Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bahimbaje Pasika kuri uyu w’Imana wo kuwa 5 Rusama - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ukwemera > AMASHENGERO > Bahimbaje Pasika kuri uyu w’Imana wo kuwa 5 Rusama

Bahimbaje Pasika kuri uyu w’Imana wo kuwa 5 Rusama

dimanche 5 Rusama 2013

Abasengera mw’ishengero ry’aba orthodoxes mu Burundi bahimbaje Pasika kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 05 Rusama 2013.

Uwuserukira iryo shengero i Bujumbura amenyesha ko ubwo budasa buva ku kirangamisi barabirako( Julien) kuko gitandukanye n’ico ayandi masengero akoresha mu Burundi ( Gregorien).

Naho biri uko, uwo aserukira aba orthodoxes i Bujumbura amenyesha ko bose n’ayandi madini yemera Kristu bafise ukwemera kumwe, bemera nk’abandi ko Yezu( canke Yesu) yabambwe ku musalaba kuwa gatanu mweranda. Baraheza bagahimbaza Pasika nk’abandi ariko bagatandukanira ku munsi bayihimbarizako bivuye ku kirangamisi gitandukanye n’ic’abandi bakoresha.


Joel Sengurebe

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.