Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ballon d’Or : Neymar Junior yashizwe muri batatu bahiganwa
Ballon d’Or : Neymar Junior yashizwe muri batatu bahiganwa
mardi 1er Kigarama 2015, par
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi, FIFA, ryasohoye urutonde rw’abakinyi batatu bazotorwamo umwe uzotahira umupira w’inzahabu uhabwa umukinyi yarushije abandi mu mwaka.
Kuri urwo rutonde rw’abakinyi batatu, babiri muribo ni abakinyi ba FC Barcelone, bagizwe na Neymar Junior wo mu gihugu ca Brésil agiye kuri urwo rutonde rwa batata irya mbere, hamwe na Lionel Messi wo mu gihugu ca Argentine. Umukinyi agira gatatu kuri urwo rutonde ni uwusanzwe ariwe afise uwo mupira w’inzahabu wo mu mwaka uheze, akaba ari umukinyi Christiano Ronaldo wa Real Madrid asanzwe avuka muri Portugal.
Ku cicaro gikuru c’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi, i Zürich muri Suisse, kw’igenekerezo rya 11 Nzero 2016, niho hazovugirwa izina ry’umwe muri abo batatu azoba yatahiye uwo mupira w’inzahabu.
Batatu bahiganwa
Neymar Junior
Lionel Messi
Christiano Ronaldo
IGIHE
Messages
1er Kigarama 2015, 14:50, par jolam
jewe ndi umukunzi wa r.madrid ariko iyo ballon d’or ikwiye neymar.
1er Kigarama 2015, 18:52, par JOELI
NONEKOLUISUAEZ ATAGIYEMUR,IRYO HIGANWA.NIKUBERA IKI?
1er Kigarama 2015, 19:41, par Uwarugwanye
Uwarugwanye
1er Kigarama 2015, 20:23, par Innocent Aidan%
Ndumwemubashabiki,ba Barca,arkomugutorauwonohamahigwe,hagatiya, Neymar,na Messi,na Ronaldo,simpengama.Ni, Messi,nayoyaramazeigiheagwaye.Ndazi Ronaldo,amazeimisimukibugaarkontavyishiyerekanye.Nahoyobayaravyerekanye,messi,nawearihanze Messi,naweitimuyiweyaratwayeibikombevyishi.Kuruhandegwa Neymar,vyiyorindiriye,muwundimwakauza.akarkeramugenziwe Messi.Akamaramazauwomwasiwiwe, Ronaldo.Umwamiwabakobwa%
1er Kigarama 2015, 21:17, par Azad
Nibamuh Cr7
2 Kigarama 2015, 13:00, par NDAMIYE
BALLON D’OR ni ya MESSI abakunzi b’umupira murazi yuko uyu mwaka 2015 MESSIyakoze byinshi kuri BARCA yatwaye COUPES ZOSE ibikesha MESSI shampionat ya Spain, champion ligue, champion national kandi kw’si nta yindi equipe iratwara izo coupe zose icarimwe ni BARCA gusa
MESSI yahawe intsinzi i BURAYA nk’umukinnyi ukomeye
MESSI yahawe instsinzi AMARIKA nk’umukinyi ukomeye
MESSI yaraye abonye itsinzi muri SPAIN nk’umukinnyi ukomeye
MESSI afise igitsindo gihambaye kizamuhesha BALLON D’OR cya PRIX PUSKAS yacenze abakinnyi barindwi yongeraho na zamu muri Final ya SPAIN.
CRISTIANO nta coupes n’imwe uyu mwaka yatsindiye
Mugabo MESSI akomera ku mugabane w’i BURAYA hanyuma agakomera no muri AMERIKA niyo ntsinzi ya MESSI kurusha CRISTIANO
MESSI agejeje ARGENTINE kabiri muri FINAL ariko ntitsinze ariko
CRISTIANO PORTUGAL ntirenga umutaru
MESSSI,MESSSI ,MESSSI MESSI,MESSI, ikindi nababwira nuko CRISTIANO azamuka gusa kuri penalities kandi iyo MESSI yagize uburwayi none MESSI yarakize MAZE GUTSINDA IBITEGO BINE ku mikino ibiri...
2 Kigarama 2015, 14:22, par ELISE
<<NTAWE UCURISHA AGATI AFITE INYUNDO>>.IYO BALLON D"OR NDABONA ARI IYA LIONNEL MESSI RWOSE.ICYAKORA NEYMAR NAWE NTACIKE INTEGE KUKO IYUMWAKA UZA NTAWE BAZAYIRWANIRA.NAHO CHRISTIANO WE NASUBIZE AMERWE MU ISAHO KUKO IBIKORWA BYE NTIBYAMWEMERERA GUTWARA BALLON D,OR MESS NA NEYMAR BAHARI
2 Kigarama 2015, 19:32, par Franck.G80
Nibamuhe Messi Bareke Kumutebereza
3 Kigarama 2015, 10:11, par GILBERT NZAMBIMANA
Ballon D’or Niya Lionel Messi Nibamuhe Yarayikoreye.Neymar Nawe Ni Ku Mwakuza
3 Kigarama 2015, 13:35, par NIYOKINDI Thierry
IYO BALLON KWERI NI IYA NYMAR
3 Kigarama 2015, 18:49, par bapti sinzi
umupira nibawuhe kizigenza christiano kuko arashoboye
3 Kigarama 2015, 18:51, par bapti sinzi
umupira nibawuhe kizigenza christiano kuko arashoboye
4 Kigarama 2015, 19:42, par justin
ronaldo arayikwiye pe nayo abandi nimvuruzi sa
5 Kigarama 2015, 09:53, par Hisham David
iyi batayihaye messi n’ukugira manifestation kweli
5 Kigarama 2015, 16:36, par Niragira Faustin
Ntawundi Atari Mtama Kweli Messi Niwe Ayikwiye Pee!
7 Kigarama 2015, 07:02, par nyandwi lewis
iyi ballon dor ni bayihe christiano RONALDO wewe yabaye meulleur buteur uyumwaka
7 Kigarama 2015, 19:50, par erie
jeweni fyuza. umukinyi mesiiea koyoronka m
barondoro
7 Kigarama 2015, 19:51, par erie
jeweni fyuza. umukinyi mesiiea koyoronka m
barondoro
8 Kigarama 2015, 17:53, par ERIC
BALL d’or bayihe:mess
8 Kigarama 2015, 17:56, par ERIC
BALLONd’or bayihe:messi kukoarayikwiye
8 Kigarama 2015, 17:57, par ERIC
BALLONd’or bayihe:messi kukoarayikwiye
9 Kigarama 2015, 21:17, par Desire kanyomvya
NTAWUNDIMUNTUYOHABWA.BALO.ATARI CHRISTIAN.KOMANDA.KUKO.NIWEYABAYE.MELLER BIPTER.MWUYUMWAKA.NOKUBITSINDO.AZIMBERE
10 Kigarama 2015, 20:54, par eloge
iyo balon dor niyamessi na crisiano wap yashaj kanatsinda numutama
11 Kigarama 2015, 13:43, par audace niyintunze
messi,messi,hosi niw aguma aseruka kabisa nimutayimuha muzoba mwihenze muzoc musubiramw murab muzosang hari etape mwasimvy ok mr6 messi p6 fifa
12 Kigarama 2015, 04:59, par Cosmas
Mbe Iyobarondoro Idatway Ronaldo Shampion Ntaco Yobimaz Gusamurimak Niya Ronaldo.
13 Kigarama 2015, 19:58, par NJEZIMANA PASCAL
Ico novuga jewe abantu biyumvirako neymar yotwara iyi ballon d’or yuyumwaka bisa nkuko bariko bararota kuzuba ico nobamenyesha hoho nikurindirira hagati ya commanda na la pourga kuko nabantunkatwebwe batora uwuronse amajwi menshi hanyuma bakamusoma bakamuhereza kandi bayimuhaye ntavya recramation bibaho kuko baharura amajwi yabatoye bakaraba uwaronse amajwi menshi.ahorero ntitwirigwe turimena imitwe,nikurorera ivyo bazo soma murakoze kudusome ivyiyumviro vyacu.
10 Nzero 2016, 11:54, par hakiziman leonidas
ballon d’or bayihe neymar
15 Munyonyo 2016, 20:47, par yira
c ronaldo arayikwiye