IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Bagiriza umukuru w’umutumba wabo kurya igiturire

Bagiriza umukuru w’umutumba wabo kurya igiturire

lundi 8 Ndamukiza 2013

Mu gisata c’intwaro ibereye, abanyaguhugu bo ku musozi Mugongo, komine Bwambarangwe, intara ya Kirundo baridogera umukuru w’umutumba wabo, Albéric Miburo, ko acisha ibiti vya komine atabiherewe uruhusha. Yagirizwa kandi kurya igiturire no kuba yaranyuruje imfashanyo yari igenewe abanyagihugu. Abo batwarwa basaba ko uwo mukuru w’umutumba yokomborwa muri ayo mabanga kuko adatunganiriza abo atwara.
Uwo mutware yamirira kure ivyo birego akavuga ko abo bavuga ivyo bafise izindi ntumbero.


Egide Nduwimana

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.