par Nkundwa
Nukuri nibavemwo..ubwishime bwabo ntawari kubukira. Bravo le congo!!
31 Nzero 2016, 14:47, par Inkino
Nsubiriramwo Umupira Wabereye Murwanda WumugwiWamavubi Wo Murwanda Hamwe Numugwi Wingwe Womuri Congo
31 Nzero 2016, 16:34, par Lambert
Twe turashima aho twageze kandi nakubwira ko bamwe mu Barundi muzajya mudutuka, mutwifuriza ibibi ariko twe dukora, twiyubaka buke buke.Twakiriye CAN U20, CAN U17, twakiriye CHAN none batwemereye ko dushobora gusaba kwakira CAN kuko babonye ko ubushobozi buhari.Mboneyeho no kugaya Abanyarwanda basubiza batukana kuko Abarundi bose si bamwe harimo benshi b’inyangamugayo kandi abo nibo batera imbere naho ab’amashyari bata umwanya batuka iby’abandi bapfa ari imbwa.
31 Nzero 2016, 23:14, par Ntukiyemere Aloys
Ingwe yamize ivubi mumupira. Naho uburundi bukubita u Rda muri politique Adisabeba. Mubyukuri urwanda rwateye ibihwereye bibiri icyarimwe
1er Ruhuhuma 2016, 02:17, par None?
Amavubi n’Ingwe bose nababanyi ndabakunda, ariko ndevye umukuru arongoye urwanda aricogihugu ciyo team ya Mavubi,uwomukuru wigihugu cabo ukuntu yateje kujagatuka kwabari abanyanda kera bahungiye mubihugu vyibibanyi bagakorera ubujangari abandi banyagihugu bimvukira zivyobihugu mwikigihe mukwumvako bakwiye kugendera kuvyo Kagame ashaka canke abateretsemwo,
bizongora gushigikira ikintu curwanda hakiri umukuru wigihugu wabo Kagame. Muti ivyuvuze nibiki? Basha nyavyishi novuga ariko murazi abanyamurenge Congo imyaka baribabaye Congo imbere ya Kagame barakunda kwubahiriza amategeko yigihugu caricahindutse icabo arico Congo, ariko Kagame amaze kubarimamwo umutima wokubabwira ngo nibemere bakorane azobashikiriza igihugu cose ca Congo ngomaze abaribo bakiramutswa atawubavangiye mwarabonye ivyagobabonye nabandi ba Congomani.
TZD mwarabonye abemeye kumyemwumvira bagatangura gucengeza ivyiyumviro vya Kagame muri Tanzania vyabakwegeye gutekezwa ubu birirwa bateze amashi murwanda kandibaribitunze bakiri Tanzania.
Burundi, raba ibisangara birimwo abagomoka kubari abanyarwanda baribahungiye Burundi muri 1959 reba ukuntu bemera kugendera kumabwire ya Kagame kugeza abandibarundi kavukire babatesheje umitwe. Uwo Kagame numu prezida wumubanyi mubicane bitigeze bibaho, kuko na Micombero yaririnda kwinjira mu ba Congomani , abanyarwanda, naba Tanzania, Mubutu Secko wa Zaire yaririndacane kwivanga muvyo mu Rwanda nomu Burundi na Tanzania, Habyarimana yaririnda kwivanga kuvyo mu Burundi, Congo na Tanzania. Nyerere wa Tanzania nawe kwarukwo.
Banyarwanda murashobora kwumvako ivyomvuze arukububahukira prezida wanyu ariko iconobabwira nuko prezida nkuwo iherezo ntirizobaryiza kuriwe nokurimwebwe abereye prezida wigihugu canyu, mwebwegusa ndabemereye ko kandinamwe mugihe kitarambiranye muzovyiovugirako mwarimwaraboshwe igihe iyongugo izoba imaze kubavakwizosi kuko urevye ukuntu amaze kubahekura kubashatse kugira icobamuvuzeko ndemeranyanamwe kukwemera iyashize mukamwereka kwarigitangaza kugiramurebeko igihe cokubava kwizosi kigera. Nukuri jewe ndabemereyeko abanyarwanda bose kwatacodupfa ariko kubwuwo kubwuwo ngo ni prezida wanyu ndabirinda bikomeye.
1er Ruhuhuma 2016, 02:28, par K
Uyumurwi wabakinyi wiyi ekipe yakiniye igihugu cu Rwanda ugizwe nabanyarwanda bomubwoko bwabahutu beshi cane kuruta abanyarwanda bomubwoko bwabatutsi! Ariko nivyo haruwavuzeko murwanda ubwoko bwabahutu ari 85% abatutsi bakaba bababa 14% abatwa about 1%
1er Ruhuhuma 2016, 06:47, par turaje
bravo kumavubi yurwanda turabashimira uko mwitwaye muri CHAN mwagaragaje disprine nziza , kd tugiye kwakira CHAN kuko CAF yashimye u Rwanda uko rwateguye imikino ya CHAN , mureke abishari bakomeze bavuge ni ntare ziziritse naho Congo yishyuraga ibyo twayikoreye muri CAN Tunis hamwe nirubavu , abarundi muzokwama mukina CECAFA gusa.
2 Ruhuhuma 2016, 14:05, par turaje
wowe wiyita none, urimpunzi uzopfa uri impunzi wangara amahanga nka gahini usibye wowe nabatari wowe ntawutabona aho kagame agejeje u Rwanda , cg urashaka yigishe abanyarwanda guhinga avoka wapi barakubeshye, kd ibyo wifuriza u Rwanda ntabyo uzabona kuko twese abanyarwanda dukunda igihugu cyacu na president Wacu.
3 Ruhuhuma 2016, 10:21, par Rwanda
Abarundi mumeze bon dutashye twarakiriye ese mwe ninde wakwifuza nokubaha cekafa kagame cup mwabarazahe c muri dortoir zabanyeshuri mubiheri kweri
4 Ruhuhuma 2016, 08:20, par jaen
68837169
12 Ruhuhuma 2016, 16:28, par FELICIEN NDAYIRAGIJE
NTACO MUTSINDA CONGO MUMWAKA UZA .