Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amber Rose yasohoye amafoto yerekana igisusu ciwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Amber Rose yasohoye amafoto yerekana igisusu ciwe

Amber Rose yasohoye amafoto yerekana igisusu ciwe

mardi 20 Nzero 2015

Amber Rose yashize ahagaragara amafoto yiwe ari "sexy"ku rubuga rwiwe rwa Instagram, na cane cane haboneka igisusu ciwe.

Amber Rose azwi cane kuba yaragendanye n’umuririmvyi Kanye West mu nyuma yubakana n’uwundi muririmvyi yitwa Wiz Khalif, ntahegeshanya mu gusohora amafoto ari "sexy" ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Ayo mafoto menshi aboneka ashira imbere cane ibisusu vyiwe mbere bikagaragara ko arico yaragamije kwerekana.

Amber Rose ntako adakora kugira amenyekane kubera ku munsi ashirako amafoto yiwe atandukanye, yambaye n’uduhuzu "bikini" ku buryo abantu bamukurikira ku rubuga rwiwe bari kubwinshi.


Lorene Nubwabo

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.