Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Athletico Olympic yatakaje amahirwe y’ukubandanya ihiganwa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Athletico Olympic yatakaje amahirwe y’ukubandanya ihiganwa

Athletico Olympic yatakaje amahirwe y’ukubandanya ihiganwa

samedi 12 Ntwarante 2016, par egide

Umurwi wa Athletico Olympic wakiriye Bujumbura kuri uwu wa gatandatu umurwi wa Munana FC wo mu gihugu ca Gabon, mu rukino rwa mbere mu rukurikirane rw’inkino za Conféderation.
Athletico Olympic yatsinzwe na Munana FC ibitsindo bibiri ku busa, amahirwe y’ukubandanya ihiganwa aba aragabanutse kubera ivyo bitsindo uwo murwi utsindiwe iwabo.

Muri urwo rukino rwabereye ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE, ibitsindo vya Munana FC vyompi vyinjiye mu gice ca mbere, kimwe ku munota wa kane, ikindi ku munota wa 16.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.