Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Benin : Umukuru w’igihugu ashaka kugabanya imyaka y’uburongozi
Benin : Umukuru w’igihugu ashaka kugabanya imyaka y’uburongozi
dimanche 27 Ntwarante 2016, par
Uwuheruka gutorwa kugira arongore igihugu ca Benin, Patrice Talon, yamenyesheje ko afise umugambi wo kugabanya imyaka umukuru w’igihugu amara ku butegetsi, akayigira ikiringo kimwe gusa c’imyaka itanu yonyene.
- Umukuru w’igihugu wa Benin, Patrice Talon
Umukuru w’igihugu Patrice Talon aheruka gutsinda amatora mu matora y’umukuru w’igihugu muri Benin yamenyesheje ko iyo ngingo y’ukugabanya imyaka ku butegetsi izofasha kurwanya ugushaka kwigumiza ku butegetsi.
IGIHE
Messages
27 Ntwarante 2016, 14:53, par Peace
UR’UMUGABO MUTAMA. KOMERA!!!
27 Ntwarante 2016, 14:58, par Peace-love
Komera mutama!!!
27 Ntwarante 2016, 15:32, par afrika
imani guhimigisha wewe ufisurukundo gwabene gihugu bawe ukunda komera niwirambire pe
28 Ntwarante 2016, 22:14, par NDUWUMUKAMA
IYABA MUBURUNDI BAVYUVYA UKO NTANTAMBARA IBA IRIHO NKURUNZIZA WE AKUNDA AMARONKO NTAKUNDA ABANYAGIHU INDANDENE ARIKO IHUMIRINDYA IKICA AKOKIZE"
28 Ntwarante 2016, 22:17, par NDUWUMUKAMA
IYABA MUBURUNDI BAVYUVYA UKO NTANTAMBARA IBA IRIHO NKURUNZIZA WE AKUNDA AMARONKO NTAKUNDA ABANYAGIHU INDANDENE ARIKO IHUMIRINDYA IKICA AKOKIZE"