IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Benoit Simbarakiye icegera c’umukuru wa sentare yubahiriza ibwirizwa (...)

Benoit Simbarakiye icegera c’umukuru wa sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro

jeudi 18 Ruheshi 2015

Inyuma y’aho umwe mu bagize sentare yubahiriza ibwirizwa nshingiro ahungiye, uwugiye kumusubirira yemejwe n’ianama nkenguzamateka.

Benoit Simbarakiye, umututsi ava mu ntara ya Mwaro, akaba ariwe yemejwe n’inama nkenguzamateka kugira asubirire Silvère Ntakarutimana, yatanze imihoho, ubu akaba ari mu buhungiro, hanze y’igihugu.

Muri iyo nama nkenguzamateka kandi, bakaba baremeje n’izina rya Canisius Ndihokubwayo, umututsi wo mu ntara ya Gitega, kugira aje nawe muri iyo sentare.


IGIHE

Messages

  • mbe nabakeguzamateka bamada maremare? cagwa na bigihugu batowe n abarundi

  • mbegayo maboko mbona nayabageguza mateka buburundi.arko nimuyaduze gose natwe turabarindirye mukwiyamamaza kwanyu twabonye ko murigurube muze mufise imigambi yo kudutezibere ntimuze muduzamaboko yamada maremare adahaga ahabwo ndabasavye tuyasengere arekegwaguka

  • mbegayo maboko mbona nayabageguza mateka buburundi.arko nimuyaduze gose natwe turabarindirye mukwiyamamaza kwanyu twabonye ko murigurube muze mufise imigambi yo kudutezibere ntimuze muduzamaboko yamada maremare adahaga ahabwo ndabasavye tuyasengere arekegwaguka

  • mbegayo maboko mbona nayabageguza mateka buburundi.arko nimuyaduze gose natwe turabarindirye mukwiyamamaza kwanyu twabonye ko murigurube muze mufise imigambi yo kudutezibere ntimuze muduzamaboko yamada maremare adahaga ahabwo ndabasavye tuyasengere arekegwaguka

  • AKANANIYE UMUGABO KANANIRA NUWUNDI.

  • naje kukivi igihugu ntigipfakara akore ico yiyemeje

  • ABAGIZE SENTARE IJEJWE KWUBAHIZA IBWIRIZWA,NIBAMENYE UBU BURUNDI TURIMWO,ARI INGOVYI YA TWESE ABABUBAMWO.NIBAREKE GUKORERA INYUNGU ZABO GUSA,BAMENYE KO NABONYENE HARI IGIHE IVYO BARIKO BAGIRA,BIZOBAGARUKAKO.BAMA BAVUGA NGO AMATEGEKO YUBAHIRIZWE,MBEGA ATANGUYE GUHONYANGA ABARI BAJEJWE KUYUBAHIRIZA,UMUNYAGIHUGU MUTOYI BICA BIGENDA GUTE? KORERA IGIHUGU,MUVE MUKWAHA KWA CNDD FDD,NAMWE MURI MUBAZOBAZWA IVYONONEKAYE CANKE INGENE MWASOMYE AMATEGEKO!

  • Congratulations, babimenye konanyinawuwundi avyara. Hanyuma bakoneze gupanga imiganbimibi iyobagiye maze tuzoyisambure kumusumwe batangare.

  • mbe murabacamaza bokwashetani?

  • MBEGA NGW’IGIHUGU KIRAB’IMPFUVYI GISIMBANESHA!! BABE BARAJEBAJEBA

  • Karaciye umugani ama services yose yigihugu ajemwo imbonerakure gusa zitabizi?ntabutungane mu burundi buhari nikwizina gusa!NIBABAHE MUDRYE ARIKO BENOIT NTACUGIYE KUMARIRA IGIHUGU KUKO NTABWIGENDE MUFITA!

  • ISAZI YIMIYE KURUHOME ITI HA!BIRAMEMBO.

  • nivyiza ariko nicatumye uwowundi ahunga nukukiraba neza kuko baca umugani bati akananiye umugabo kananira n’uyundi.

  • Muzobasubirza kugeza ryar se? ahaah! mbeg igihugu ca rambo!

  • Naze Ariko Sininzeye Ivyo Ajegukora Kad Hiii!

  • Nivyumwanya urume rumara

  • Nivyumwanya urume rumara

  • yewegaye! abatutsi bibito baracahari. nta wundi bari kuhashira atari benoit! ubube gito afise, niwe yabutanguj! mbega aba dd nta muntu muzima boronka atari imboregwa, umuvumvyi, umube gito nka benoit? naho womutuma kwica uwo yavyaye, yobikora umuhay amahera. aba dd ni begerany abab gito bose, ariko igih kiriko kirabaherana

  • hari abantu bamwe bamwe muntwenza,aho abatutsi mwabwiye abantu ngo bahunge ubusa mwibaza ngo hazobura ababasubirira?Ahubwo muri abantu babi,none abo mwabwiye ngo bangare ubu barihe,ils sont passés pour des stars pour un laps de temps,none ubu bari he?Aux oubliettes!Ubu naho abashaka gukorera igihugu ngo baje kurya ariko ntibaje gukorera igihugu!Baje gukorera igihugu,ni abamaze guhinyura ko abahima b’i bururi muri des egoistes,mumenyeko ata muntu irremplaçable abaho,ntimuzobandanye kwigira inzu z"amabuye!Mbabajwe n’ababumvirije none ubu bagiye kuba dans l’exile.Reka ayo mahera mwabahendesheje ahere niho bazotahura,nuwundi wese azosubirizwa kuko abibazako peter yankwa n’abarundi benshi murihenda,yankwa n’abatutsi ata kindi cabaranze atari uguhonya abahutu,abo nabo biribonekeza ni abo mu ma quartiers yamaze abahutu muri za 93 gushika 2005 ,abo ni bo barundi benshi?

  • Ni vyiza,dushimire Imana kw’abo iduhaye kumbure bobogora Igihugu.

  • Benoit uri félicitations turakwizigiye iyo ndayiro ntuze uyirenge

  • Akananiye umugabo umw kananira n’uwundi,murek kwagura inda zanyu muhenda abene gihugu ko mugiy kubazanira amahoro,ni mwemang ko mukorera ku gitsure
    twebw ben gihugu nta kizima tubitezeko,ahubwo tubabonamwo uguta igihungu mu manga gusa,wa muhutu wa mututsi korera ku neza ya bose kuko urucira mukeba rugahitana nyoko

  • Inyabumba Yabumbiye Mumazo Ngobirame Ntangare!Ko Turiko Twubakira Kubinyoma ,Kukarenganyo,kubwicanyi,kukutubaha Imana Wumva Bizorama Gute?Twari Dukwiyeguhindukirira Kumana Tukareka Gukanurira Kumira Urupfu!

  • yemw uburundi buracafise ingorane mugihe ibikogwa vyose bikogwa isunzwe inguvu muruva tugiye gushikahe?

  • igihugu cacu cishwe nagakengerwe mbega uyo bimitse mumukengerera iki amashure yarayize iyo muvugako atize droit vyari kwumvikana, mbega 1er vice-président ntibavuga uko nyene ngo nimborerwa ariko mbona igihugu agikorera gusumba nabo yasubiriye. iyi ntwaro nico bayangira ubundi twari tumenyere abatama bakera aribo bakiramutswa.

  • Alias Cipus,Kiriba ONdes...... mw na benoit le grand magistrat sans personnnality muragiy gushitsa umugambi wa mwe na barandagiy peeee!!!!!!!!!!! KOmera mwirambire mu gusambutra

  • Benoit ntawutaziko ari ikigwarudubi,amadeni yinzoga yasize afashe i ngozi akiri muri cour d appel,ntarayariha,kandi vyitwa ngo yagiye ahanyaye,no cipura,nakagabo kimborerwa gusa,yaje kuri kaminuza ingozi,bamukoroye ibujumbura,agomba gusongora icupa yakunda kuvuga:" ntunganiriza"!namba ubutungane bwibwirizwa shingiri bugiye gutwarwa nabo bagabo kiravyibuhimbebz

  • ivyo.nivyiza.gusubiraza.mbe.abandi.bahunze.kuberiki?!!uwagiye.eee.uburundi.bugitwarwa.uko.nabandi.baracahunga.uwo.imana.yeretse.ukobiri.azohunga.nabasigaye.mumakosa.ntibarerekwa.ko.imana.ihari.murakoze.ndasaba.abobategetsi.batwara.atamaradio.nibakomere.mumakosa.iradio.kabondo.niyamatangazo.yabagirimanza.

  • Kuki barinda kugerekako ngo Umututsi iyo bavuga amazina yiwe gusa ntivyari bibaye none ga Burundi kwumva ko ari umututsi bibungura iki atari uburyanyi Intwaro za karyanisha miryango"Ngo numututsi"Umurundi wese yokwigira umututsi canke umuht mbere akigira numutwa ariko ivyoi nta nyungu nini kubarundi uretse indyane zivamwo inyungu zabadandaza mva mhang bamwe¤

  • Mbega yemw narinzi ko atabatuts bansumirinda bakiriho non mwaro nibo gusa.bazombanza na consilia nibo batanguriy abndi!ntakundi ntaw naryeko nica s peter

  • None Barundi Ndababaze Imana Igihe Yarema Umuntu Yaravuze Ngondaremye Umututsi Canke Umuhutu Canke Umutwa?Niba Muzi Komusenga Imana Vyukuri Ivyomubikure Mumutwe Ahandiho Imana Izobibabaza.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.