Accueil > Inkino > Amahiganwa > Antoine GAKEME yatahukanye ikibanza ca kabiri kw’isi yose
Antoine GAKEME yatahukanye ikibanza ca kabiri kw’isi yose
dimanche 20 Ntwarante 2016, par
Mw’ihiganwa mpuzamakungu ry’ugusiganwa ryabereye muri Reta zunzubumwe za Amerika kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 19 Ntwarante 2016, umurundi Antoine GAKEME yatahukanye ikibanza ca kabiri mu basiganwa ku metero amajana umunani (800m).
Antoine GAKEME yirutse izo metero amajana umunani mu mwanya ungana na 1:46.65
Muri iryo higanwa ryabereye i Portland Oregon, ikibanza ca mbere cafashe umunyamerika Boris BERIAN yagize umwanya ungana na 1:45.83
IGIHE
Messages
20 Ntwarante 2016, 18:42, par Jerôme
Nukuri Abo Bantu Ndabateye Intege.Ahubwo Iyo Vyaba Vyoshoboka Nabarungikira Agashiruka Bute,Guko Barakoze Ibikorinka.
20 Ntwarante 2016, 19:24, par Ndereyimana Johny
Felitation Mugenzi Jewe Mpagaze Mugisagara Ca Gitega.
20 Ntwarante 2016, 21:31, par MUHUZA
ok kwarumurundi ntaco narye
21 Ntwarante 2016, 08:48, par Kegis
TOUTES NOS FELICITATIONS! Uraduteye agateka
21 Ntwarante 2016, 12:58, par John
Abo ba DD baca bashavura kubera arumu tutsi.
Nibamusubirize umuhutu none turabe ko bobishobora. Inguge zoshobora kwiruka nkuwo mwana yanyoyamata??
21 Ntwarante 2016, 12:58, par John
Abo ba DD baca bashavura kubera arumu tutsi.
Nibamusubirize umuhutu none turabe ko bobishobora. Inguge zoshobora kwiruka nkuwo mwana yanyoyamata??
21 Ntwarante 2016, 13:11, par Jimie
Kwizina Ryanje Ndamukeje araduteye Iteka Ntangere Kwisi Nzima.Ntadebukirwe Hanyuma Nuwambere
21 Ntwarante 2016, 13:13, par Jimie
Kwizina Ryanje Ndamukeje araduteye Iteka Ntangere Kwisi Nzima.Ntadebukirwe Hanyuma Nuwambere
21 Ntwarante 2016, 21:58, par ruti
we sha nyoko atahaye indero , ninde yakubwiye ko ari umututsi ko mbona umwana amenywa na nyina yamuvyaye, niwe amenya iyo yamuvyaye ahariho.
21 Ntwarante 2016, 23:44, par ruti
abo bantu barebare b iburundi nibabe batezimbere igihugu cacu, mukwiruka no muri basket, na voleyball, imana yabahaye uburebure ngo mubukoreshe si non izobubaka, no gusimba urukiramende. Kuko utambika ukuguru ukaba ushitse, canke technique yarabananiye, umuntu mutarigera mutezimbere igihugu mureha gutyo. CANKE NUBUNEBWE.
22 Ntwarante 2016, 13:27, par Ndihokubwayo Isa
Ndabashimiye Kuvyo Baraye Bakoreye Uburundi
5 Ruheshi 2016, 18:51, par Rukundo Emmanwel
Ndabashimiye Kwiteka Baraye Bateye Uburundi Na Barundi Ndabipfurije Intsinzi Mumahiganwa Basigaje