Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amazina y’abaririmvyi bariko bategura ururirimbo rw’amahoro : (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Abacuraranzi > Amazina y’abaririmvyi bariko bategura ururirimbo rw’amahoro : (...)

Amazina y’abaririmvyi bariko bategura ururirimbo rw’amahoro : Amafoto

lundi 13 Ndamukiza 2015

Abaririmvyi bo mu Burundi bariko bazana imiganda yabo mu gufasha gushigikira amahoro muri kino gihe Abarundi bafise ubwoba. Umugambi watangujwe n’umuririmvyikazi NATACHA.

Muri iyo ntumbero yo gushigikira amahoro narirya Abarundi bakeneye ituze mu mitima, Natacha yakoranije abaririmvyi bagenzi we, bakorana ururirimbo bise "AMAHORO". Ururirimbo ruriko rukorwa n’umuhinyanyuzi Aoron Ntunga mu nzu y’ubuhinyanyuzi MADIBA Studio yo kwa Bashir.

Muri urwo ruririmbo, muzokwumva amajwi y’abaririmvyi bakurikira : NATACHA, SAT-B, EDDY KAMOSO, CHANNY QUEEN, PEACE AND LOVE, R-FLOW, CHRISTIAN NINTERETSE, NZITONDA PACIFIQUE, RALLY J0, KENDO, hamwe na OGIGA. Urwo ruririmbo ntirurasohoka.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.