IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > APRODH : Ubutungane bwarumvise akamo dutera

APRODH : Ubutungane bwarumvise akamo dutera

samedi 6 Mukakaro 2013

Ishirahamwe rirwanira agateka ka zina muntu n’akabapfungwa APRODH bamenyesha ko bashimishwa n’intambwe ubutungane bumaze gutera mu bijanye n’ukunyarutsa guca imanza hamwe n’itotezwa ryagabanutse mu minyororo.

Nk’uko biva mu matohoza aheruka gukorwa, Fabiyano Sinankwa, umunyamabanga mpuzabikorwa w’ishirahamwe APRODH amenyesha ko abanyororo 519 ku majana ane aribo bamaze kurekurwa, agakenguruka ko akamo bama batera ko kunyarutsa imanza kariko karumvirwa.

Tukaba twobamenyesha kandi ko abapfungwa 7.500 bo mu minyororo cumi n’umwe aribo barekuwe muri ya ngingo y’umukuru w’igihugu yo kugabanya ibitigiri vy’abapfungwa bagirizwa ivyaha bito bito.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.