Accueil > Imibano > Urukundo > Amwe mu majambo wokoresha mu gihe uriko uraganira n’umukunzi (...)
Amwe mu majambo wokoresha mu gihe uriko uraganira n’umukunzi wawe
mardi 2 Mukakaro 2013
Ikiganiro kigizwe n’amajambo yuzuye urukundo (utujambo dusosa ni bumwe mu buryo bwifashishwa kugira ngo ushobore kunezereza uwukunda mu gihe muyaga kuko umutima ukunda uba ukeneye cane bene ayo majambo meza .Aha rero hari amwe mu majambo wobwira umukunzi wawe akanezerwa ariko ukoresheje umunwa wawe udakoresheje telefone canke inyandiko, kuko iyo wivugiye ijambo n’akanwa kawe bituma uwo uribwiye aryakirana umwizero.
Mu gihe ukoresha amajambo asosa, ubikore umutima uri hamwe, udatinya kuko utavyitondeye wosanga vyotuma uwo uyabwira abona ko uriko urabesha canke harico umuronderako.
Hano hari amajambo amwe amwe yogufasha kuryohereza uwo ukunda, ukamunyurwisha ko umwemera kandi nawe bikamukomeza mu rukundo.
Mu gihe muriko murayaga rimwe na rimwe umubwire uti:
Ivyo nkora vyose ni ukugira nzobane nawe ubuzima bwanje bwose,
Inzahabu zose na diyama ziri kw,isi ntivyogura urukundo umutima wanje ugufitiye.
Ni jewe navukiye kuzokumara amosozi nkakuryohera ukagubwa neza nkakuzungurutsa mu murima wanje w’urukundo
Urukundo rwawe rwarantwaye umutima.
Nabaye nk’umusazi kubera wewe
Sinshobora guhagarika ku kwiyumvira
Sinshobora na rimwe gutera agahinda umutima wawe canke mu maso hawe ngo hareke gutemba ibitwenge bisubirira amosozi.
Sinshaka kuvyuka kubera indoto nziza mbamwo hamwe nawe :
Iyo turi kumwe numva ntekanye.
Namaze kubona ibanga rikomeye muri wewe
Ndakunda cane kuyaga nawe
Ndakunda uburyo unkunda
Nshimira Imana yo yakunzaniye mu buzima bwanje
Ndipfuza kumarana nawe ubuzima bwanje bwose
Ico ari co cose nzosabwa ngo mbandanye kugumana nawe nzogitanga.
Naguhaye umutima wanje wose, umubiri wanje, n’ivyiyumviro vyanje vyose
Nzojana nawe ku mpera z’isi mu gihe uzoba ukinkunda
Sinshobora kukurutisha uyundi muntu uwariwe wese, amafaranga canke inzahabu.
Nzopfuma nca mu bikomeye vyose ariko mbane nawe.
Ndasaba Imana kugira ngo ikunzanire vuba hashoboka
Nzokwitangira muri vyose nihagira igishaka kukubabaza
Namba kugukunda ari icaha nzemera mbe umunyavyaha
Nimba urukundo ari ubuhumyi sinipfuza kwongera kubona umuco w’umunsi
Ubuzima ntagufise ni nko kuja kuryama warangiza ukarota nabi canke nturote neza
Kugukunda ni nko kwibera muri paradizo canke mw’ijuru
Kugukunda bindyohereza ubuzima
Gukundana nawe vyatumye umutima wanje wuzura ivyishimo n’umunezero
Umutima wanje uratemba amosozi iyo utari hafi yawo
Ni wewe rukundo rwanje, uri umutima wanje ni nawe buzima bwanje
Nta wundi muntu yonkunda nk’uko unkunda.
Nta kintu na kimwe cohagarika urukundo rwanje
Ooh rukundo rwanje uri mwiza kuri jewe
Uburyo unyambira n’uburyo unsoma (kisses) ni ivy’agaciro kurusha inzahabu
Kuyaga nawe ni nko kunywa ku muzabibu (Wine) uryohereye, ibi kandi nivyo nipfuza ibihe vyose
Igihe tumarana ni nk’urukino rwiza amahera adashobora kugura
Iyo turi kumwe ivyago vyanje vyose bica bihunga
Iyo nkwitegereje nkubonamwo umuntu w’agaciro
Amajambo ntabwo ahagije ngo ngusigurire ingene ndagukunda
Ni wewe muganwakazi canke umuganwa w’umutima (prince) wanje.
Uri indirimbo ituma umutima wanje uririmba
Ni wewe nari naripfuje mu buzima bwanje
Uri igice c’ubuzima bwanje gituma numva mbaye umuntu yuzuye
Ni wewe mugabo canke mugore w’indoto zanje
Ni wewe muntu anezereza cane namenye
Nta kindi nkwipfuzako kitari urukundo, amahoro n’ivyishimo
Watumye nuzura amahoro muri jewe
Watumye niyumva nk’umuntu w’agaciro
Ndumva nipfuza kugusoma kuva ku mutwe kugeza kw’ino
Umfata nk’umuganwa canke umuganwakazi bigaca bituma ngukunda n’umutima wanje wose.
Ni wewe muntu ugira imico n’imigenzo myiza nabonye kuva nabaho.
Urukundo rwawe rumeze nk’ibuye rinini ridashobora kumeneka
Urukundo rwawe ni rwiza sinshobora kwiyumvira kuja ahandi
Iyo untwengeye utuma amosozi yanza mu maso asubira iyo avuye.
Iyo unkojejeko intoke zawe numva ninjiye mu yindi si
Bene aya majambo y’urukundo ni menshi ku buryo uwoyadondora atayaheza, ikindi kandi buri muntu wese agira ayiwe abwira umukunzi wiwe kuko buri wese agira uburyo bwiwe bwo gukundana.
Urukundo rutagira amajambo meza barugereranya n’amata n’umurima w’amashurwe atavomereye kuko amajambo y’urukundo atuma umuntu ashobora kuvuga ikiri ku mutima, bigatuma kandi ubuzima buryoha bukamera neza
Gerageza kubwira uwo ukunda amwe muri aya majambo kandi ntihazogire uguhenda ngo yanka kubwirwa amajambo meza kiretse iyo uvuga ibitandukanye kure n’uko umeze kandi uze ugerageze ubwire umukunzi wawe amajambo akuvuye ku mutima, ivyo bizotuma uwo ukunda yumva akunzwe kurusha abandi bose.
Joel Sengurebe
Messages
2 Mukakaro 2013, 07:14, par fanny
muranyemeje pee sinzosubira guhebwa mbonye utujambo nzoja mubwira pee
2 Mukakaro 2013, 07:14, par fanny
muranyemeje pee sinzosubira guhebwa mbonye utujambo nzoja mubwira pee
2 Mukakaro 2013, 07:27, par nido
mbega utujambo twiza mudukurahe wana? muzadushakire nayo wabwira umuntu ukwikundishaho utamukunda
2 Mukakaro 2013, 09:18, par schaaaaaaa
ayamajambo arakaz kabisa kuber arintahamwe woyabwira umukunzi wawe naho atoba agukunda bashaaaaaaa ntiyosiba atagukunze peeeeeeeee!!!!!!!!!!
2 Mukakaro 2013, 12:09, par emaus
noneho nukuri turemeye pee igihe:bi muratwemeza cyane sha iyi nùimitoma ndabarahiye
19 Mukakaro 2013, 05:22, par JEAN MARIE
NUMVA ARI VYIZA CANE KUNYIGISHO MUTUGEZAKO NDABIBARIZE NIGUTE UMUKOBWA KUMUKUNDA MUGIHE WEWE ATAVYIZERA ABA AGIFISE AMAKENGA KUMUHENDA UMNTU YOBIMUBWIRA GUTE?
27 Nzero 2014, 08:57, par Tumaini
Murayo harimwayatela ubushilasoni,bigatuwa akwemelela ivyo atoshitseko!Kwahivyo mujihadhali hayo maneno!
25 Ndamukiza 2014, 14:37, par ambroise nininahazwe
nanje ndashimye muzohore mutyo ndi ambroise mu rugombo
4 Myandagaro 2014, 10:07, par nininahazwe ambroise
ni bon
16 Myandagaro 2014, 18:42, par ston
bite nitwa ston nanj nih nkibona aya majambo nafurah sana muhore mutub haf twebw abakund p6.
4 Nyakanga 2014, 06:51, par nitwa Irera king bethel
ayo majambo vraiment nimeza kubakunz ariko ntabwo niyunva gukunda kuko abagenz banj baguma bahebana cank bahebwa nabakun9 babo bikaca bituma mbonako no really love sorry kubikundaniye
24 Gitugutu 2014, 18:29, par Dieudonne Sinankwa
vrma amajambo nkaya arakenew murakoze
26 Kigarama 2014, 16:49, par Niyomugabo
Nanje ngire nshire mu ngiro pee!
18 Ntwarante 2015, 03:38, par Nzoyisaba Thérance
Shaa! Vraiment Ano Majambo Aranezerey Cane Najew Ubwanj Ndayasomy! Amez Nk’ubuki Aya Maneno Ni Meng Kand Mazuli Saaana! Turabakund Iburundi Mungu Ababaliki.
4 Ndamukiza 2015, 13:32, par Gaddy Ndayisaba
Niwandezereza Uwukunda Ukoresheje Bene Ayomajambo Azorushiriza Kugukunda
11 Ndamukiza 2015, 02:42, par Jimmy
Ayo majambo nimeza none!! komwavuze ko woyamubwira murikumwe mugihe mutarikumwe naho womubwira ayahe majambo yotuma AGUKUNDA CANE??????
19 Ndamukiza 2015, 21:59, par Thérence
Grand Mer6 Nanj Nari Naripfuje Ico Nokorera Umukunzi Wanj Ndakibura None Murakoz Cyane Ngiy Kubikora..Iburundi Natwe Turabakunda.Mugire Umugisha.
29 Ndamukiza 2015, 17:36, par ishimwe alfred
rwose numva nezerewe naho ntafite uwo n’abwira nzagerageza .iyo nkunze simbona urukundo but imana izafasha
29 Ndamukiza 2015, 17:37, par ishimwe alfred
rwose numva nezerewe naho ntafite uwo n’abwira nzagerageza .iyo nkunze simbona urukundo but imana izafasha
4 Rusama 2015, 19:00, par sabo
poa sana ariko ushobora kubwira ayomajambo umukunzi ugasanga amez nk,urutare ,kubury wamizako utahengeshanya ,menyako bamez nk,uruyoya
6 Rusama 2015, 20:56, par TAÃ GA
Namwe murasarisha basi amagambo nkaya muyavana he?nanje ndabemeye.nne ayo wo mwandikira muri sms nayo?
6 Rusama 2015, 21:14, par Elias Taïga
Yooooo!muramaze kweri ,grand merci muzoduhigire nayandi.None uwo wanka nawe wo mubwira gute?
9 Rusama 2015, 15:05, par EMMANUEL NSHIMIRIMANA
MBEGA UWO UKIRESHA NAWE WOMUBWIRA AYAHE?
11 Rusama 2015, 16:47, par Dominick
Ndaryohewe N Iyo Nkuru.Iyo Mutari Kumwe Womubwira Gute Kuri Telephone?Cank Womwandikira Gute?
11 Rusama 2015, 16:47, par Dominick
Ndaryohewe N Iyo Nkuru.Iyo Mutari Kumwe Womubwira Gute Kuri Telephone?Cank Womwandikira Gute?
31 Rusama 2015, 21:21, par Tangishaka Victor
Murakoz Kutwungura Ibitekerezo,Natwe Tubari Inytma.
5 Ruheshi 2015, 14:41, par APPOLINAIRE NIYIBIZI
nivyiza kweri kubakundana .ok
13 Ruheshi 2015, 12:43, par Iradukunda
Komeza Kutwandikira Ayandi Magambo Kuko Ayo Uyamupangishije Ntiyoyubahuka Kuguheba
18 Ruheshi 2015, 13:47, par Nyandwi Michel
Mwarakoze Cane Kuko Jewr Nari Naribagiye Kuyaga Numwigeme
22 Ruheshi 2015, 22:52, par noe kubwimana
ndanezerew nubwo burusho muduhaye.mughe mutar kumw wobikr gt?
24 Ruheshi 2015, 12:20, par ndayiragije
n,ivyiz kutubwi ukotworesha mbege uwo ukirondera womubwiragute?
25 Ruheshi 2015, 11:02, par Ndihokubwayo Bosco
Ivyo nivyiza cane kweli ndumva biryoheye umutima wanje
29 Ruheshi 2015, 17:19, par J.Jacques
ayo majambo nayagacir ariko nkuwo mutarashikirana wobigenza gt?ugifiseko umugambi wovyifatamwo gte?
1er Mukakaro 2015, 23:32, par Raymond
IBI BINTU BIRANRYO HEYE CANE AHUBWO MWARAKOZE CANE.
9 Mukakaro 2015, 22:07, par Ndabarushimana Oscar
Murakozekudufasha.Ubwontiyocashakakwivyoyumvisebijamungiro?Ubonakwabigemebakundibisosa!
11 Mukakaro 2015, 11:18, par Ndayikeze
Murakoze Cane gose nanje ngiye kugerageza pee!! mubandaye muturungikira nayandi ntimuhagarike.
13 Mukakaro 2015, 20:22, par Baratakanwa Egide
nne ayo majamb uyavz ntakuntu umukobwa yoyumviriz mugab ntakwemer sana?
15 Mukakaro 2015, 23:41, par NGENDAKUMANA Bénit Christ
Mugizeneza kutwigisha nokuduhanura;none ugomba gusabako mwodyamana,wobiherahe?
27 Mukakaro 2015, 22:20, par NDUWIMANA Eric
ayo majombo niyopee!ariko hari uwo uyabwira akakuraba nk’inzu isha.muzoturonderere iyindi mitoma y’urukundo
31 Mukakaro 2015, 23:21, par Sinariho Joseph
Muhezagirwe kweri kuri ayo majambo aremereye mu rukundo.Urukundo gwosambukanye benshi kubera ukutamenya none Imana irabikoze basi. Twikundanire!!!Abakundanye bose ndabifurije urukundo rwiza;Amen!!!
1er Myandagaro 2015, 22:36, par butera eddy igorkelly
jew kwel numv ay magambo arenze nuwakwanse yohitamwo kugukunda murakoze mwebwe mwayatanze
5 Myandagaro 2015, 19:46, par Manininahazwe Jacques
Nivyiza Pe!
7 Myandagaro 2015, 01:42, par Clovis Bigirimana
Ayo majambo na majmbo yokubwira umukunzi wawe niho niyo murikumwe atokwifuzako mutandukana.
14 Myandagaro 2015, 21:57, par leonidas ndayiragije
mfite uwonkunze ambwirakontiga azompeba nobigenzagute?
21 Myandagaro 2015, 21:34, par ngendakumana bény christ
Egom Nivyiz!Non’amajamb Wobwir’uwukund,mugihe Mutarikumw Nayah?Icomwemez Kumukund Mugih mutarikumw N’icah?
7 Nyakanga 2015, 16:14, par Alexis
Nukr Muz Murarondra Nibindi
11 Nyakanga 2015, 21:15, par Ninahazimana
Ndabashimiy
20 Nyakanga 2015, 16:12, par yves
txs
21 Nyakanga 2015, 17:31, par BOSCO.
NDIFUZA.URUKUNDO.ARIKO UMUKUNZI.NTAWE?NTAKIRYOSHE.NKURUKUNDO
2 Gitugutu 2015, 17:11, par NZEYIMANA Charles
Nukuri Ndahatahuriye Twinshi
16 Gitugutu 2015, 13:10, par MFURANZIMA J CLAUDE
NDASHIMYE KUKO IYONKURU INYIGISHIJE VYINSHI.
30 Gitugutu 2015, 12:49, par mercus
Ndashimye Cane impanuro ngiye kubishira mungiro
31 Gitugutu 2015, 07:30, par Michou
Ndabashimiye
1er Munyonyo 2015, 21:22, par ejide
.umukunzi.ankunda.nomuronka.gute?
11 Munyonyo 2015, 19:45, par boston
nanj ndashaka uwo dukundan yoshobora kumbwir tun tujamb.
14 Munyonyo 2015, 14:05, par Nkomezi
Ntabusuma
15 Munyonyo 2015, 16:04, par Egide
jewe ntakunze umukobwa nawe nsimenya ko ankunda none nobimenya ko ankunda gute?
13 Kigarama 2015, 09:24, par Samuel
Kwibera Murukundo Biraryoshe Guko Uyo Ufise Umukunzi Iyomukumwe Isi n’ijuru Uca Umengo Nirwawe Ayomajambo Yafashije Nahungukiye Vyinshi
19 Kigarama 2015, 21:21, par Emmanuel Ndayishimiye
Ndabashimiye Cane.
22 Kigarama 2015, 18:49, par Vital HAVYARIMANA
uri umuhungu ushobora kujana umukobwa nko muri nature mukagira udukino dushoboka nko kwinyegeza nutundi ukamuha nutuntu dusosa cane ukamucapira nudushurwe ariko ntumuhe tel kuko habonetse uwukurusha itunga[...]
25 Kigarama 2015, 13:04, par bebeto
jewe ndi bebeto amagambo nkayo ngayo kuyabwi umukunzi nivyiz ariko urumva atoco agara cyane?wamubwiy make wenda ntiyagukunda konzi urukundo rwafash umuhanda rudasubirinyuma akarorero jw nabaye ngah ngendana numukobwa arumugenzi asanzw kuk twigana ntarukundo namusavye ariko ubungubu yitwa shr wangy kandi vyarakomey kurukundo gwizany nubu mperuka kwakira diprome ye intererano yangy nuko umuntuwese akundwa hageze abakobw ntibakunda kumwe murakoz
5 Nzero 2016, 16:09, par DINGA Dieudonneé
mfinse umukunzi nkunda cane anyemera tur ktmwe ariko tutar ktmw mbona mengo ntanyemera.shaka mumbarr ico gukora.
7 Nzero 2016, 23:24, par lellis smith
mr6 bcp
10 Nzero 2016, 12:38, par henry niyonkuru
kuberiki wokwemera kuba umunyavyaha kubera urukundo?
10 Nzero 2016, 22:14, par Gilbert
Nibaz Ayamajambo Nimeza Naje Nzoyabwira Uwo Nkunda
11 Nzero 2016, 14:56, par Gilbert
None Arinkahamwe Arinkiryambere Utaribwamubon Naw ataribwakubon wovuga gut?
16 Nzero 2016, 01:24, par ALICE NDAYISABA
none gukaresa umukobwa biba ryari?
28 Nzero 2016, 00:19, par Nkurunziza
Ayamajambonimeza Ahubwomurakomezemuturonderera ayandiasumbayanayabariyeuwonkundayavuzat Ndahorandakugayangontajamboufisenoneurarifisemubonakunzeuriuwambere.namwenimuturonderereayandikugirabagumebadukunda.
28 Nzero 2016, 10:00, par pierre manirakiza
ayamajambo niyo naraykoresheje uwari yihagazeko aremera n’ubu ndayakoresha canke asa nayo.merci!!!
29 Nzero 2016, 13:45, par abdoulshakulirambona
biraryoshe iyo ufise uwo uyabwira nkanje nkunda umukobwa burigihe ndamwiyumvira mugabo wewe ntankunda mwumva mwonfasha iki.
30 Nzero 2016, 22:06, par rishard
uwase ku vyurukundo umubaza ute?
1er Ruhuhuma 2016, 15:17, par Elie Niyonkuru
Biranryoheye Cane
1er Ruhuhuma 2016, 19:50, par Reberic
Nigut Umunt Yoshobor Kuyabik Mur Memwar
6 Ruhuhuma 2016, 05:49, par Eric
Biraryohe Pe!
6 Ruhuhuma 2016, 21:46, par Nestor
Nivyiza Kutumenyesha Mwenayo Majambo None Vyokunda Kuyaronka Muri Memoire?
8 Ruhuhuma 2016, 13:20, par GUIDO
ayamajambo nimeza jewemuranyigishije gukunda
8 Ruhuhuma 2016, 13:22, par GUIDO
ayamajambo nimeza jewemuranyigishije gukunda
9 Ruhuhuma 2016, 17:49, par birikumana j.claude
iyi nkuru iramara warayi nogusaza umuntu yosara akiru vraiment.
11 Ruhuhuma 2016, 00:15, par Nsabimana Clovis
Nibihe Bintu 5 Vyemeza Ko Umuhung Numukobw Ko Bakundany
12 Ruhuhuma 2016, 19:28, par Marius
Nivyukuri Biraryohe Umutima
13 Ruhuhuma 2016, 17:23, par Eddy Igorkelly Butera
iyo uhuye n’umukunzi ubwambere womubwira gute? iki nico gitekerezo canje
14 Ruhuhuma 2016, 10:14, par Justin NDUWAYESU
ICOMBONYE GUKUNDANA BIFISE AGACIRO KURUTA KWANKANA.
15 Ruhuhuma 2016, 16:04, par HAKIZIMANA Richard
Ndashimy can ayamajambo non iyobishits ukabimubwira hamantavyemer wocubigenza gute
21 Ruhuhuma 2016, 21:23, par joas ndikumwenayo
mugihe yoba ariho mugihura nukuvuga umunsi wambere mukivugana wokoresha amajambo ameze gut
21 Ruhuhuma 2016, 21:26, par joas ndikumwenayo
mugihe yoba ariho mugihura nukuvuga umunsi wambere mukivugana wokoresha amajambo ameze gut
25 Ruhuhuma 2016, 08:08, par Révérien Habimana
Mugihe mwobamutaravugana Arik’umwipfuza muhuye(mubonanye) wokoresha ayahe majambo?
25 Ruhuhuma 2016, 09:03, par Révérien Habimana
Murakoze cane kutubwira amajambo meza nkayo.Nibihe bimenyetso umukobwa agira imbere yuwakunda?Nibihebimenyetso vy’urukundo?
25 Ruhuhuma 2016, 09:04, par Révérien Habimana
Murakoze cane kutubwira amajambo meza nkayo.Nibihe bimenyetso umukobwa agira imbere yuwakunda?Nibihebimenyetso vy’urukundo?
26 Ruhuhuma 2016, 05:08, par Eric Nkunzimana
Murakoze Kudufasha Kuryohereza Urukundo Rwacu.
26 Ruhuhuma 2016, 13:42, par ntirenganya
Amajambowomubariramugihura Ubwamberenambere Mwodutorera Amajambo10 twokoresha
27 Ruhuhuma 2016, 21:06, par Sabushimike Désiré
Murakoz Can!Nne Mugih Wamubwira Ayomajambo Nibih Bimenyetso Wamubonako Bikwereka Kwarushirijeho Kugukunda?
1er Ntwarante 2016, 22:22, par NDAYIKUNDA JEREMIE
Birarenze Kabisa!!
1er Ntwarante 2016, 22:50, par Daniel Rukundo
Murakoz Kutumenyash Ukodukund Mugab Abakobwa Ntibavyunv Ahubwo Tuzobaheb.
2 Ntwarante 2016, 14:30, par modeste
jew nshaka umukobw dukunda yiga kandi afita ingeso nziza kand areshe apima 1m2ocm nimbarih yokwandika kuri 68165404
2 Ntwarante 2016, 14:32, par modeste
jew nshaka umukobw dukunda yiga kandi afita ingeso nziza kand areshe apima 1m2ocm nimbarih yokwandika kuri 68165404
4 Ntwarante 2016, 22:25, par Sibomana Audace Burndi
Nukuri Ivyo Mutubwiye Nivyo Mbonye Vyinshi Nzokoresha Mukugwisha Uwonkunda Ok Bigabu Sana
6 Ntwarante 2016, 15:04, par ismail mugisha
ego vrement ayo majambo n’ayambere kabisa
7 Ntwarante 2016, 06:02, par NDIZEYE Charles
Nkiyo Umukobwa Yakwase Wobigenza Gut? Wamusavye Urukundo Akanka.
7 Ntwarante 2016, 23:40, par Inoct B, batazr Boston baradudura
Ayomajambo nimeza. Nanje muruyumwaka wa 2016 Nashaka uwonobibwira.
NB :Abe arumukobwa windero nziza ,kuko vyose narahejeje mumisi mike twoheza tukibera umwe .Thx
My number is 68461327.
8 Ntwarante 2016, 15:09, par Tripags
Ni Vyiza Vraiment Gusa Urukundo Ntirukora Ibiteye Isoni
8 Ntwarante 2016, 16:04, par izinani emeri
nivyizakubwirauwukunda amajamboyurukundo arikogikru numutimawokubivvgana canke uwowobibarira mwarakozekutwa ndikira iynkuru nonenkeneye umukobwa akunavyuri atabangikanyacankengo abeshe ahariyondonderakuriyinimero 79632700 ibsigayeyobmenya andondeyekugirangomeyeko ari uwabimenyeshejwe terefona kuriyonimero usobanure inkomnko ibikurikirawobibaza kurifone niguhera ubu 2016 2017 muraknze
13 Ntwarante 2016, 18:54, par nsaguye jeremi
nukuri jew nomukunda nkamutetesha vyasenocampeba kumukunda
21 Ntwarante 2016, 16:30, par Irakoze Emile
Ndashaka Gukundana Nabakobwa Nipfuza Ariko Ntibemera Ariko Abontashaka Baraza None Nokoriki?
22 Ntwarante 2016, 00:49, par Gervais i MAKAMBA
JEWE FATIY KWAYO MAJAMBO NDAGOMBA NSHIMIRE ABIRA BAKAYASHIRA KURUBUGA KUKO UWOYAKWIRIKIZ YOTEGEREZWA KUMUFASHA. MUBANDANYE MUTURONDERER BISHASHA.
23 Ntwarante 2016, 09:37, par Ezechiel Niy
Umu jeune Atokoresha Benayo Majambo Yobashaka Iki? Reka Naje Ndomushakishe Ntaw Narifise
23 Ntwarante 2016, 12:23, par CHERIA
AYAMAJAMBO ATUMYE NEZEGWA CANE KUYAKORESHA NIVYIZA.
23 Ntwarante 2016, 12:23, par CHERIA
AYAMAJAMBO ATUMYE NEZEGWA CANE KUYAKORESHA NIVYIZA.
26 Ntwarante 2016, 15:11, par king of love jean mlenga
Ahubwojew ndumv mwokongerez iyindi kabis kuk ndakuy ubwatsi
28 Ntwarante 2016, 21:17, par Celestin
harigihemporanibaza urashobora gukunda umukobwa canke umuhungu yamara yavyos agashingigwa kuwobatigeze bayaga nkakabiri mbe uwambere abayaramwanka canke aba agiyekuwundi adakunda kwabayemeye kumurorako?
31 Ntwarante 2016, 06:01, par Patric
Murakoze Cane Kutubwira Amajambo Meza Nkayo. Ikibazo Mfise Nuko Nitegereza Nkasoma Ntamukobwa Ndabona Yandika Kashaka Umusore Natwe Kukabaronkeraho Nabubucuti Nabagenzi Tukabakura Kuri Interint Kukuba Badakunda Abahunguse? Nonugira Nabasore Babakunda Bonye? Natwe Ahubwo Ntituze Durubire Kubavugisha Tuze Turabe Ko Natwe Batazoturesha Uruhigi Rugahindukirira Imbwa. Sawa Nayo Majambo Narimfise
31 Ntwarante 2016, 18:44, par Aaron Armus
Kabisa Ivyo Muvuga Nivyo Uretse Ko Kubona Umukunzi W-ukuri Ari Ikibazo Kigoye.
1er Ndamukiza 2016, 10:00, par ntakirutimana jérôme
nukur ayo majambo araryoshe cane kuyabwir uwukunz nkasaba abakobwa ko harih bamwebamw utobwir mwene ayomajambo bayanka mwobabwir ik?
3 Ndamukiza 2016, 22:32, par Juma Niyonkuru
A Bakunzi Njewe Sinzi Urukundo Icarico !!
4 Ndamukiza 2016, 13:14, par NSENGIYUMVA James
Iyinkuru Yaryoheye Cane Kuburyo Yatumye Nzokwama Ndayasoma Mugihe Ngiye Kuraba Umukunzi Wanje
4 Ndamukiza 2016, 21:21, par CLOVIS
NUNVA ARI SAWA NONE NTADUKURU MUTERA ? NI NKUTUHE ?
11 Ndamukiza 2016, 15:06, par NIYONZ PASCAL
NDASHAKA UMUKUNZI AFITIMIBIRIYOMPI UWOVYEMERAYONDONDERAKURI068203138CANKE68294158
14 Ndamukiza 2016, 11:53, par NDUWAYO HENRY
Murakoze turabemera.
15 Ndamukiza 2016, 13:37, par Niyongabire jérômeHouston
mwarakoz cyan kutuha amagambo y’urukundo aturyohera nanje ndipfuza umukobwa winzobe mutomuto afis taille française murashobora kuneba kuri facebook banyitwa Niyongabire jérôme Houston pareillemet.
15 Ndamukiza 2016, 15:40, par Nkurunziza
Muragize Neza Cane.Abajeune Tuyakoreshe Muburyo Bwiza Twirinda Ingeso Mbi.Mbe Abamaze Kubaka(korongora)baracayakoresha?Ntibibaraba?
16 Ndamukiza 2016, 21:01, par CLAUDE
YARASE WOVUGA GUTE
18 Ndamukiza 2016, 21:24, par Ndovyos
Mbona ayamajambo ariya danjei kabisa
20 Ndamukiza 2016, 06:34, par Réné
SHA JEYARASE KWEMERA IVYOMVUGA NGONDUMUBESHI.NN NKORIKI?
27 Ndamukiza 2016, 07:31, par vivi pro
vyarafashij merc
27 Ndamukiza 2016, 19:42, par Marc Hatungimana Mike
Amaphoto
1er Rusama 2016, 19:57, par BIGIRIMANAEMMANUEL
MWARAKOZEKUTUBWIRAAYOMAJAMBOARIKOJEWENTAMUKUNZIMFISE
6 Rusama 2016, 21:53, par By hop kay
TUrabemer iyo ninzïz
8 Rusama 2016, 17:39, par Gilbert
Murakoz Cane Nayipfuza Nanje Kand Biranezerey Kuk Nsanze Hari Amwamwe Nahor Mbwir Umukunz Wanj
8 Rusama 2016, 23:00, par Irankunda Therence
Mugihe Ugomba Ko Muryaman Numukobwa Nawe Atavyemera Wobigenza Gute?
12 Rusama 2016, 21:11, par Sibomana Rambert
Verema Ayamajombo Arampaye Icirwa Nzohora Ndayabwira Umukunzi Wanj Nzohora Ndayasoma Ngiye Kumuraba.
17 Rusama 2016, 05:33, par Jimie
Basha Turashimye Iyo Nyigisho
25 Rusama 2016, 22:52, par Emelyne
Abahungu bakunda Abakobwa Kugira bashike kuki?
27 Rusama 2016, 21:49, par Minani Thomas
abakobwa bakunda abahungu kubera iki?
28 Rusama 2016, 11:48, par BOAS
Emwe Icompa Uwodukundananonezegwacane,
29 Rusama 2016, 09:48, par niyonzima joseph
nukuri muratwiza imitereto tutarituzi mura du furahisha tura bashimira twena cher wanje emelyne ndayikeza
1er Ruheshi 2016, 19:53, par Kwizera Tiyeri
biranezey nzosibakumurongnrway
3 Ruheshi 2016, 20:09, par Butoyi Abraham
None Jewe Kodukundanye Numukobwo Kugeza Ubu Ambwirango Ntavyazi Kodukundanye
6 Ruheshi 2016, 14:30, par Niyonyishu
Video
6 Ruheshi 2016, 14:55, par Peter
ayo majmbo woyavug imis yos? birakwiy kumuhung amanz kwiymvira mukuyavuga
6 Ruheshi 2016, 22:05, par Emmanuel Hatungimana
Ayo Majambo Nimeza Kandi Aranyemeje.
9 Ruheshi 2016, 15:50, par NTIHARIRIZWA Claude
Mugihe Ukunze Umukobwa Mudasangiye Idini Mwomuhanura Iki?
10 Ruheshi 2016, 20:36, par Jonas
Nne S Nkanjeutasobanukiwe Urwo rurimi Rw’ikirundi Nabigenza Nte?
14 Ruheshi 2016, 07:59, par Uwizeye Dieudonne-zizake
Ayo Majambo Aragumye Uyabwiye Umukobwa Yahita Asara Akagwa Muri Coment D’amour
14 Ruheshi 2016, 13:18, par Nishimwe Fabrice
Hemwe Nlmwisonere!Nikuki Mutabwir’IMANA yabaremye ko muyikunda.nimwisubireko,murabe k’urwo rukundo rutava kuri rusiferi.soma zaburi1:1,2,3,4,5,6.
21 Ruheshi 2016, 23:32, par niyonkur renovan
nibwiz dumurundi shaka umunyarwana winkumi atarubak afit imyak 20 nanje fit imyak 21 Nkaba Ndumudandaza Wodonk Kwiy Nimer69853535
21 Ruheshi 2016, 23:45, par niyonkur revocan
ayo amagambo aranyubatse dose umukunz wumukobwa nayamubwir
26 Ruheshi 2016, 10:03, par Patrick Philotrope
Ayogamb Aranyuz P!Ndos Umukunz Noyamubwira
4 Mukakaro 2016, 21:43, par NIYONGABO BEREKIMAS
mwabuz bakunzi ndakumbuy ndumurundi
4 Mukakaro 2016, 21:48, par NIYONGABO BEREKIMAS
Abakunzi burubuga nisaw nimubwir komutamvuga mbega uwo yavuz yuk ikirundi atacumva nikuberik nandonder dakimwigishe
6 Mukakaro 2016, 16:08, par ane maly
gukunda bikuraho ibibazo bib
11 Mukakaro 2016, 21:55, par KIRUNDO
UGUKUNDAUGAKUNDWANINJIZAKUKOHARABANJITIRANYA
17 Mukakaro 2016, 05:02, par Nduwayo J de Dieu
Murakoz Cn Ariko Harabakobwa bidakozwa kubwuguhurumbira ikint runaka ck amafranga nakundany numudemu atuma nja mubitkrezo vyiwe cn kumbe ntiyigz ankunda w yishakra amahra gs namub8ra utujambo dusosa ariko ntacavuymwo
17 Mukakaro 2016, 05:03, par Nduwayo J de Dieu
Murakoz Cn Ariko Harabakobwa bidakozwa kubwuguhurumbira ikint runaka ck amafranga nakundany numudemu atuma nja mubitkrezo vyiwe cn kumbe ntiyigz ankunda w yishakra amahra gs namub8ra utujambo dusosa ariko ntacavuymwo
19 Mukakaro 2016, 08:35, par J Dollary
Urukundonyagorubarumezegute?
19 Mukakaro 2016, 08:36, par J Dollary
Urukundonyagorubarumezegute?
21 Mukakaro 2016, 22:02, par Ndagijimana Diomede
AYOMAJAMBO NIMEZA MBEGA URASHOBORA KUYABWIRA UWO URIKO URASABA URUKUNDO
22 Mukakaro 2016, 16:10, par chini
ndanyuzwe,aliko mfise akabazo:iyo ukunda umukobwa nawe ukabona kw’agukunda ariko wamusaba ko woryamana nawe ntiyemere,yoba agukunda canke?ndasaba inyishu.
22 Mukakaro 2016, 21:40, par JULIEN NITEGEKA Simbikangwa
Murakoze cane muranyubatse nzahorambashima.
22 Mukakaro 2016, 21:41, par JULIEN NITEGEKA Simbikangwa
Murakoze cane muranyubatse nzahorambashima.
24 Mukakaro 2016, 21:03, par Ndihokubwayo Eric
Murakenuye Ntaworeka Kubashimira
29 Mukakaro 2016, 21:47, par Sinzoyiheba Sadock
Ndabashimiy Cane Kunkuru Nyish Cane Mutumenyesha Kandi Ziryohey Amatwi Ndi Umurundi Shaka Umunyarwanda W,inkumi Wimyaka20 Nanj Fise 22 Ndi Umushoferi.Tel 72101184.
30 Mukakaro 2016, 15:42, par Mugisha Ibrahim
Ibitekerezo Vyanyu Biratwubaka Mukunezereza Incuti Zacu
30 Mukakaro 2016, 15:47, par Mugisha Ibrahim
Ibitekerezo Vyanyu Vyanyubatse Mumutima Bituma Menya Uko Nganiriza Umukunzi Wanje
30 Mukakaro 2016, 15:50, par Mugisha Ibrahim
Ibitekerezo Vyanyu Vyanyubatse Bituma Menya Uko Nganiriza Umukunzi Wanje
2 Myandagaro 2016, 13:45, par sec-son
iyo nkuru ninziza cane gose kand ifit amajamb mez mukunezerezaza umukunz waw iyomurikuganir kuk naw bitum agira umutim wokukwizer murukund mais nubwo kesh nakesh abahung dufita ububesh muli love ivyonavyo bigatuma umwigema bimutera intege nke murukund yabona ivyumubwir nivyukor kumeng hari diferent arik ndashimy cyane kurivyo vyos kensh nakensh bikaba vyareba abahungu tugabany strss... murakoz
6 Myandagaro 2016, 15:49, par Eric Nkurunziza
Kuberiki?Ukumukobwa Ashoborakuvugakagukunda. Wamusabango Akubwire Ingene Agukunda Ntabikubwire? Wokoriki Amazekuvugakwagukunda,
8 Myandagaro 2016, 13:15, par Bizere Emily
Ndaryohewe cane nokumvaamajambonkaya vraiment nanje ngombandamurondere vuba nimba hariumwigeavyipfuza yompamagarakuri 72183258
20 Myandagaro 2016, 04:33, par Elie Ndihokubwayo
Je Nkozekumukobwa Aca Ashaka Turyamane Bivakuk?
22 Myandagaro 2016, 13:26, par Sikubwabo Abou Bakari
kubera abakobwa bubu batakimeze nkabakera sinzi ubikoresheje ko bovyemera kubera bafise ama code.
23 Myandagaro 2016, 21:16, par Claude
Nashakumunzimbwirutwotugambo
28 Myandagaro 2016, 07:08, par Osca Junior
Ndanezerejwe Naya Majambo Y’urukundo Kuko Hari Vyinshi Tutibaza
31 Myandagaro 2016, 14:08, par Ndagijimana Eloird
nanje ndanezerewe
1er Nyakanga 2016, 20:15, par NESTOR
sinabitahuye
1er Nyakanga 2016, 20:17, par Itangishaka Emery-Gérard
This Story Is The Best In Love I Advice To Use It Thank You.
7 Nyakanga 2016, 06:09, par Astère Bizindavyi
Mugiz Neza Kuduha Izo Nyigisha Ziratunezeye Cane.
7 Nyakanga 2016, 06:44, par Cynquant Cyriac Niyonkuru
Kweri Ndabanje Kubaramutsa Ico Niyumvi kuri Iyo Nkuru Jewe Iramfashije Cane Ndetse Iranyigishije Cane Kuko Hari Vyishi Ntarinzi Ndabashimiye Cane
7 Nyakanga 2016, 10:29, par NOLEESS
naje birampimbaye murakoze cane kunyigisho muduhaye
9 Nyakanga 2016, 23:19, par Nyandwi Emanwel
Iconiyunvira None Ntabahungubahuz,amajambo
13 Nyakanga 2016, 11:10, par kwizera yves
kuberik umukobwa murikumwe aguma avuga kwashaka kugenda? kandi aba yizeye kumukunda
20 Nyakanga 2016, 22:46, par John MIBURO
Kutagira uwo mukundana ni bibi? nimumbarire hama munsigurire
25 Nyakanga 2016, 07:57, par Cyrille Clever-j
ico niyumvir kwiy nkuru nauko keshi abakundany boza baritanaho kand ngo hary ntiwomubwiq ngo i love you kand nawe utanamwitaho .
6 Gitugutu 2016, 14:07, par nsengimana prosper
ndanezerewe cane gose kuko ayo majambo aranyigishije vyinshi kuko nanje mfise uwodukundanye
7 Gitugutu 2016, 18:25, par Jean NDIHOKUBWAYO
Nukuri kuri jewe numva ayo majambo wobwira umukunzi mukundana ari meza cane!
8 Gitugutu 2016, 15:28, par Jule
Naryohewe
8 Gitugutu 2016, 21:02, par Nshimirimana Joachin
Ndanyuzwe cherie sindamwereka neza ko ndamukunda
9 Gitugutu 2016, 10:59, par reverien
muvyukur je ndumva nyuzwe kubwamagambo numvise
11 Gitugutu 2016, 19:22, par Harerimana André
Mufasha Benshi Kubwayo Majambo Kiretse Abataja Kuri Google
11 Gitugutu 2016, 20:54, par jonathan ibramovich
iyo ndikumwe numukobwa ndabura amajambo nomubwira muga tuvanye nkaca ntangura kwicuza kandi nayamajamb ncandayibuka non mumpanuyiki?
12 Gitugutu 2016, 09:37, par EGIDE
GUTENOMUKUNDA?
12 Gitugutu 2016, 19:25, par EGIDE
ALIRYAMBERENAHOMUHUYE NUMUKOBWA?
15 Gitugutu 2016, 17:26, par EGIDE NONWE
NONE KO JEWE NGIYE GUTERETA ABAKOBWA BAMWE BACA BANYIGUMURAKO MWOMFASHA IKI ?
16 Gitugutu 2016, 15:03, par Ramadhan Majariwa
Amagambo Yurukunda
21 Gitugutu 2016, 09:33, par cash mone hegmay
iyotugeze mugitanda kora ibuza bicyina karanziza ibere yukuzi wanjye mubwire karise nakoresha kugira ndagirize homwe nawe
26 Gitugutu 2016, 06:40, par Issa
Muragize Nez.Mukomereze Aho.
2 Munyonyo 2016, 22:26, par why go system
je mfise umukobwa ndesha iyo turikumwe ambwira ko ankunda twamara gutandukana naho akanyihakana mumpanuye iki? nkore iki?
5 Munyonyo 2016, 11:45, par willy nshimirimana
mfise umukobwa nkunze turikumwe ambarirako ankunda muga tuvanye aranyihakana none mumpanuyiki ?nkoriki?
14 Munyonyo 2016, 09:35, par BIGIRIMANA.félîxxi
IYONKUNZE.UMUKOBWA.IVYONDAMUBWINTAVMERA.NOGIRA.IKI.KUGIRA.YEMERE.DUKUNDANE.NARABUZE.ICONOKORA.NAGOMBA.MUMFASHE
17 Munyonyo 2016, 10:23, par izerimana venuste
so j nfitumukobwa dukundanyecane numu islam nanjenkabankijijwe uwomukobwa nyinawiwe abonyeturikumwe aramutukabiteranyubwob bigatuma ngirubwobako ivyacukobitazoram es mwonfashiki??
17 Munyonyo 2016, 13:17, par Uwimana Bonheur
Nivyo Iyo Ufite Uwo Ukunda Ntukoreshe amajambo Asos,ni nk’uko Wotera Umurima W’ivyamwa Ntuwufumbire Cnk Ngo Uwubagarr.Merci.
20 Munyonyo 2016, 20:24, par fabien
ndanezerew nutujamb nkutw turanyur pe
24 Munyonyo 2016, 23:34, par Chadrak
Nanjy Ncya Nkumbura Kwena
26 Munyonyo 2016, 10:53, par iradukunda djbrawn
ndaye mey pe iyi mitoma
27 Munyonyo 2016, 15:25, par Ndikumana Jules
Aya Majambo Araryoshe Raba Muze Mwongereko Ayandi Kuko Uyabwiye Uwo Ukunze Ntacotuma Atagukunda Kuko Uwo Ariwe Wese Yomuhimbara.Murakoze
29 Munyonyo 2016, 10:05, par shaban classic
kojew fis umukobw ankund najew nkamukund mug iwab bakamubanir kuganir nokor ik kugir ngo tuganir
1er Kigarama 2016, 23:58, par IRAMBONA THIERRY
yoo! kubwamajambo numvis atumy ngira ukwizera murijew hahahaha nivyop!
8 Kigarama 2016, 21:06, par Nikundana Désiré
Ayamajambo Aramara Murakoze Ariko Mfita Umukobwa Nkunze Ashaka Kwama Ambona Hafi Yiwe None Nokoraki?
8 Kigarama 2016, 21:14, par Nikundana Désiré
Ayamajambo Niyo Pe! Hama Nanje Mfita Umukobwa Nkunze Ariko Ashakako Noguma Hafiyiwe None Nkore Iki?
12 Kigarama 2016, 13:29, par Hatungimana Céléstin
Nukiri Ayo Majambo Nimeza Ndumva ko Agiye Kumvasha VYishi.
17 Kigarama 2016, 06:03, par Ntirabampa Mickael
Iyo turikumwe numva ntuje ahakwiyisi ntawoza akundutira.Murukundo turumwe, jewe ni wewe ni jewe,urinkongoro imporeza umutima iyo ubabaye ikizozakukuronderakizombanza ni wewe nahaye ubushikiranganji bwintwaro yo hagati mumutima ni wewe wazanye ihinduka mumutima niwewe watumye indoto zanje ziba ukuri nar’ibumoso nja iburyo iyo ntaje iwawe nguma ntamba ubu akamwemwe kaguma kansya niwe wamfashe umutima je na we ntacadutanya uri agakoni keza ko murume uri agafi keza ko munyanja sinzicwa nirungu nkiguefite ukinkunda sinzicwa nirungu nkigufite nkikubona maso yinyana ngaho seka maso yinyana ndindira ntuzansige kudakunda guseka kandi bikubera inyonga zawe zibera amasoyanje iyuvuze umuntu yohora arumviriza.iyutambutse umuntu yohora araraba nzakwitangira ngukorere icushaka.Umusi wimperuka ibyaha byawe bazabimbaze.
17 Kigarama 2016, 20:47, par Don placide
jew nashaka ndabâbazé nkurya mu kunzi utumyeko yankakuza akubwira ngo kenshinakenshi ati ntamwanya afise nashaka mufashe kumutorera umuti vyarivyo.
20 Kigarama 2016, 23:52, par James
Nuko Mutavuga Amagambo Ushobora Kubwira Umukobwa Igihe Yashavuye
21 Kigarama 2016, 00:23, par Noah
none kugira umenye ko umukwobwa akwemera uvyerakwa niki?
22 Kigarama 2016, 07:03, par Damien Mukirekura
Mfise Umukobwa Dukundanye Tuvugana Rimwe Muyinga Aho Nokwemera Gute Kankunda? Kugira Mbone Kankunda Nomubwira Iki? Ankorere Munfashe
22 Kigarama 2016, 08:16, par Damien
bwiriyindi mitoma
23 Kigarama 2016, 05:52, par Vivi Niyo New-chance
Kugira Ntaguhebe Kand Wamukunda Cane Wokoriki?
24 Kigarama 2016, 16:51, par Egide
Mfis Umukobwa Iyondamubony Ncanumva Mumutima Hazikinku Kindemara Pliz Inyishu
26 Kigarama 2016, 14:48, par nijavye ibujumbura
kombona umuntu ushoboraku muteshamuriku mweakemera muvanye agacakuvanga nukuberiki?
26 Kigarama 2016, 14:50, par nijavye ibujumbura
kombona umuntu ushoboraku muteshamuriku mweakemera muvanye agacakuvanga nukuberiki?
26 Kigarama 2016, 19:03, par J.PHT
VRAIMENT NDASHIMY KUKUNT MUDUHANURA KUGIR MURUKUND NTITUHAVAN TUJAN NYABAHURURU UKAMENGO NIRWAWE BITWE GUSHIKA YAHO USHOBOR KUMUBWIR NABI OK
31 Kigarama 2016, 20:58, par alexis niyongabo
shaka uwonkunda winzobenke muremure agereranije avyibushe ataricane wimyaka 17
31 Kigarama 2016, 22:21, par Ndikuriyo Felix
akakajambo mbawesinagatahuye mbwira ingene bakita muyandi majambo
1er Nzero 2017, 15:20, par melchior waribara ntakirutimana
ndashimyecane bimwe bivuye kumutima hari andimajambo mwobandanya
5 Nzero 2017, 15:43, par Kwizera J bosco
Nukur Ayomajambo Niyo Atumye Menya Vyishi Murukundo Non Ntayandi Mwotubwira Nkiyo Umukobwa Akekeranyako Umukunda Canke Yashavuye
8 Nzero 2017, 23:13, par IRAKOZE
iyo ariryambere muhuye wotangura gut?
12 Nzero 2017, 20:16, par Niyonkuru Egide
Kabis Murakomez Muduhigir Utund.Non Nkiy Umukunz Waw Yashavuy Wokora Cank Wovug Irih Jamb Kugir Anezerw Cank Wogir Akah Ka Geste.Murakoz .Yar Niyonkuru Egide
14 Nzero 2017, 14:57, par Irankunda Arsene Ast b
Nukuri Ndumva Mudufasha Iconasaba Nuko Mwokomeza Mukudufasha Murakoze
16 Nzero 2017, 22:10, par bizumuremy abdul
muratufash cane kwayo majamb muturosa yokubwiruwukunda.Ariko iyo ufit umukunz agashaka kugumakwakibint utaramutwar abagukunda cank abashaka kukuryagusa?Murakoze
16 Nzero 2017, 22:33, par bizumuremy abdul karim
ayomajamb nimeza mugih murikumw.Mugih nah mutarikumw ushaka nkokumwandikir muka sms wokoreshayahe?Murakoze
26 Nzero 2017, 17:35, par Fabrice
Nivyahe bintu vyerekana kukunzwe vyukuri?
26 Nzero 2017, 21:26, par Mugisha Wasafi
Nukur Muradufasha Gos Ahuaw Mukomerez Ah Muz Muratwigisha Mweb Mwabisobanuy Mugr Umugish Muvy Mukor Vyos.
30 Nzero 2017, 20:05, par Egide
Mwarakoze Kutuzanira Ururubuga Ico Shaka Kuba Ko Hariho Abatinya Kubwira Ko Amukunda Agatinya Agahengera Giye Agafata Fone Abimubwirire Kwifone Canke Muri Msg Nibibi??
4 Ruhuhuma 2017, 22:02, par Ntiruhungwa Elias
Nihatari kweri amajambo y’urukundo ntawoyamara
8 Ruhuhuma 2017, 21:03, par bizimana innocent
iyo uwukunda murikumwe ukamubwirati ikikiganza cawe ndagikunze hamanawe akagumakubazati bisiguriki?mwoduhinyishu?
10 Ruhuhuma 2017, 03:00, par Niyonizigiye J.Claude
Ndashima Inyigisho Mutanga Zirafasha.Mbega Iyo Uwo Ukunda Akubwiye Ati Nyereka Ko Ivyo Uvuga Arivyo Nukuvuga Nko Kumuha Ivyo Ashaka Nkamahera Atayo Ufise,vyogenda Gute?Murakoze
10 Ruhuhuma 2017, 03:02, par Niyonizigiye J.Claude
Ndashima Inyigisho Mutanga Zirafasha.Mbega Iyo Uwo Ukunda Akubwiye Ati Nyereka Ko Ivyo Uvuga Arivyo Nukuvuga Nko Kumuha Ivyo Ashaka Nkamahera Atayo Ufise,vyogenda Gute?Murakoze
10 Ruhuhuma 2017, 21:18, par NYABENDA J.BERCHIMAS
nukuri murakomeza muturonderera ayandi majambokuku aradufasha .murakoze.
23 Ruhuhuma 2017, 22:52, par Privat youngest
nkiyo wiyumviriy umukobw ham ukagenda ukamusab urukundo akarukwima,ukaguma umwiyumvira woca ubigenza gut?Murakoz.
6 Ntwarante 2017, 07:24, par Athanase Hatungimana
Nukuri Ayamamboy’urukundo Arafasha,cane,ntawutoza Arayeba Ahubwo,numuzerashirako N’ayandi Kuk,araturyohera Cane
9 Ntwarante 2017, 16:31, par Amédé
vyukur numva atakind nugushima kwel ntako mutagerageza gufasha urwaruka murakoz
10 Ntwarante 2017, 23:31, par Esron
Turashimye uko mubandanya gukomeza urukundo mubantu.Tubipfurije kwagura urubuga kugira bibone benshi bashoboka
16 Ntwarante 2017, 12:46, par vyizigiro enock
nokwihangana gute iyo uwotwakundana ampevye??
17 Ntwarante 2017, 21:21, par Kwizera Onesphore
Ndabakunz Namw Cane None Ayamajambo Mwakuyeh? Nukuri Biraryoshe.
19 Ntwarante 2017, 18:28, par Irankunda Thierry
Kuk Mwasizek An Majamb Y’urukund Aratuma Dutongoza Bikatworoher Ahubw Murashirak Ayand Abavyemej:sonike,onesphor,nasera
19 Ntwarante 2017, 18:45, par Bigirimana Joel
none abantu babiri iyo bakundanye basumbanya imyaka inze itanu munyuma ntangaruka bigira
19 Ntwarante 2017, 21:09, par aliyou houston villa
ego kbx murakoze cyane kutwigish ndake
24 Ntwarante 2017, 13:27, par J Pierre Butoyi
niryari umenyako umukunzi wawe ari kunezerwa namagambo uburi kumugezaho?
24 Ntwarante 2017, 13:29, par J Pierre Butoyi
niryari umenyako umukunzi wawe ari kunezerwa namagambo uburi kumugezaho?
30 Ntwarante 2017, 23:21, par Gervais
Murakoze Cane Kutwongerereza Ubumenyi
30 Ntwarante 2017, 23:23, par Gervais
Murakoze Cane Kutwongerereza Ubumenyi
31 Ntwarante 2017, 23:22
hariho abakombwa.batunva
3 Ndamukiza 2017, 02:28, par Elie bucel ruyigi burundi
Ndanyuzwe kweri mfise deux cheries umwe agumansaba ibintu uwundi ntasaba nakimwe none nuwahe noheba?
3 Ndamukiza 2017, 22:33, par BUCUMI Elie alias BUJINJA,BUCEL
Sibintu murakoze utwotujambo mudukurahe?Gusa kandi ukoresheje utwotujambo dushushe nk’utwo,nukuri uwuyagisha yonezerwa cane akabona ko ugerageza kumwumvisha kumwitayeho kandi umukeneye pe!Uwutanzi ndi BUCUMI Elie alias BUJINJA,BUCEL beshi baranzi colline Mwegereza,commune Gisuru,province Ruyigi Burundi kandi ndagasore pe!My phone number is only 61439178.Thank you for you all and God bless you for reading my wards.And too I wish you tobe in God forever. Amen
4 Ndamukiza 2017, 22:52, par NIYAMAHORO Philbert
Nukuri,biragaragazaneza ko uyabwiye,uwukunda
Yorinda Apfa,akigukunda
7 Ndamukiza 2017, 18:04, par j.paul BIZIMANA
kabisa nivyiza cane kuko nanje nayatse ndayakeneye ahubwo ntakuntu ayo majambo noyatransferant kuri sim card?ndabemera
9 Ndamukiza 2017, 21:04, par Richard
Nukur Jemfis Umukobw Kand Ndamukund Mug Nkab Ndamusab Ko Tworyaman Akank Kand Ndamubajij Ko Ankund Aremer Nn Mufashij Ik?
12 Ndamukiza 2017, 05:32, par Kominekomineshombo.Intarakarusiusi
Jewenipfuzagukunda.Umukobwamuga.Uwomukobwandamwiyunviracanemugawewentacabibonamwononekugiradukundanevyogendagute.uwomukobwanarakunze.Acarampebamugubushakadusubiregukunda.NAwengoyarakunzuyundingontivyokunda.Afisuwundinanje.Atawundiniyunvirakugirasubirekumpurukundovyogendagute?
12 Ndamukiza 2017, 21:20, par Jean Bosco
vraiment ayo magambo nayukur ahubwo nimuduh nayandi
14 Ndamukiza 2017, 00:30, par Côme Battery Low
Sinkuru Ayomajambo Niyo Yokuyaga Numukunzi Gusa Ikibabaje Guhebana Nuwigeze Kukubwra Amwe Murayo Binganya Uburemer Nukwiyahura Sivyimbsher Urumvatacukimaze Iyuhemukiwe Nuwo Mwayaga Murayomajambo Ariko Ikiruta Vyos Nukw8zera Imana Gusa
15 Ndamukiza 2017, 08:50, par Mugisha vicent
Mbe mugihe umukobwa ukunda bamucunga cane womubwiriki kugira atume aruteho kungira agukunde cane?
15 Ndamukiza 2017, 20:42, par Nduwayo Tite
Mfashe Mfise Umukunzi Dukundanye Ariko Muhira Iwabo Ntibavyerekwa Namba Mbandanye Ndamukunda Canke Ndamuhebe
18 Ndamukiza 2017, 20:35, par Benjamin
Murakoze
19 Ndamukiza 2017, 16:40, par PONTIEN KABAVENGE
AYO MAJAMBO NIYO PE! MURAKOZE TUGIYE KUZA TURAYAKORESHA.
20 Ndamukiza 2017, 13:47, par Mpawenimana Gérard
Ayo Majambo Ararenze Ahubwo Muze Muradushirirako Ayandi Meza Nkayo
25 Ndamukiza 2017, 17:21, par Ami-grade Saveur Ndinzuruvugo
Aya Namajambo Yumuhungu Yobwira Umukobwa.Umukobwa Naw Nayahe Yobwirumukunzi Wiw?Rps
25 Ndamukiza 2017, 17:21, par Ami-grade Saveur Ndinzuruvugo
Aya Namajambo Yumuhungu Yobwira Umukobwa.Umukobwa Naw Nayahe Yobwirumukunzi Wiw?Rps
27 Ndamukiza 2017, 21:09, par Lysa
Slt? Jwe Kwer Ndumva Ari Saw. Turambasavy Mukomez Kutwigish Nibind Ndumv Biryosh,. Urukndo Ruraryoshe Mugih Ugwitwayemw Nez. Knd Murakoze!
27 Ndamukiza 2017, 21:42, par Emmanuel
Emmanuel
5 Rusama 2017, 22:05, par Noël
tanks
14 Rusama 2017, 22:06, par SIMEON
HARI UGIRA UBWOBA BWO GUHAMAGARA UMUKOBWA NDETSE NGO ANAMUVUGISHE. UWO SE YAKWIFASHISHA IKI?
17 Rusama 2017, 22:35, par Cyriaque BIZIMANA
Nukuri muradufashije cane nkubu jewe umukunzi wanje azombona mushasha ,nimubandanye kuturyohera.
26 Rusama 2017, 20:51, par Nkurikiyintwari Regis
kwer ayomajamb araberey twebw aba jeune
27 Rusama 2017, 11:55, par ndikumana-therence
ni vyiza vrmt
27 Rusama 2017, 11:55, par ndikumana-therence
ni vyiza vrmt
4 Ruheshi 2017, 09:40, par NDIKU
IVYO BINTUBIRARYOHEYE AMATWI ARIKO NIMUTUBWIRE IVYO TWOBWIRA UMUKOBWA DUHUYE IRYAMBERE .. IGIHE UBAWARAHEVYE UMUKOBWA.UGASUBIRAKUMWIPFUZA.WOMUTANGURAGUTE?
8 Ruheshi 2017, 17:56, par NKUNZIMANA Léonce
ndabakunze cane nahoranitinya arikondajijutsetset murakoze.
30 Ruheshi 2017, 21:52, par Emeri
4 Mukakaro 2017, 15:45, par Bikorimana Gad
iyo Uwo Ukunze Aguhevye Ata Mvo Abikuyeko,womuhanura Ute?
25 Mukakaro 2017, 04:45, par ERIC
NIMUTUBWIRE IVYO TWOBWIRA UMUKOBWA IYO ARI UBWAMBERE UYAGA NAWE?
25 Mukakaro 2017, 06:50, par Irakoze
iyo Umukobwa Ugomba Kumwaka Uwobakunda Wobigenzagute?
4 Myandagaro 2017, 13:53, par Reverien Irankunda
iyo Umukobwa Ukunze Aguma Akwikeka Kumuvanga Ngo Ukunze Uwundi Wobimwemezagute Kumukunda?
11 Myandagaro 2017, 23:04, par Neyisi
murampimbaye
22 Myandagaro 2017, 10:32, par EGIDENIHORIMBERE
NFISE UMUKUNZI AKUNDA UWUNDINOBIGENZAGUTEKUGIRADUKUNDANE?
25 Myandagaro 2017, 04:59, par René
jew Nfis Umukobw Dukundany Iyo Turikumwe Ntashaka Ko Tuvana Nanje Nkabona Ko Kumuva Iruhand Ari Amakosa Nn Ubwo Yoba Ankundakoko?
4 Kigarama 2017, 12:44, par kubwimana felix
muratwujuj can
16 Nzero 2018, 22:29, par jospin
ndafise uwonkunda mugabo nkatinya kumubwira yuko ndamukunda
18 Nzero 2018, 20:26, par Sengiyumva Nestor
Nizihe Nkuru Watera Umukobwa Ukunze
6 Ruhuhuma 2018, 13:47, par niyonkuru bienvenu
ego murazi imitoma kbxxx mukoere turabakurikirana cane
25 Ruhuhuma 2018, 20:05, par Sibomana Ernest
Ndashmishijw Nukunt Mutwitah,tbsab Kutwandikir Nibindi Biruta Ah,nakar Nih Umukunzi Yonezerwa
3 Ntwarante 2018, 11:03, par hassan guero (zino benz)
ego ndemeye peee Eeeeee mbegimitoma weeeee
8 Ntwarante 2018, 08:43, par Julienne
Harigiy ukund muhung kamwereka urukund nabibon nukuberik twaritukundany nu muhung turavyarana arik muhung waramemukiy cane acharazana wundi mugore umva nzosubira kwizera bahung oya
22 Ntwarante 2018, 11:10, par Niyongabire Sylvère
Ndashaka Ndabaramutse! Ndashaka Umukobwa Afise Imyaka 15ans-20ans Twokundana Ashaka Yonyandikira Sms Tukavyivuganira Canke Azombipe Kuri 25769566473 Nzoca Ndamuterefona! Murakoze!
3 Ndamukiza 2018, 23:54, par Mperejimana joel
iyinkuru iraryoshe kubantu bakundanye nokubipfuza gukundana ok
6 Ndamukiza 2018, 09:08, par mperejimana joël muyombwe FCB
nosaba abakundanye kobosoma iyinkuru kuko yobafasha murukundo rwabo canke abatarabaronka vyobafasha kubaronka bitagoranye murakoze ok.FC Barcelona ooyeee
15 Ndamukiza 2018, 19:56, par Valence Tuyisenge
Iyo Mitoma Ndayemeye! Kovye Mutwigisha,Vyo Ngeye Ngomba Umwigeme Nkunda Wo Murumonge Afisha 18ans Cnke 21ans Hahejeje 9eme Afise Inzobe Imubereye Yubaha Imana Ariho Yonyandikira Kuriyi Nomero 6926769 Canke 71452814 Twoca Tukivugana Irambire, Mukovye.
19 Ndamukiza 2018, 06:49, par niyonkur olivier
nshaka mumfash nkunz umwgm rer arikure ynj nimumpe imitom mwoba mukoz
28 Ndamukiza 2018, 20:31, par Innocent Irankunda
Ndasha ANtangure Kubashimira .Ndongera Ndababaz Iki Gikurikir
Jew Nkunze Umukobwa Ndinze Ndamutumako Aze Kundab Araza Mugabo Usanga Yashavuye Nne Nokora Iki Kugira Ndamunezerez Mwakokany ?Mumpe Inyishu Nukuri mwoba Mumfashije Murukundo
2 Rusama 2018, 22:29, par janvier ndacayisaba
ndabashimir kuburyo mubandanya kutwigisha murakoze. jew nkunz umukobw kand naw arankunda agita igishika cinshi mumpe imitoma ishobora kumufatisha vuba mer6
7 Rusama 2018, 17:51, par Manirakiza Jean Marie
muakoze cane kurayo magambo aratunezeye cane
hama twogomba kubasaba nayahe magambo wabwira umukunzi wawe kugira abone kumukunda vyukuri mugihe afise amakenga??
12 Rusama 2018, 21:42, par Irankunda Eric
Ndashim’ukuntumutwigisha.Bitunyenshubiragukunda
14 Rusama 2018, 20:14, par Sibomana Eric
Umukobwa Womenya Neza Ko Agukunda Vyukuri Gute??
15 Rusama 2018, 19:13, par ndikuriyo emmanuel
naje sintagura ukuntu womenya kwagukunda
19 Rusama 2018, 21:50, par Télésphore
Ndabashimiye Ayomajambo Narinarayakeneye Ndayabura None Ndayarose Umukunziwanje Agiye Guteta%
28 Rusama 2018, 21:19, par Nkorerimana Ezechiel
Ndabashimiy Kwiz Nyigish Mudufashisha.Gus Nanj Nkunz Umwigem Ambwir Kwankund Nanj Nkabon Umeng Akunz Aband.Nn Nikih Kint Nokor(nomubwira) Cotum Aheban Nabo Band Bob Bakundany.Munyishur Nukur Mwob Mukoz!!!!!
30 Rusama 2018, 17:27, par Nkurunziza Jacques
Murakoz Can Fis Umukobwa Dukondany Mugabo Sindihafi Yiwe,non Nomeny Gut Nubu Kakinkunz?Munyishur Muzoba Mukoze
31 Rusama 2018, 12:58, par Best Bedison Ntungwanayo
Mubyukuri Iyi Paji Ndayikunze Cyane Kuk Numviyeho Byinshi Mubyo Najya Nkoreshaga Ntazi Ko Ari Ibikururura. Nzayiguma Inyumatu!
1er Ruheshi 2018, 17:30, par albin ndayiragije
Ndabashimiy kuriz nyigsho muduhay.ark ndafs akabz,nn kugir uwukunz ntazogir agatim k kuja gukund uwund nakah kajambo womubwir kugr ntaguheb?mwob mukoz
5 Ruheshi 2018, 17:34, par nsengiyumva therence
murakoze cane kurizo nyigisho muduha
6 Ruheshi 2018, 18:56, par john mary
wokunda gute?
14 Ruheshi 2018, 15:25, par Muhoza lyse
Nivy kwer nibahagarike kurongora abagore bensh
25 Ruheshi 2018, 14:33, par Tokos br
jtm
3 Myandagaro 2018, 04:42, par Gabriel Antony
Mbanj Kubaramuts Ndabipfuriz Ibih Vyiz Nanj Fis Ikibaz Mbaz Hari Umukobw Nabony Ncampit Mwiyumvamw Nkab Nari Nipfuz Kumukund Nagomb Mumfash Mumbwir Ukunt Jamb Nokoresh Twotum Anyemer Bitagorany Nariry Ryar Iryamber Jew Nkund Umukobw Mudufash Mwob Mukoz
9 Myandagaro 2018, 19:59, par Havarimana jiva
Jew ndakunze umukobwa mwiza can nshaka kumenya kankunda can nobigenza gut? Kugira ndabimenye inyishu?muzoba mukoze
9 Myandagaro 2018, 20:24, par Havyarimana juvenal
Mbega urukundo niki?mbwira mbega kugira umukobwo agukunde 100% wobigenza gut?inyishu
30 Myandagaro 2018, 21:09, par Nkurunziza Sigisbert
Gukunda Wokunda Ufise Imyaka Ingahe?
7 Nyakanga 2018, 02:18, par nitwa uwiyoboy
muga hari abakobwa batakibwigwa ayo majambo kubera ko ubu hakora inoti
12 Nyakanga 2018, 21:48, par paul roi
womenyagute ko umukobwa agukunda.Inyishu
18 Nyakanga 2018, 20:21, par Gendugaba Aaron-Prime
Ayo majambo nayo ukuri ! mugabo benshi bayakoresha bafise intumbero yo kugomba *abohino* canke ( cache) iyonda narayirayeko ushima NDI IGISUBIRAMUHIRA NARI UMUGABO ucunzenabi wama murushako
19 Nyakanga 2018, 15:24, par Dieudonneé ndayisenga
Murakoze kuba mudusiguriye amajambo y’urukundo. arko kurukundo rwubu rusaba amafaranga canke bikavana nukuntu akwiyumvamwo . nubwo womusigurira ivyo vyose atakwiyumvamwo ninkogusesa amazi kurutare urafise kumusigurira ivyo vyose arko yabaye arakurindirirako uwundi.
19 Nyakanga 2018, 15:37, par Jeanini niyokubaha
Mugani harabakobwa batakibwirwa ayo majambo udafise inoti atajambo uba ufise nikuki?
27 Nyakanga 2018, 11:02, par Badouin barnabe ndayikeza
Ata cash nta jambo uba ufise,hari nuwo woha na bwakey akabukwim kuber abona ukeny
3 Gitugutu 2018, 13:08, par Arcuba Arakaza
jew ndakunz umukobwa ariko ingene nomusaba kumwenda birangora nashaka ndabsabe mufash ingene novuga
25 Gitugutu 2018, 18:41, par onesime
ano majambo atuma uwo uyambwiye yiyumv ko ari umunt yuzuye
17 Munyonyo 2018, 03:19, par John Chris
Bishitse naho ukamubwira ayo majambo ntihagire ico akuviramwo wovyifatamwo gute?