Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amwe mu mafoto yerekana uko igiteramo c’i Gitega kiriko kiragenda - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Igiteramo > Amwe mu mafoto yerekana uko igiteramo c’i Gitega kiriko kiragenda

Amwe mu mafoto yerekana uko igiteramo c’i Gitega kiriko kiragenda

samedi 27 Kigarama 2014

Amafoto amaze kuboneka yerekana uko igiteramo kiriko kiragenda, Abaririmvyi b’barundi bagira babisikanye gato na KINA MUSIC ku ruhimbi rwo gutamba. Abaririmvyi Knowless, Tom Close Christopher, TMC na Platini batangura umwe umwe canke mu murwi (Dream Boyz) nk’uko vyagenze mu giteramo co kuri Musee Vivant citabwe n’abantu isinzi.

Muri KINA MUSIC hatanguye Tom Close n’ururirimbo: ’Ndakubona"womenga yaruririmbanye na b’I Gitega kuko aratera bakitabira.


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.