Accueil > Amakuru > u Burundi > Abakoresha impusha za magendu zo kugendesha imiduga bagabishijwe
Abakoresha impusha za magendu zo kugendesha imiduga bagabishijwe
mardi 4 Munyonyo 2014
Mu rugendo icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu Prosper Bazombanza yagize giturumbuka ahakorera igiporisi co mu mabarabara, yasanze hari amamodoka ahamaze imyaka hafi 34.
Muri urwo rugendo rw’akazi, Prosper Bazombanza akaba yasanze hakiri imwe mu miduga yafashwe mu myaka y’1980. Icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu akaba yashikirije ko hagiye gutorwa vyihuta itegeko rishiraho iminsi igifashwe n’ico giporisi comara. Ahakorera ico giporisi PSR, Bazombaza akaba yahasanze imiduga igera kw’125, amapikipiki 115 hamwe n’amakinga agera 117, yose akaba yafashwe ariko agenda adakurikije amategeko.
N’ayo abafise impusha zo kugendesha imiduga canke amapikipiki bakoreshereza muri komine ya Buyenzi, Bazombanza akaba yabagabishije mu gushikiriza ko impera n’imperuka bazofatwa co kimwe n’abo bazikora, na cane cane ko abo bahabwa izo mpusha batagira ifishe muri ico giporisi kijejwe uruja n’uruza mu mabarabara.
Aristide Nizigire
Messages
4 Munyonyo 2014, 16:50, par Kwerekanakutiyumvamwabagizereta
Cambu cawawundi uyumutwe wiyinkuru barikwandika ngo: Icegera cambere cumukuru wigihugu Bazombanza Prosper
4 Munyonyo 2014, 17:48, par matayo
namba usara, genda aguhe akazii, muri ca kiraka arimwo
4 Munyonyo 2014, 18:51, par chuma,burundi
nichogituma,uburundimukirabanyumamwiterambere,mushoborakumenya,ahobakoreraimpusha,zamagendo.mukananigwanokubafata,hanyumanguzofatauwukoresha,ichochangobwa,mwembwe,ntakintunakimwemushoboye,mugatishavu,kurinyaruchari,arikoyironderera,utwoyitamirira.wibazanibazikogwa,amanyanga,akogwanabande,simwebwemutwara,nimurekamanyanga,mutangimushazokugendeshivyuma,kuwubikeneye,bitagoranye,hamaubwanyumurekegukoraamanyangaurabekoibintubitazojamungiro,mwebwenyenemutwaraamakosamufise,asumbaayingurube,ahubwoabomutwaranintungane,baribakwiye,kubateshumutwegose,nukobidashobokagusa,ahomurivyuvuze,ntanakimwuvuze,washakukihorera,rekabantubihangayikire,mubashe,kubakandamiza,muburundi,ntakwishiranokwizanabihari,mubintunkavyose,ahandi,mubindibihugu,bateguraamategeko,yoroherezumuntumutoya,kugiraretaironkeamerameshiitozaavuye,mubanyagihugu,namwenukubicharakumutwe,retaamaheraizoyakurahe,itoroherezumuntumutoya,,nichogitumamuzokwaminyumankiloti,.kwarukubakebura,mwebwemuvugako.mutwaruburundi.bukenye,gusubibindibihugu,uburundibuzubwambere,mutikebutse,uburundimuzokwaminyumayabandi,bitewenamwebwe,mwigirangomuzigutwara,abantubarimuguheninzara,twumvangwizurinzara
4 Munyonyo 2014, 18:54, par Kwerekanakutiyumvamworeta
Muzopfamurushe nindasara? Sara,Sara,Sara,Sara,sasasasararara nenenezazaza kandimuzopfamurushe mayo imyavyimumaso iranarembeje! Nayojewe umunezero niwose 😊
5 Munyonyo 2014, 07:52, par NKURUNZIZA
Rekajewe ndababwire inkuru yisugi jewe ndazi ahobazikorera kandi bakora vyishi,hari permis,diplome,yewe na diplome ya dogutora barayiguha,nimwaba mutazi ingorane zihari nizimwe.Ngirandamubaze ejobundi muriyidwi iheze karangamuntu bazitangiye kwikomine kandi ariza magendo ntavyoyamenye nagirandamuhanure akabibandanya arasubira ahoyarari arahazi.Barya bamukikije bamuhaye akazi muribo bakoresha diplome zomubuyenzi.gwashakakuzituza hooo.Baramubeshe bamubwiye kobatazi abazikora?Ingorane ihari nigiturire casavye indaro.Jewe ndi Toma nemerambonye.
5 Munyonyo 2014, 07:52, par NKURUNZIZA
Rekajewe ndababwire inkuru yisugi jewe ndazi ahobazikorera kandi bakora vyishi,hari permis,diplome,yewe na diplome ya dogutora barayiguha,nimwaba mutazi ingorane zihari nizimwe.Ngirandamubaze ejobundi muriyidwi iheze karangamuntu bazitangiye kwikomine kandi ariza magendo ntavyoyamenye nagirandamuhanure akabibandanya arasubira ahoyarari arahazi.Barya bamukikije bamuhaye akazi muribo bakoresha diplome zomubuyenzi.gwashakakuzituza hooo.Baramubeshe bamubwiye kobatazi abazikora?Ingorane ihari nigiturire casavye indaro.Jewe ndi Toma nemerambonye.