Accueil > Amakuru > u Burundi > Bernard Busokoza yahunze igihugu
Bernard Busokoza yahunze igihugu
jeudi 25 Ruheshi 2015
Uwahoze ari icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu, umushingamateka Bernard Busokoza yahunze igihugu, akaba yaciye ku rubibe igihugu c’Uburundi gihana n’Urwanda.
Amakuru yo kwizerwa dukura aho ku rubibe rw’Uburundi n’Urwanda, amenyesha ko Bernard Busokoza atoroherejwe n’abajejwe umutekano ku rubibe, mbere bikaba vyabonetse ko yagomba gufatwa, ageze aho ku rubibe rwo mu Gasenyi.
Uwurongoye ikirindiro aho mu Gasenyi, yoba yaragerageje kugumiza ngaho umwanya munini Bernard Busokoza, asa n’uwuriko aragenzura impapuro z’inzira, ariko intumbero nyamukuru yari iyo gutuma arindira ko umushikirizamanza wa republika mu ntara ya Kirundo ashika kugira asohore umutahe wo kumufata.
Umushingamateka Bernard Busokoza, yahavuye asiga urupapuro rwiwe rw’inzira aho mu Gasenyi, abona kwinjira mu gihugu c’Urwanda. Uwo mushingamateka akaba asanzwe akomoka mu mugambwe UPRONA, ishami rirongowe n’umushingamateka Karori Nditije
IGIHE
Messages
25 Ruheshi 2015, 09:47, par Kirama
Niyigire Kuko Nabandi Barinyuma Kandi Ntamutekano Uriho Kiretse Farawo Arekuye Mandayagatatu
25 Ruheshi 2015, 10:04, par Kelly
Emw nihatar wokwiyumvira neza inyum yivyo wosanga harimwo nivyubwoko nn nukuberiki bahungira murwanda?usanga nakagam abifisemwo uruhara
25 Ruheshi 2015, 10:12, par Bucumi
Bamuhinyuye, hasigaye nde? Umugore wiwe na mama wiwe kuko nihamwe ari umuryango wiwe nayo ikintu nkico cikinywamaraso ntawocihanganira
25 Ruheshi 2015, 10:55, par Bella
Mbega ibijuju bizanamwo ubwoko muri ibi bintu!!!Gervais na Ntavyohanyuma bafis ubwoko ubuhe?uzi abahutu bamaze kuyanyaga uko bangana? Ukuri ntikugira ubwoko kuguma ari UKURI. none abo bose ni za quartiers 4,urasoma neza rirya kete rya Gervais Rufyikiri niho mwotahura neza ingorane Peter ateje igihugu n’akarere kose
25 Ruheshi 2015, 11:05, par JEAN
OHOO!!!! BARAGIYE BOSE NKURUNZIZA BAMUHINYUYE NONE KOHAGENDIMCABWENGE GUSA? MAMAWE!!! JENDABONA IMBERE SIHEZA ABOBA DD BAZOGENDA BADUSIZE HABI NIMWIGIRE BATAMA ABABICANYI BASIGARE BARAJUJUTA BONYENE ARIKO JENDABONA UMUTI WABO URIKURABONEKA NABANYAMITWE BURYA BARIKO BARARONDEOHOO!!!! BARAGIYE BOSE NKURUNZIZA BAMUHINYUYE NONE KOHAGENDIMCABWENGE GUSA? MAMAWE!!! JENDABONA IMBERE SIHEZA ABOBA DD BAZOGENDA BADUSIZE HABI NIMWIGIRE BATAMA ABABICANYI BASIGARE BARAJUJUTA BONYENE ARIKO JENDABONA UMUTI WABO URIKURABONEKA NABANYAMITWE BURYA BARIKO BARARONDERINZIRA
25 Ruheshi 2015, 11:06, par Bizoza
Abandibobarihugiye. Nayotwehoturagowe.Tabara.Mana
25 Ruheshi 2015, 11:24, par Bene
None aba opposants ba Nkurunziza badahungiye mu Rwanda bahungira he ? Bahungire muli Tanzania cyangwa muli Congo se ?
25 Ruheshi 2015, 11:55, par Tubirabe
Kimwe gusa Bernard busokoza ntiyarakwiye guhunga igihugu yarikureka agasanga aho basize nyenicubahiro Ndadaye barikwegeye iyo bamureka we ntiyarikubirukako nkabo none nahunge ariko yumve ko iyo aringaruka yivyo bakoze kandi nabonyene bariko babikora bazoshikirwa nabone bicuze kuko ibihe biha ibindi mumyaka yaza90 ntiwaruzi ko busokoza yotemaguje en tant que militaire iconyereka bikomagu nawe mbe we arihe bamwirukeko nawe ntibamureke ngo nuko yabaye pastor.
25 Ruheshi 2015, 12:09, par Jane
Umuntu Wese Ararekuriw Guhunga,bamufatira Ik?Ub Ahunz Niho Hagzko Agira Icaha?Ni Baduh Amahoro Nayahandiho Twese Tuzohunga.
25 Ruheshi 2015, 12:09, par joseph
emwe uburundi burageza habi petero nkurunziza yemere abo bikorana bahunge bose igihugu rekura mandat yagatatu ushaka amahoro naho ubundi igihugu kirarwa mu manga
25 Ruheshi 2015, 12:09, par mukobwajana
TWESE TWOHUNZE NUKO TUTABISHOBOYE.ARIKO ABO BA PAF BAMUSHAKO IKI .BANANIWE NO GUSHIRA KO IKIDODO NTA KINDI BAJEJWE .IZO MBUNUZA.N ABANDI BABAREKE SHA KUKO BAZI INGENE HAMEZE.
25 Ruheshi 2015, 12:21, par burundi
@Kelly, nta bwoko burimwo. Umuntu ahungira ahari umutekano
25 Ruheshi 2015, 12:27, par Iribuka
Bucumi We nimba hari ibinywamaraso uri mubambere icompa ukihanura uwomugera wamacakubiri wakunyoshe ukaguheramwo.nimba arukwo yarikujana n’abishe musenyeri Ruhuna, abishe impunzi z’ibugendana abishe abanyeshure b’ibuta..........Mutama Busokoza niwigire mu Rwanda rufise abarongozi bitayeho ineza yabo batwara
25 Ruheshi 2015, 13:03, par Jack Bukuru
Ivyo bihutu nibirindire nubundi tuzobimesa, iyo mihimbiri yimizeze ibozinyo
25 Ruheshi 2015, 13:03, par masabo
Busokoza nagira yahunze kera ahubwo yari yatevye
25 Ruheshi 2015, 13:06, par Ndayikeza
Mubona Yahunze Iki?Canke Yagiye Gutegura Akajagari Amatora Ntazosiba Bakinda Bubamye Nikuwambere.
25 Ruheshi 2015, 13:50, par rutumo jean
YARARINDIRIY IKI? YARAZI NGO COUP D’ETAT IZOMUGARUKANA KUBUTEGETSI. IYO MBWA!
25 Ruheshi 2015, 15:35, par ngenda
naho aruburenganzira bwamuntu guserura iciyumviro,guhunga birarekuwe ntakosa ririmwo,ntaho bihuriy nayomajambo yogutukana,mushikirij,burya umuntu anezerwa mugenziwe ukwari kwose arimukaga akarikokose uwo niyisuzume iyompwemu niyibikoko siyabantu
25 Ruheshi 2015, 15:35, par Ntwari
Abahunga si abatitsi gusa, mbe rufyikiri nawe numututsi? Ko yahunze igihugu. Igihugu kiri mungorane kandi taba umuhutu canke umututsi ntamutekano bafise kubera inyungu z’ umuntu umwe gusa adashaka inyungu n’ iterambere z’ igihugu n’ abanyagihugu.
25 Ruheshi 2015, 15:38, par BURUNDI
NABANDI BARINYUMA HASIGAY NYINA NA BANYINABO NA BANA BIWE NABO BAZOCHIKIRWA IYI BAYITA ISI
25 Ruheshi 2015, 16:25, par GAHANGA
imana isumba ingabo amasengesho yabera arkomeye uwuzohara intwari azohasigara
25 Ruheshi 2015, 17:04, par Vaga
Turasavye Rwasa na Nditije bave i Burundi vyihuta. Dernier appel.
25 Ruheshi 2015, 17:57, par Ndimaso Parfaite
Rutumo !imbwa ni So uragatwikurura Nyoko ! aho utagira indero naho mwoba mudahuje utegerezwa kubaha uwo mutangana ! aragusumba kkn’imva yiwe izogusumba ugihagaze ! ww rutumo nta nakazi yo guha ko kumwoza ibirenge eka mbere no koza imbwa yiwe ntako wopfa uronse iwe kandi wakifuza ! kk AZOKWAMA AGUSUMBA ninrya zirya imbwa yiwe naho wozifuza ntazo boguha kandi uri intozo nk’imbwa yiwe kubera iragusumba kk naho irara ww ntaho ufise ! Aho mwamenyere amajambo y’ishamba nimumenye ko muba mu BANTU !
25 Ruheshi 2015, 20:29, par DONATIEN
Imana niyo mucamanZA KUKO NTAWUNDI YOMENYA IMITIMA ŸABANTU.
25 Ruheshi 2015, 21:07, par jmv
nyamitwe azajye muli tanzania mu rwanda ntamwanya wiwe uhali
25 Ruheshi 2015, 21:20, par REMY ONE
aaaya yaaa icegera cambere nawenyene yahunze! none kobavuga ngo umutekano niwose barahunga iki? ntawuhishe umwotsi inzu iriko irasha,nagomba gusaba abanyapolitike uwo mukino wamaraso bawuhagarike biyumvire kuri kazoza kigihugu cacu.
25 Ruheshi 2015, 21:37, par BONAVANTURE.NGOMO
NTIHAGIRE.ABAMUTWENGANGO.YAHUNZE.NABANDI.BARINYUMA
25 Ruheshi 2015, 22:22, par CLEO
Mbe Yamufata Yarabaye Nyina? Arabura Aho Yasama
26 Ruheshi 2015, 06:20, par masabo
Nkurunziza si ndadaye mwagiriye ivyo mwishakira sha!
26 Ruheshi 2015, 06:30, par saidi.
yahunga ashakakugerakuki mwabuzekumugumizaho nimufate ingingo yabobahungantibazogaruke
26 Ruheshi 2015, 08:08, par narsissi
nimuvuge make kuko nkumbaya ntadini aģira nabahutu barahunze kandi bazuhunga
26 Ruheshi 2015, 08:08, par narsissi
nimuvuge make kuko nkumbaya ntadini aģira nabahutu barahunze kandi bazuhunga
26 Ruheshi 2015, 10:25, par Simbikangwa
naho ahunga aribesha amaraso ya NDADAYE azomuhumira
26 Ruheshi 2015, 13:31, par ndiho
bahunze CVR nibahunge nabo bumve uko bibabaza nimba mwibaza ngo nindandaye cira birarura
26 Ruheshi 2015, 13:31, par ndiho
bahunze CVR nibahunge nabo bumve uko bibabaza nimba mwibaza ngo nindandaye cira birarura
27 Ruheshi 2015, 22:35
JEWE NIYUNVIRA KO IMANA ARIYO IKWIYE KUJA HEJURU Y’IBINDI VYIYUNVIRO.