Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Barahiye imbere y’umukuru w’igihugu ko bazokwubahiriza ibwirizwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Barahiye imbere y’umukuru w’igihugu ko bazokwubahiriza ibwirizwa (...)

Barahiye imbere y’umukuru w’igihugu ko bazokwubahiriza ibwirizwa nshingiro

mercredi 15 Gitugutu 2014

Abagiye gusubirira abaherutse kurangiza ikiringo cabo mu murwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu hamwe n’abagize sentare idasanzwe ijejwe amatongo n’ayandi matungo barahiye imbere y’umukuru w’igihugu n’abagize inama nshingamataeka na nkenguzamateka.

Abo barahiye bakaba baheruka kwemezwa n’inama nshingamateka, aho ku wa 20 Myandagaro abagize umurwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu babiri bamejwe mu guhindura abari bahasanzwe ikiringo cabo cari carangiye, co kimwe n’abazoba bagize sentare idasanzwe y’ubahiriza amatongo n’ayandi matungo CNTB.

Mukamenya ko abo bose barahiye biyemeje kwubahiriza amategeko no kwubaha ibwirizwa nshingiro. Abo muri iyo sentare idasanzwe bakaba barahiye ari 13 mu gihe abo mu murwi w’igihugu wubahiriza agateka ka zina muntu bo bari babiri gusa.

Aristide Nizigire

Messages

  • jewe sinobagaya bose atacondababonako mugabo cntb yahahora yavuzwekovyishi rero turabe amahinduka burya,umgabo nyamugabo abo
    neka rukamvye sarapiowe!!!! woba utarimwo? naho uje mucemerezo nkumukozi wIMANA Ucebugufi kukowavuzwecane mukarenganyo kamatongo nayandi matungo widogewe nubwoko bwose bwabarundi twebwe abagishwa bawe duhanure, tuzedukorenkakurya gamwigisha twoja mwijuru
    nuko nkuko yraribanga ryukwemera kanatsinda ibangaryukwemera nagatangaza. yabawompaye inyishu gamuntu wasizwe amavuta nonezerewe. :abonabo bagateka kazinamuntu Mukomere mukomeze tuzobavuga nitwabona ivyanyu musagw;iteka nukwigura igihugu cabibarutse murakoze amaso ndabirabe amatwi ndavyiyumvire ngaho tubarabe twebene burundi.

Un message, un commentaire ?

ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.