Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Urukundo > Amerika:Umutama w’imyaka 84 yakubiswe ashaka kuryamana n’umwana (...)
Amerika:Umutama w’imyaka 84 yakubiswe ashaka kuryamana n’umwana w’umwigeme
mercredi 1er Mukakaro 2015
Muri Reta Zunze Ubumwe Z’Amerika mu gisagara ca New York, umutama w’imyaka 84, Paul Aronson yarafise umugenzi w’umukobwa afise imyaka 17 yitwa Shaina Foster ,aherutse kumukubita aramwandagaza amutwara n’amafaranga yiwe.
Nk’uko tubikesha www.thehuffingtonpost.com , ibi vyabaye mu ndwi iheze aho uwo mutama yabwira aka kigeme ko baryamana ,ivyo vyabereye ahantu hakunzwe kuvugwa ko hari abatama bafise amafaranga yo guhendahendesha utwana duto, bahatazira " SUGAR DADDY SITE”.
Ico gihe rero, ako gakobwa Shaina ,ku ncuro ya kabiri kaja guhura n’uwo mutama, kari kajanye n’uwo bavukana yitwa Shalaine, hanyuma banka kuja mu nzu y’uburiro izimvye yashaka kubajanamwo. Nibwo rero uwo mutaza yabajanye muhira iwiwe ngo basangire.
The New York Daily News yanditse ko uwo mwana yayibwiye ko uwo mutama yamusavye gukora ivyo atari yiteguriye gukora.kandi akaba ashaje kandi ari mubi.
Uwo mukobwa yavuze ko yaciye amukubita afata amafaranga yiwe arayatwara . Akavuga ko yatangajwe n’uko igipolisi kimuhamagara ngo yakubise uwashatse kumufata ku nguvu .
igipolisi cavuze ko aba bana ukwo ari babiri bakubise uwo mutama bamwiba n’amadolari 420, mbere bamutwara n’ikarata yo kubikura muri bank. Ubutungane rero buvuga ko abo bana bahanwa n’itegeko rihana abasuma, mbere no guhohotera ikiremwa muntu
Bill Nkurunziza
Messages
1er Mukakaro 2015, 15:22, par JEAN
AKO NAKAMARAMAZA IRYO NIVUMWE KANDICOGIHUGU MUVYAHA VYAGAHOMERABUNWA KIRIMWO BIRAGATSINDWA MWIZINA RYUHORAHO
1er Mukakaro 2015, 17:56, par VITAL
NIBARA
1er Mukakaro 2015, 19:00, par Gérard irankunda
YOOOOH! AKOKANAKAHABEREYE UMUGABO
1er Mukakaro 2015, 19:25, par Abdur
Yashakayivure, umugongo.
1er Mukakaro 2015, 19:47, par Mpawenayo Claude
Jewe Mbona Boraba Igihano Gikomeye Bofatira Uwomwana Kanatsinda Uwosumwana Arakuze Ubwambereho Koyavyemeye Kuneza Yiwe Ubwakabiri Niho Yovyanka Agaca Amwononera Ubuzima Ndetse Akanamwiba Birababaze Uwomutamanawe Iconomuhanura Abatama Nkabo Barakwiye Kwikebuka Bakamenya Kobakuze Bakava Inyuma Yabana babakobwa Bangana Nkabo Bavyaye Mbere Nuwo Mutama Akwiye Igihano Kimubereye.
1er Mukakaro 2015, 20:19, par Wayaki
Abo Bana Nabasuma Nibahanywe Kuko Ntacemeza Neza Ko Uwo Mutama Yashatse Kumufata Kunguvu!Biboneka Ko Bagiye Bafise Umugambi Wo Kumwiba.
1er Mukakaro 2015, 21:53, par uwukuri
uwomutama yarenganijwe kuko ntiyamufashe kunguvu,baribavyumvikanye uwomutama nibamuriha amafaranga yiwe bongere bamuvuze,bamuhe nindishiyakababaro
1er Mukakaro 2015, 22:22, par Jonas
Nuwo mutama barakamwiba barakamukubita kuko nivumwe kuja mubana hariho abakuze
2 Mukakaro 2015, 06:42, par joel
sinarinziko nabatama nabo bahwera bige uko niyihane kk arakuze
2 Mukakaro 2015, 21:13, par NININAHAZWE CLAVER
IBINTU VYARAYANGAY NTAMUNT AKUZ YAHOR AVUGISHA UMWANA NKUWO AHUBW IYOBAYATWAR ISI YAHUMANY UMUTAMA KUMWANA EREGA ABANA BARAHENDWA,
2 Mukakaro 2015, 21:59, par JUMAPILI
ABOBANA NIBABAREKURE KUBERA BARABAHOHOTERA,NIBAFATE UWOMUTAMA,ATASONI AFITE YOGUFATA ABANABATO NKABO
2 Mukakaro 2015, 23:41, par iyonavuy edy
ahubw nibar nabatam ab bazohav basang nuriy aban bab ahubw abo bakobw barik bazir ubus
3 Mukakaro 2015, 10:27, par nzambimana jeanbosco
ndikwiyumvira kubwanz uwo mutama yarakwiye gupfa agapfungwa
3 Mukakaro 2015, 11:48, par nelly
ni ibara ku mutemere barakamwiba yari yabuz ibizemba nkawe
3 Mukakaro 2015, 17:32
NAGIRA NGO HIYO NTIBIBAHO
3 Mukakaro 2015, 22:16, par David
Uwomwana N’umwambuzi. Narihe Kandi Avuz Nuwomutama. Yagiye Uzikimujanye.Kandi Ntiyahenzw Kuko Baribanganywe! Kumwankira, Akamwiba,Akamukubita!!!! Niyishur Yongere Ahanwe!!!!
5 Mukakaro 2015, 09:31, par ntahomvukiye gabriel
Nakamaramaza kubona ibintu kivyo abatama bakora hanyuma igipolisi kikabashoigikira ego ntakundi nabo bana bagiye longue kuko barikushikiriza uyo mutama ubutungane kuko batavyiyumvisemwo kandi imana ibababarire kuko bose bari barabiteguye kubikora nuko bashatse kwitanga umwansi satani naho bavuze ko uyo mutama ari mubi uyo mukobwa yari yabishatse kubikora imana ibababarire amen
7 Mukakaro 2015, 08:32, par nduwimana
asha kutihangana impembo yavyo ni iyo
9 Mukakaro 2015, 21:22, par RUKUNDO
NIBARA AHUBWO ABOBANA NIBABAREK IGIKOBA CIKWEGERAMAKARA BARIVUNY KUKO NAW NTIYABASHAKIRINEZA
11 Mukakaro 2015, 10:03, par Jean Claude Muhimpundu
Je Ndibaza Uwomwana Yarakundanye Nuwo Mutama Nka Sekuru N’umwuzukuru, Kwumva Rr Uwomutama Amusaba Ko Baryamana Ningombwa Bimuhahamure. Kuba Yaramukubise Agatako Akamwiba Ntibitangaje.
22 Mukakaro 2015, 17:30, par billy armand
nibaraaa!!!na ba sokuru nabo nibamuhane arabikwiye!!
29 Mukakaro 2015, 17:50, par Ntitetereza james
birunvikana ko nbo bakobwa arinzobere kwemera kugendana numutama nkuwo!!! bakwiye guhanwa.
30 Mukakaro 2015, 23:18, par sylvain
barabahohoteye cane kk uwo mutama niwe yarenze amategeko kugendana nabana
1er Myandagaro 2015, 21:34, par Jonas M.Butarangira Gisuru Ruyigi
Jewe ndashimira cane uwo mwana yagize icamara gukubita no kugenda amunyaze ayo mafra. uwo mutama nawe niyibuke ko inkezi ica ubwo rureha, ahubwo yabereye akarorero nabandi nkabo.nibave ikuzimu baje i buntu.Merci!
11 Myandagaro 2015, 08:16, par RIVUZIMANA Jeremie
Aaha Mbega Ivyago!Nibahana Abo Bana Uwo Musaza We Azotaha Amarembe?
17 Myandagaro 2015, 13:38, par Philippe Nzoyikorera
Abo Bakobwa Barondera Abakunzi Bashaka Kubanyaga Nabo Bikebuke Kuko Yari Yamukunze Abona Ko Ari Umutama Bisigura Ko Ata Mariage Bogiranye,ico Umutama Yari Yamukundiye Yariko Yishuza Umukobwa Nawe Ico Yakundiy Umutama Yararose 420$
28 Myandagaro 2015, 23:53, par jean.claude
bite?ndi claude bujumbura.mbonako uwomutama yosubizwa utwiwe hanyuma urubanza rukabandanya.mugabamuhaye amahera yiwe nikarata.
29 Myandagaro 2015, 17:05, par THIERRY
NITEGEREJE IYONKURU ABOBANA,BARAKOZE ICAHACOKWIBA.BAKWIYEGUHANWA HAKURIKIJWE AMATEGEKO.
3 Nyakanga 2015, 09:02, par Fabrice
Ni bahwane bose kuko nta musaza angana kuriya yorondera abana bangana n abuzukuru be .
6 Nyakanga 2015, 01:23, par Elisee
Elisee Abobana Ntibahanwe Ahubwo Nibatunganirizwe Kukw’iryo N’ibara Erega Uyo Mutama Yagotse Kumwuzurukuza. Bitayeko Yakoreshereje Amayeri Muguhendahenda Akokana.
9 Nyakanga 2015, 22:52, par GERVAIS
uwo mutama yagomba kwisazura yashaka umuvyibusha batama utu jeune ni hatari tuzozimiza muri iyisi turagow.
12 Nyakanga 2015, 21:57, par Cyrq
Ahubwo isi yarangiye kuba umutama w’imyaka nkiyoyose yagomba gukora ibintu nkivyo, basha isi yarangiye uwoshaka yokwihana kuk ntagisigaye kweli. umwigeme angana n’abana biwe ha mukama wanje!!!oya
1er Gitugutu 2015, 23:46, par dzr
emwe abatama nihatari nn nkaho yaraziz iki??kand usanga afis umutamakazi wiwe yaramusiz muhir
13 Gitugutu 2015, 13:08, par MUYINGA
Abobana mwobareka gukonuwomutama yariyaciye mumakosa
13 Gitugutu 2015, 13:16, par JOSEPH
ABOBANA NTIBAGAHANWE GUKONUYOMUTAMA ARINAMAKOSHA
13 Gitugutu 2015, 13:18, par JOSEPH
ABOBANA NTIBAGAHANWE GUKONUYOMUTAMA ARINAMAKOSHA
14 Gitugutu 2015, 10:05, par Nduwayezu
Ni,nduwayezu Ntacemezakuwomutama Yagiamufatekuberabaribabiri
30 Gitugutu 2015, 16:42, par NGENDAKUMANA ESLON
BIRATANGAJ!!EREGA UMUTAMA AHERA AMENYO NTAHERA AMERO,IVYAMUSHIKIYE BIRASANZWE
14 Ruhuhuma 2016, 21:53, par REMY
BITE?NDI REMY I GASHOHO.NI UKURI UWO MUTAMA YARARENGANYE KUKO URUKUND NI HATALI SANA MUGIHE UWO MUBABY YARI YEMEYEKO BAKUNDANA N’IBINDI YARI KUVYEMERA!
14 Ndamukiza 2016, 19:59, par FABIEN
Nukuri nukuri babahane abobana babakobwa,Ntabwo uwusaba akubitwa akongera akibwa Eseyobaye yashaka kubafatakunguvu canke bataribasanganywe Vyobayevyo.
18 Rusama 2016, 12:22, par niyonkuru jeremi
haha nukuri isi irarushe pe harageze ko yesu aza gutora umugeni kuba umutama yubahuka umwuzukuruza wiwe
26 Ruheshi 2016, 13:06, par Nyabenda, Israel,
Uwomutama Nabane Indero,kuko Abobigeme,nibamukubite Kuko,ntadero Afise,akweye Kwihana Akaheba ,icaha,kandi Nambo Bakobga Nibabane Idero,bamenye Yuko,imana Izobahana,bakwiye Kwihana,bakahura Nimana,
30 Ruheshi 2016, 19:09
BRACK-P
30 Ruheshi 2016, 19:20
Brack-p
3 Mukakaro 2016, 04:13
Uwo mutama yari kuja kurondera igikecuru bangana hama akaturkera inkumi
19 Nzero 2017, 06:39, par htimana mathias
abobana ntakosa bafis ahubw bafung uwo mutama barekur abo bana
30 Myandagaro 2017, 19:52, par Niyomugisha eliezer
abo bana bararenganywa kuko ico gitama ntanindero gifise kwubahuka kubaza akana nkako ivyo naco kingana gutyo iman itabar isi
10 Gitugutu 2018, 20:02, par riyazimana
abatamahenabonibechi, kandihenabo bitwaza amaheher