Accueil > Amakuru > Mu makungu > Barack Obama yarungikiye ubutumwa abatwara hamwe n’ingabo z’Uburundi (...)
Barack Obama yarungikiye ubutumwa abatwara hamwe n’ingabo z’Uburundi (Video)
samedi 14 Munyonyo 2015, par
Muri ubwo butumwa bwarungikiwe abarundi, abatwara Uburundi hamwe n’ingabo z’igihugu, Barack OBAMA yamenyesheje ko ashimye gutanga ubwo butumwa wenyene, akibutsa abarundi ko igihugu cabo cari ciza kandi cishimiwe, ariko ko muri iyi minsi kazoza kaco kabangamiwe.
Ubutumwe bwa Barack OBAMA
IGIHE
Messages
14 Munyonyo 2015, 13:19, par .com
Wahanuranukwarintumva
14 Munyonyo 2015, 13:20, par .com
Wahanuranukwarintumva
14 Munyonyo 2015, 14:40, par Zabulon
Bwabundi yakundana!
14 Munyonyo 2015, 16:20, par impanuro
urakoze cane!! gusa hariho abifuza kugumya batabagura uburundi ngo niza 3eme mandat, mandat ni imyaka 5 nimike cane,kuko igihugu cizobaho imyaka irenga 1000ans. amakungu afatira kubujuju bwacu akaducanishamwo bo barazi ubwiza bw’uburundi kuruta banyirabwo.
14 Munyonyo 2015, 17:02, par Kirimwabagabo nestor
Je nagira muca mutubwira mukirund muri makd ivyariko aravuga,ivyo tubona avuga gusa ha wapi kabisa.
14 Munyonyo 2015, 18:01, par intagoheka
OBAMA OYEeeeeeee america yemeye ko nkurunzizariprezida nabandi muzoza inkona ntiyaruzwa abagumyabanga mwese mukomere murabagabo nakare duhagarikiwe nintakagwa nyakubahwa nkurunziza mureme ukuri kuzotsinda
14 Munyonyo 2015, 20:08, par Keza Amina
Ibyo Obama avuga nibyo rwose.
Abarundi bakwiye guharanara ubumwe bwabo. Reka mbabwire barundi ko nta muntu wo hanze uzaza kububakira igihugu. Nimwe, ni icyanyu , akazoza k’igihugu n’akabana banyu kari mu biganza byanyu uyu munsi.
14 Munyonyo 2015, 20:23, par sebarundi
nkurunziza nikimesha muburundi no mumakungu akwiy gutwar inama nkur ya oni ijejw umutekan
14 Munyonyo 2015, 21:34, par Worlde
@ Intagoheka
Nimba ari icongereza gike, reka kuvuga kuko yiyamirije imyifato y’abasoda nabaporisi bica abanyagihugu, yongera gusaba ko abanyapolitique batocanishamwo abanyagihugu. Ndibaza uca wumva uwubarigwa. Yaco rero widigadiga ngo Oyee atanivyo watahuye. Hahahaha Oh nari nibagiye ko ibijuju nkamwe arivyo Petero asigaranye hahaha
14 Munyonyo 2015, 22:14, par .COM
MUKWYE KUDUFASHA MUKADUHA IBIRWANISHO
14 Munyonyo 2015, 23:06, par ntaco
emwe je ndipfuzako mugisagara muri utwoduce nyene hoboneka umutekano.ariko uzoboneka kuko turafise kizigenza we adakorera kubwoba.nayo ubwo bugabo nyangoma,kagame.michel louis nibacire birarura ahobabukaranga twarimusi yurujo.nyangoma wararyohewe nokwambara ikareso uyiguriwe,nubu nturahimba igikoroni?ngo wariz ntuba ikijuju.barabesha,none konyangoma nabobicuditse,kagame ari ibijuju!nkakagame asige isuka yiwe yarokotse ngo aze gukwikira iyuwundi.aho yibaza ngo ibijuju nka bwanyangoma buzotwara ngo bamuhe ubutare.ewe jewe!nayo obama yahanuye impandezose ariko nahanure no mubufarasa bajemubiganiro.rwanda nuko nkunda abaturage ariko uwomugabo kagame azobakwegera amahano!
15 Munyonyo 2015, 06:47, par Gahutu Remmy
Twese twaramaze kumwemeza kwatawundi yorongora a Barundi. harihasigaye uryamututsi wumutare wi Bu-ru-ri Nyangoma nabo barikumwe muri CENARED, hamwe na quartier Musaga,Nyakabiga,Jabe,Ngagara,Cibitoke na Mutakura . Ariko ko Obama nawe amwemeje ngira nabo bagiye kugaruka muruhongore abari hanze bagaruke mugihugu dusangirumukeke wo mu Burundi atahandi uboneka kwisi, nuburyohe bwakayaga kikiyaga tanganyika. Nihahangame Nkurunziza nihahangame u Burundi na Barundi mukomere.
15 Munyonyo 2015, 08:13, par Bona
Abasoda Nukuri Mwambaye Ikirezi Nuko Bamwe Batabona Ko Cera!!! Abanyepolitike Nimwe Mwari Mukwiye Kubategeka Sibo Bakwiye Kubakoresha Nkimbwa Zabo Kuko Nimwe Mufise Igihugu Muntoke!!
15 Munyonyo 2015, 08:15, par Bona
Abasoda Nukuri Mwambaye Ikirezi Nuko Bamwe Batabona Ko Cera!!! Abanyepolitike Nimwe Mwari Mukwiye Kubategeka Sibo Bakwiye Kubakoresha Nkimbwa Zabo Kuko Nimwe Mufise Igihugu Muntoke!!
15 Munyonyo 2015, 10:15, par Niyonsaba Tresor
manjekubaramutsa ahomurihose nongeyechimye izikuru mumpaye jewe ico novuga ndachimy
15 Munyonyo 2015, 15:44, par jean
Komera barira izo ntumva sinzi uwundi barindiriye kwamwera tweho twamweje kera
15 Munyonyo 2015, 20:47, par S Paul
Yoo ! Obama wee ! Birakugoye cane kuko usa,,,,,,,,abo wishe ni benshi cane Uwa baremye ntiya bibagiye.
15 Munyonyo 2015, 20:58, par S Paul
Intimenya niyo ntinegura ,OBAMA weho wemeza ko umugabo arongora uwundi weho wumva bupanze neza?
16 Munyonyo 2015, 14:14, par ERIC
M6 DE CONSEILLER CES PETITS.
16 Munyonyo 2015, 22:45, par Nitwa Vènant
Turashimye Ivyo Yaduhanuye Igisigaye Nuko Ababa Tegetsi Bacu Bobitahura Nkuko Yagomvye Kuvuga
17 Munyonyo 2015, 10:39, par Mpozamarira Erias
Thank you Mr Obama for advice has been issued for the leaders of Bujumbura. these officials argue membrane seven virgins who have problems now you know the source,aband Peter Nkurunziza his rigidmembrane power and act of discrimination the only who’s dying were killed pliable Porice,of sent and leabers and forbid completely overlook. Thanks.
17 Munyonyo 2015, 12:27, par Gakozi Emmanuel
President Obama. ivyavuga ni sawa. Ariko ariko Arahengama ku bakora amakosa kwiy Isi bamwe iyo bakoze amakosha yirabira hidya. abandi bagize nkivyabandi bakoze bagafatigwa ibihano. Turamushima ku twigoro akora. Amakosha naya bone kumwe atankunzi. Gakozi i Pretoria.
17 Munyonyo 2015, 20:07, par Kamanzi
Tworonk Ntatw Mur Afirika Aba Prezident Bamez Nka Obama Twotekana.
27 Munyonyo 2015, 04:01, par IMBONERAKURE IVYUMVA
Turiho kandi dutegerezwa kubaho.IMANA Twayihay ikibanza kiyibereye. Mwihangane rero.
27 Munyonyo 2015, 04:06, par IMBONERAKURE IVYUMVA
Usenge IMANA yonsa uyikunde kuruta vyose