Accueil > Poritike > Imigambwe > Bamwe mu banyeporitike b’abarundi bapfungiwe icamaso muri Tanzaniya
Bamwe mu banyeporitike b’abarundi bapfungiwe icamaso muri Tanzaniya
samedi 30 Rusama 2015
Mu gihe hari inama buca ibera mu gihugu ca Tanzaniya y’abakuru b’ibihugu vyo mu karere k’Afrika y’Ubuseruko, bamwe mu banyeporitike bari i Dar es Salaam bapfunzwe icamaso ku kibuga c’indege c’aho nyene.
Muri abo, bari ku kibuga c’indege ca Dar es Salaam akaba ari Chauvineau Mugwengezo umuvugizi w’urunani ADC Ikibiri, Pancrace Cimpaye arongoye urunani ADC Ikibiri mu bihugu vya Buraya, akaba yakuwe mw’ihoteri yari yashikiyemwo asubizwa ku kibuga c’indege hamwe n’umushingwamanza Syriaque Nibitegeka, ico bafatiwe kugeza ubu ntikiramenyekana.
Amwe mu makuru tumaze kumenya, ni uko hari intumwa z’Uburundi zamaze gushika i Dar es Salaam, kandi abo banyeporitike bashobora kuzanwa n’indege i Bujumbura. Ayandi makuru kandi, akavuga ko uwuserukira Uburundi mu gihugu ca Tanzaniya Issa Ntambuka, yoba yasavye ko atamurundi yosubira guca kuri ico kibuga c’indege, adafise ubutumire.
Igihugu ca Tanzaniya rero, kikaba ari kimwe mu bihugu bimaze kwakira zimwe mu mpunzi z’abarundi zivuga ko zitinya intambara zishobora kwaduka mu Burundi.
Aristide Nizigire
Messages
30 Rusama 2015, 12:53, par Murenzi janvier
Nkurunziza kuki akabije ubugome iyo niyo democratie koko
30 Rusama 2015, 13:08, par Barekure
La Tanzinie a, non seulement le devoir d’assurer la securité de ces personalités, mais aussi d’ecouter leur doleances. Ce sont des porteurs de message du peuple opprimé.
Si quelque chose leur arrive sur son territoire, les autorités perdraient leur reputation regionale et internationale.
Mais comme elles ont liberé Alexis Sinduhije alors que le regime de Bujumbura voulaient le rappatrier de force, je suis convencu qu’elles feront de meme pour ces personalités.
30 Rusama 2015, 13:11, par ####
Abo batama nibabarekure kandi ivyo bintu amakungu abirabe neza ntibabe babikoze muntumbero yugutinya ko bohava bagira ico bashikiriza cokora kubarongoye uburundi. ahubwo nibabarekure kugirango bazokwitabe iyo nama yejo.
30 Rusama 2015, 13:21, par docile meek
none nabo bafashwe boba atabutumire bari bafise??
30 Rusama 2015, 13:30, par vuganeza
Mwabonye igituma bamwe bagira imiyamamazo batakironka udufaranga!!Ngabo bagiye kwifata neza mu mahoteri y’i Tanzaniya,nibabatuzanire i burundi ico tubibariza cane cane Pancrace na Cyriaque,bibaza hariya ngo le terrain est miné nko muri union européenne?Bamukuye mw’i hoteli aho yari yigaramiye abacu ariko arabicisha ico kigugu!!!C’est un accueil digne d’un politicien comme lui!!
30 Rusama 2015, 13:30, par N Pt
Sha iyomitawe siyo na Tanzania yakabay’ishigikiy’amanyangayo muburundi?Ariko uwitekantakimunanira kandi arakoranokumunotawanyuma!
30 Rusama 2015, 13:31, par N Pt
Sha iyomitawe siyo na Tanzania yakabay’ishigikiy’amanyangayo muburundi?Ariko uwitekantakimunanira kandi arakoranokumunotawanyuma!
30 Rusama 2015, 13:32, par Thomas
Kubafata singaye ariko batabagandagura nkuko bagandaguye gahutu remy ahubwo bakagira uwobakomeretsa turiteguriye gusubiriza munkoko umutanzaniya wese azoba ari mugihugu cacu baratwiciye impunzi turahora ubu tugiye gukenyera zigume kuk ntakuntu tanzaniya umengo ntibagira ubwigenge kuvaho biciye gahutu nibikoresho vyabicanyi babategetsi buburundi
30 Rusama 2015, 13:47, par Waldens
nibabareke bidegemvye ntaco bazira abo gufatwa s’abo
30 Rusama 2015, 13:54, par odon ndayisenga
dukeneye ama hero numutekano mugihugu. nimba ari kubera bahungabanije umutekano nibahanwe.
30 Rusama 2015, 13:57, par oscari
nano baziriki
30 Rusama 2015, 13:58, par NJIRI
Abo batanzaniya batanguye kwinuba abantu batavugarumwe na leta na societe civile,mbega kumengo barimwo amahinyu, nabo baramfungana ko twari twabihebey nkuru na kagwi kamusaba.barundi muragabe ntitube twaraguzwe buraca bugacana ayandi,ntimwibagire ko nkuru yariyatembagarijwe hiyo,bakamuhindege yo kugaruka,hange na mboriboso na te,dirait un congolais
30 Rusama 2015, 14:12, par Niyonzima Jean
abonimubabaze ikibangeza
30 Rusama 2015, 14:45, par NDAYISABA
AHAAAA!NTIUVYOROSHE N UBU NAHO IMANA GUSA
30 Rusama 2015, 14:46, par izobikora
emwe barundi nonega baribagiye murubanza batatumiwe
30 Rusama 2015, 16:58, par barutwanayo amani
karashizingani umunt yinjire mukindi gihugu atabutumire bafis?canke nyamba baribatumiw retayuburundi yatinyik?
30 Rusama 2015, 17:16, par sisi
NIBARABE BABE BARABABOHEYE KUTUBIDO TWAMAZI KUMAVYA BAZOBA BARABATURUNGIKIRA NA HIDYA YEJO.
30 Rusama 2015, 17:17, par sisi
NIBARABE BABE BARABABOHEYE KUTUBIDO TWAMAZI KUMAVYA BAZOBA BARABATURUNGIKIRA NA HIDYA YEJO.
30 Rusama 2015, 17:26, par rutumo jean
izo mbwebwe ni bazikone batumira umukuru w’igihugu bakamutanga imbere. bo batorany mwibarabar ni barigumemwo. kuk ejo bazotangara, bazorivamw bazorivamwo babay udukok twutunwamaraso kk quartier zabo(abatutsi) zizoba zabaye ishamba tuzozatubagaburira iyarara. mwaragotse!
30 Rusama 2015, 17:31, par Denise
Imana Ifashe Igihugu Cacu Turonke Amahoro Kuko Ndabonako Twebwe Abanyagihugu Bato Aritwe Tuzohasigara,kuko Tudafise Iyo Tuja
30 Rusama 2015, 17:59, par Wabitenge
Imana nibe hafi yabanyeporitike Babarundi.
30 Rusama 2015, 18:28, par vuganeza
@thomas
Nta mu tanzaniya muzokorako ntituzobemerera!
30 Rusama 2015, 18:47, par Gahinja
ibara ku mutemere un ambassadeur afise main mise sur un etat souverain comme Tanzanie
30 Rusama 2015, 18:57, par Naphtalie
NONE KO HARIMWO ABARI BARAHUNZE IGIHUGU BACA BATAHA?
30 Rusama 2015, 19:19, par King
Bareke Ntaco Mubabuza Gukora Utwabo .Mbe Muburundi Ibiriko Bikorwa Ntimuvyumva?Bagumize Hiyo Ntibabice Nka Zede Felooz Kuko Turacamuririra!
30 Rusama 2015, 19:40, par Avec
Nkukotumaze imisitubabwirako amahera yokubandanya bafashisha abari mumwiyerekano arimwo arahera kubera baribapanzeko bizobavyarangiye mugiye cukwezi kumwe, uburero bapanze ubundiburyo bwokurondera amahera yokugira abakora akaduruvayo mu Burundi bakomeze gushigikirwa. Umva ukobabipanze, bavuzengo kuvakera abarimurugambankuru ariko bakababatarimugihugu barasabwa gutanga uburyo ngwatanumwe avuyemwo ngonantahonikora kuriturya abagiraneza bamufashishije ategerezwa kumanyurako gatoya agafasha mubandi ukwonikwo inama yavuze. Ivyorero kubera vyakorewe mugihugu kimwe mubigize ubumwe bwa Bulaya baciye bahamagara abaserukira abandi mubobakorana bomubihugu vyomuri Afrika canecane Tanzania,na Kenya, mu Rwanda basanze ntangorane kuko abariyo nkabose baribasanzwe bakorana mukurondera uburyo ngobagezemu Rwanda ngobakomeje kugira akigoro kogushigikira urungamba batanguye, cokimwe no muri Uaganda ngobaribasanzwe bafiseyo abobakorana mugutanga uburyo bwogushigikira mubikorwa batanguye vyurugamba barimwo. Ninaho baciyebatora abazogerageza kuvamubihugu bitandukanye harimwo nabavuye Bulaya bakazunguruka mubihugubitandukanye canecane ibibanyi vyu Burundi bitwaje intumbero ngoyokuremesha abarundi babihungiyemwo ngobace baboneraho nokubashikiriza abayobozi bokuzoza baratanga inkuru zahobaherereye mumakungu atandukanye ngobazocababoneraho nakaryo kukubahimiriza kwarugutanga intererano batiziganya muguterera ngokugira tunyarutse gutembagaza ubutegetsi bubi, ninaho umwe muribo yaciye ashiramwo akajambo kogusetsa avugango: Nivyonukuri ngokuko umuntu arimubuhungiro umubwiyeko mugomba gukuraho ubutegetsi ngo nimbuzuyambara yoyiguza kugira ashigikire urworugamba. Mazerero kwumva ababafatiwe Tanzania niketseko bobabarimurabo bobabaribagiye kwigisha impuzi zahungiye TZD ariko sinovyemeza kiretse nitwamarakumenya icabageza icarico neza kitabonetse bazobarabo.
30 Rusama 2015, 20:05, par NKUNDUBURUNDI
AMATORA BARATINYE KUYAJAMWO KUKO BATINYE KO NKURUNZ ATACO BOMURONKANA KUKO BAMUHORA AMAJWIMESHI BARI BAJE KUKIGABANA HIIIIIIIÃ !!
30 Rusama 2015, 20:14, par NKUND UBURUNDI
EHE EEE AMAGABURANYAMA KUMWE KWISAZI
30 Rusama 2015, 20:14, par NKUND UBURUNDI
EHE EEE AMAGABURANYAMA ARAKOZ IBARA KUMWE KWISAZI
30 Rusama 2015, 20:30, par Lambert
ICO NOBIVUGAKO NUKO BOBAREKA .TWESE TURI ABENE GIHUGU
30 Rusama 2015, 20:32, par Prosper
Tanzaniye abayitwara bazoba bahawe igiturire na leta yuburundi
30 Rusama 2015, 21:21, par NSHIMIYIMANA Best
None nikibuga c’indege ca tanzaniya gisigaye gitwabwa na barundi?
30 Rusama 2015, 21:44, par ferdinand
none babahora iki?
30 Rusama 2015, 22:51, par Mumpe
BOHA MUGUMYE IZO NYANKABURUNDI
31 Rusama 2015, 06:22, par lllll
ariko iby iburundi byabaye isombe , na kajagari gusa
31 Rusama 2015, 07:04, par KIZUNGU
NONE ABO BAGABO BARI BAGIYE GUKORA IKI?
31 Rusama 2015, 07:05, par KIZUNGU
NONE ABO BAGABO BARI BAGIYE GUKORA IKI?
31 Rusama 2015, 07:14, par emma
emma
ahaaaaaaa sawa izo nyanka burundi abobicanyi bashaka kwabarundi tumarana ntakindi carikibazanye atari ubukozi bwikibi ni mubaturungikire ino iwacu abarundi tubibarize ico bahunze? mbega ko batari bafise ubutumire baribagiyehe?
31 Rusama 2015, 09:07, par nanayo
none igihugu ca tanzaniya coba coba gishigikiye iyicwa ryabanya politique batavuga rumwe na reta twibutse ingene bari bafashe Sinduhije alexi mbega coba gishigikiye umukuru wigihugu c’uburundi kwitoza kukiringo ca gatatu ayibambeho abanya politique sabo kwizegwa ni ngogutigera mukiyaga utazi ucuhava uroba.
31 Rusama 2015, 11:10, par nzohanimana
nibagumye.Abo.Nibo.Batuma.Tutaja.Gusumu
31 Rusama 2015, 11:53, par Niyonzima desire
Nono abo bagabo bari bagiye munama kandi ata butumire bafiseyo?
31 Rusama 2015, 12:39, par Sandra
iryo tohoz ni iry’iki? Icabajany bo barakiz. nturakanura sha m uzobon kira kuramba gusa!
31 Rusama 2015, 12:58, par sandra
nkaho emma avuz ngo barya bafashw ni abicanyi yobisigura? ntabicanyi basumba abiciy zed feruz imber y’urupangu.
31 Rusama 2015, 16:56, par miburo ismail
ntarubanza rutagira abavu mvyi nibabasomye
1er Ruheshi 2015, 02:46, par vuganeza
Mana yanje we j’aurai aimé voir ca pancrace bakivunduruye mw’i hoteli kigaramye,kiraja ngaho n’ibifaransa vyinshi vyinshi ngo cerekane ko cize gusumba aba cnddfdd none aujourd’hui la langue de molière n’a impressionné personne !!Hiiiiiiihihihihi,haaaaahahahahaha!!!Basha mwahora mwirata ngo uburundi ni agahugu ka nyuma,ngo katakigira abagenzi,muhakure icigwa sindinze kurandira kuri vyo,nahandi hose vous etes indesirables nobahanura kuraba aho mushira ibirenge dans l’avenir,uretse mu rwanda n’ahandi ntavuze ,ahandi natwe le terrain est miné comme pour les cnddfdd ici en europe comme tu le chantes bien,ewe pancrace ubwibone bwawe n’ibinyoma vyawe,imana irakumaramaje pe,peter ,dolofu ,bunyoni,ndakugarika,imbonerakure,ni abana b’imana kirazira kubatoteza bakundwa n’abanyagihugu,pancrace uzi kwitonesha mu bazungu sinzi ababikwigishije,tu es fait pour etre courtisan(PD)si tu ne l’es pas déjà ,ubutegetsi heba,mbabajwe na radjabu na niyombare malgré tout pour moi ils restent des grands que je respecte ,seulement baraye bashatse kuduta mu manga,basavye imbabazi nibazako bashobora kubagarukana mu ruhongore!!
1er Ruheshi 2015, 08:42, par Jean Mateso
Izo Nyanka Burundi nibazicunge zigomba gusubira gutegura coup d’Etat, aho zoje kwiyamamaza zikaja mumatora nkabandi.