IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Bamwe mu Badasigana bari bafashwe barekuwe

Bamwe mu Badasigana bari bafashwe barekuwe

lundi 28 Mukakaro 2014

Inyuma y’aho bamwe mu badasigana ba UPRONA bafatiwe bagapfunngwa bariko bagerageza kwinjira ku Mugumya ahariko habera inama rukokoma y’uwo mugambwe, ibaba ryemewe n’ubutegetsi, bane kuri batanu barekuwe.

Muri abo barekuwe, hakaba harimwo umushingwamanza Patrick Nitegeka, arongoye JRR. Amaze gusohoka aho yari apfungiwe kuva kuri uyu wa 27 Mukakaro uyu mwaka, umushingwamanza Nitegeka akaba yabariye ikinyamakuru IGIHE ko yaraye aneguye inyifato y’abaporisi bari ku Mugumya, aho bategetswe gupfungira abantu ubusa, gushika n’aho barekurwa batamenye ico bafatiwe. Nitegeka akaba avuga ko yatangajwe n’ukubona hatumweko ikoraniro rukokoma, ariko Abadasigana bazwi harimwo n’abashingamateka, aba JRR, aba UFB bakankirwa kwinjira, mu gihe mubisanzwe rukokoma yogiyemwo bose, atagucagura.

Umushingwamanza Patrick Nitegeka akaba yanavuze ko gupfungirwa ubusa, canke gukoresha ubundi buryo bwose bwo ku batatoteza, bitazobaca inkokora, ko ahubwo bagiye kuzoguma bakora ibishoboka vyose, kugira biyamirize ivyavuye muri iryo koraniro rukokoma, ryaraye ritunganijwe na Concilie Nibigira.


Aristide Nizigire

Messages

  • MUREKURE UWO MWANA AZIRA UBUSA NUKO ASA MWA BIHIMBI MWE VYA BA DD!!!

  • Reka kuzezeta .tagura plan $B$ 1:andika abo batutsi bose bibihemu naba hutu bose bibihemu aho baba aho bagendera 2: rondera ababajana kwa yezu 3:amahoro acagaruka .mwebwe muruvikana nibihweba??aho mwuva mukomeye mumitwe :ariko ko naheruka hari abagabo bab jrr mwe mwibaza ko nditije ariwe azobishobora atari mwebwe mukiri bato 4:babiri barakwiye nduwimana azoca abaterefona abasubize umugabwe .nyarutsa vuba jrr oyeeeeeeeee

  • We turugwane na mukobwajana nagira ndababurire ko mumisi iza ko muzokubitwa kuriyo minwa yanyu.kuko iyo minwa yanyu ntiyisonera!!,tuzobakosora bimwe bishimishije.kandi ntimuzosubira kuvuga ayamuhe.

  • We wiyita nguri RUTOVU atanahuzi ndazi kwa bahutu iyo muhaze mwibagira uwabagaburiye,imisi yanyu yashize musubiz,ubutegetsi banyenebwo ahubwo kimwe nobahanura nimube murimenyereza kakazi kanyu ko mugikoni!!!!!!!!mumenibanga akateka aho kamye.

  • Wesha wantumva we RUTOVU uvuze ko tuzokubitwa kumunumwa??umve ndakubarire jewe icokushiriza nobaza nkakwenda mukanwa no munyo aho ufise,intoboro hose. Woruha ukuva ndakurahiye aho wigira sadique jewe ndakurusha kumuba :wamu DD we buca tubishira kumusaraba abahutu mwishe nabatutsi muzobariha peeeeeeeeeee

  • Maître Patrick Nitegeka, bamuhora ubwo bwiza bwiwe bw’aba TUTSI badateye amazi, hamwe n’ubumenyi n’ubutwari bwiwe! mwe mumugereranije na za mboneranyuma za dd z’inkandagirabitabo, na wa mukuru wazo Karera, ubona ari gute ? Bamuhora ipoze ntakindi. Uyo nawe yiyita Rutovu, azogira iryo tera bwoba aruhe. Uwamuhenze ngo ABATUTSI barategwa ubwoba ni inde? Ni ature aruhuke!!!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.