Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ben Carson ashigikiye Trump mu kwitoza kuba prezida - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ben Carson ashigikiye Trump mu kwitoza kuba prezida

Ben Carson ashigikiye Trump mu kwitoza kuba prezida

samedi 12 Ntwarante 2016, par Jean De Dieu

Uwahora ahiganirwa kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu ca Amerika, mu mugambwe w’aba republicains, Ben Carson, yemeje ko ashigikiye uwo bahora bahiganwa Donald Trump.

Carson yabivuze mu nama y’abamenyeshamakuru bari kumwe mu gisagara ca Florida, mu gihe Trump ubu ari we aza kw’isonga muri uwo mugambwe imbere y’umusi wa kabiri.

Carson yatanze imihoho mu ndwi iheze inyuma y’aho aburiye abantu benshi bamufata mu mugongo. Abaye uwaharanira ico kibanza agira kabiri avuze ko ashigikiye Trump inyuma y’umukuru w’intara ya New Jersy, Chris Christie.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.