Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amaziko ya Jackson Willington Ssentamu yaranzwe n’amarira n’agahinda - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Amaziko ya Jackson Willington Ssentamu yaranzwe n’amarira n’agahinda

Amaziko ya Jackson Willington Ssentamu yaranzwe n’amarira n’agahinda

jeudi 12 Ruhuhuma 2015

Amaziko y’umutama Jackson Willington Ssentamu se w’umuririmvyi Bobi Wine yaranzwe n’amarira kubavukanye n’abana benshi asize.

Jackson Willington Ssentamu apfuye afise imyaka 80 y’amavuko n’abana 40. Amaziko yiwe yararimwo umubabaro kuko abiwe bamwibukira ku mpanuro zidasanzwe zibakundisha akazi, n’ukuba inguvu mu bikorwa vy’abo, eka no kubigisha inzigo y’akazi kazira uburyarya.Umuhungu wiwe Bobi Wine niwe azi ko yabuze kuko se wiwe yamuha ivyiyumviro . Amakuru ava mu kinyamakuru Daily Monitor avuga ko uwo muririmvyi, yavugiye mw’isengeo y’i Kamwokya Catholic Church ko hapfuye intwari ikomeye mu bikorwa n’impanuro, no mu kwigisha kwicisha bugufi.

Jackson Willington Ssentamu yashinguwe kw’igenekerezo rya 11 Ruhuhuma, asinze umwana muto w’imyaka 2, mukuru afise imyaka 50. Asize abana 40 bazwi bakora imirimo itandukanye.


Cherif Nkeshimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.