Accueil > Amakuru > Poritike > Bamwe mubemejwe n’umurwi CENI guhiganirwa ikibanza c’umukuru w’Igihugu
Bamwe mubemejwe n’umurwi CENI guhiganirwa ikibanza c’umukuru w’Igihugu
dimanche 14 Ruheshi 2015, par
1) Nkurunziza Pierre , CNDD FDD
2) Nduwayo Gerard , UPRONA
3) Mutabazi Jean de Dieu, KOPA
4) Ndayizeye Domitien , RANAC Dushayuruburundi
5) Rwasa Agathon , Urunani « Abigenga- Amizero y’Abarundi »
6) Bigirimana Jacques , FNL
7) Minani Jean ,FRODEBU Nyakuri, Iragi rya Ndadaye
8) Ntibantunganya Sylvestre, Uwigenga
IGIHE
Messages
14 Ruheshi 2015, 14:42, par Masabo
I hahaha abo ni bo bazohiganwa na Nkurunziza. Hama ngo amatora yibwe kandi ata bantu barimwo b’inryamunyu
14 Ruheshi 2015, 15:56, par None?
None mwashate kugerakuki kurayamafoto kubarabahutu gusa kandituziko hariho nabatutsi bazokwitoza?
14 Ruheshi 2015, 16:09, par kuri
ahontanumwe mbona atarinyakubahwa Nkurunziza
14 Ruheshi 2015, 16:43, par Ntawe
Wahiganwa We! Urambisa.
14 Ruheshi 2015, 17:16, par Billy
Mbe,uwo Masabo,kwagayana,ngo Ntandyamunyu,zirimwo Atarihamwe Iyiganje Yimyizindi-zibona.Canke,ngwabasha,kwikundwakaza Ubona Nkuru.Yoba,arutande? Uretse,uwubona Hafi,nkawe!!
14 Ruheshi 2015, 17:50, par BOSCO
KURAMWO PITA KUKO YAHONYANZE AMATEGEKO
14 Ruheshi 2015, 17:55, par VITAL
ABO KURI NKURUNZIZA NUKUNWAMAZI HANYUMA BAZOVUZAMARURU NGO BABIVYE
14 Ruheshi 2015, 17:55, par VITAL
ABO KURI NKURUNZIZA NUKUNWAMAZI HANYUMA BAZOVUZAMARURU NGO BABIVYE
14 Ruheshi 2015, 18:14, par jeanne
Ese abirirwa batwika abantu na amamodoka bo iyo baza kujyamo ubundi aba bakandida baba ari bangahe ko mbona ari benshi!? Ubanza abashaka kuba aba Perezident ari benshi cyane!!
14 Ruheshi 2015, 19:12, par Paul
Yayaaa...Ikarata Irya Izindi Iza Ubwambere.Ndashimiy Umugw CENI Watunganij Urwo Rutonde.
14 Ruheshi 2015, 19:17, par La Vérité
Abo 7 Ntivyari Bikwiye Ko Bahiganwa Na Pierre Nkurunziza Kuko Cndd_fdd Yamushize Mw’ihiganwa Ku Gikenye,cndd_fdd N’izane Uwundi Mu Candidat.
14 Ruheshi 2015, 19:41, par ziggy ziggy
rwasa numugabo pe ndamwemey jamutora mutama tuzogutora urekizombwa zabatutsi zigumemumabarabars ariko nizongera guturira umuhutu tuzoca tuzimesura hama tuzanikire tuzihe igiporisi kizanikire. abahutu biryamunyu sivyo none
14 Ruheshi 2015, 20:40, par UMUGISHA
RWASA TUZOGUTORA WEWE NTAKABIKAWE,PITA NTARIMWO
14 Ruheshi 2015, 20:55, par Manirambona Serestino
reka subize uwo bosico yosigura yahonyanye amateka gut?
14 Ruheshi 2015, 20:58, par Didier
Reka turindire turabe
14 Ruheshi 2015, 21:12, par SIMO
NONE KONTABONAMWO SINDUHIJE WE YAYAMARIYE MUMYIYEREKANO ATEZAKAJAGARI GUSA
14 Ruheshi 2015, 21:27, par philbert
Mbega pacifique ntarimwo?? Hahaha asha napfume ahiganwa wenyene kuko mbona atawo bazohiganwa ngaho
14 Ruheshi 2015, 21:47, par Ndimugwanko Berichimas
Nkurunziza Nabisire Abandi Batware Areke Guhonyanga Ibwizwa Shingiro.
14 Ruheshi 2015, 21:49, par jean
kumbe ikibazo camoko kiracabarimwo?
14 Ruheshi 2015, 21:50, par Peter
Ceni ntayondemera jewe kuko naravye mumazinayo batanze iryanje ntavyonabonye kubwivyorero vyanka vyakunda ngiyirahe kwitwara kukoburya kananirabagabo ntiyinye!!!
14 Ruheshi 2015, 22:02, par Ndimugwanko Berichimas
Prezida Nkurunzaza Arasenga Canke Ntasenga? None Ayamaraso Aseseka Muburundi Ntayabona? Nakoreshe Ubukristu Bwiwe Abisire Abandi.
15 Ruheshi 2015, 00:13, par Kamenyero
Bansumirinda ndababonye!!!!
15 Ruheshi 2015, 07:39, par Jeremi
Ariko ivy’UBURUNDI namabanga,none abo bemeye guhiganwa na NKURUMBI bafise ubwenge bukwiye canke bahaze URUMOGI,mwibaza ngo naho mwomutsinda ko yovako?ahubwo mushaka URUPFU,akari mumenyo y’IMBWA bakuzayo ubuhiri.
15 Ruheshi 2015, 09:01, par kanyange
ntanumwe mbona warongora uburundi,bose nukuzuza inda zabo nababo,ntanumwe ufite urukundo rwabenegihugu murabo,wap!!!i!!!muzohende abandi,igihugu nange nakirongora,sa abasilikale ninkoho tu.
15 Ruheshi 2015, 10:06, par Bucumi
Amatora nkaya jeeeeeeewe uko ndabibona bayajemo canke ntibayajamo vyose birasa hananiza 2010 bayivye yarahagarikiwe nabanyamahanga nkanswe none ubu basokoye mw’akarenge bizogenda gute? Bakabona peter abatwanye iyindi mandat bazoce bafata imigambwe yose uko ingana mu burundi bayifute yose hasigare umugambwe umwe uzoba watsinze, baravuze ngo ubunyegeri bwinshi ntibwimba.
15 Ruheshi 2015, 11:39, par muk ami
YEMWE DUSHIRE UBWENGE KU GIHE TWIBAZE:
CNDD-FDD= UMUNTU UMWE, opposition = ABANTU 7.
MBEGA IRARI? Basi dufate CNDD-FDD 50%, Opposition isigarana (50%:7)=?
ARIKO KWEMERA KO 50%:7=7,14 BIZOGORANA KUBERA IBIHARURO BIKE.
15 Ruheshi 2015, 21:15, par INNOCENT BUKURU
PIERRE NAREKURE AVE MURUTONDE AREKE GUHONYA IBWIZWA SHINGIRO NABARUNDI NAMASEZERANO YI IRUSHA TWAROS TUBABAYE CANE.
18 Ruheshi 2015, 16:40, par muremesha amahoro
abarundi baba abatutsi cank abahutu ,mwabanyapolitike mw mumeny ko twabahinyuy,turarush kdi turarush nta numw agenda yibuka iyo yavuy mu menyeko tutari ibijuju ayo manyama;imivinyu n’indeg bibatuma mugira vertige du pouvoir mutaraba ingen mwokiza abo batoy mubakur murubu bukene n’ingwara zivyaduka zibatembagaj hazogera aho aritw tubishengerza imber y’intahe muri CPI ko naka yaba umuhutu cank umututsi acibwa urwo gupfa ,UBURUNDI n’igihugu c’isezerano muri iy sous région nico gituma tutazoreka ngo kiganzwe n’abadayimoni
18 Ruheshi 2015, 16:57, par muremesha amahoro
abarundi baba abatutsi cank abahutu ,mwabanyapolitike mw mumeny ko twabahinyuy,turarush kdi turarush nta numw agenda yibuka iyo yavuy mu menyeko tutari ibijuju ayo manyama;imivinyu n’indeg bibatuma mugira vertige du pouvoir mutaraba ingen mwokiza abo batoy mubakur murubu bukene n’ingwara zivyaduka zibatembagaj hazogera aho aritw tubishengerza imber y’intahe muri CPI ko naka yaba umuhutu cank umututsi acibwa urwo gupfa ,UBURUNDI n’igihugu c’isezerano muri iy sous région nico gituma tutazoreka ngo kiganzwe n’abadayimoni
21 Ruheshi 2015, 17:04, par Akimana Kevin
Imana Nibe Ariyene Idutoranirize Indongozi Yukuri Kuko Mwese Twarabonye Iyo Mudutwara Ntitubona Iyo Tuva Niyo Tuja Mana Tabara Abarundi Turarushe!!!!!
21 Ruheshi 2015, 21:54, par nsaguye
RWASA GATHO NIWEDUSHAKA?