Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Big Farious apfungiwe i Kigali - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > inkuru > Big Farious apfungiwe i Kigali

Big Farious apfungiwe i Kigali

mardi 27 Gitugutu 2015, par egide

Umuririmvyi Mugani Désire benshi bazi kw’izina rya Big Farious ari mu minwe y’igiporisi mu gisagara ca Kigali, akaba yagirizwa icaha c’uguha inzoga umwana w’imyaka iri musi ya 18.

Umuvugizi w’igiporisi c’Urwanda, Modeste Mbabazi amenyesha ko Big Farious apfungiwe mu giporisi, akaba ariko akorwako amatohoza ku vyaha yagirizwa, birimwo uguha inzoga umwana ari musi ya 18.

Aganira na bagenzi bacu bakorera ikinyamakuru IGIHE mu gisagara ca Kigali, Modeste Mbabazi yagize ati : Yego, arafunzwe. Afungiwe mu Mujyi wa Kigali kuri station ya Remera. Akurikiranyweho icyaha cyo guha inzoga umwana utarageza igihe.

Umuririmvyi Big Farious yatawe muri yompi kuri wu wa mbere igenekerezo rya 26 Gitugutu 2015.

Mu gihe ico caha comwagira, amategeko y’Urwanda ategekanya ko Big Farious yopfungwa amezi ari hagati y’atatu gushika kuri atandatu, canke akariha ihadabu iri hagati y’amafaranga ibihumbi amajana atatu y’amanyarwanda, n’umuriyoni.


IGIHE

Messages

  • MURAC’INKONI NGUFI NUMV’ICO GIHANO GIKABIJE WEE! GUSA NYEN’AZOCE YIHANA NAW’AZIHEBE, N’UBW’ATOZIHEBA NTAZE YONGERE, MUZOBA MUKOZE. ND’I BURUNDI.

  • Turasavye murejure ningoga umwanawacu atanakimwe gisabwe canke mwibonereko , mbemubona bahungiyehiyo mukibazako mucamubacura ukomwishakiye?

  • fatiyo mihirimbiri bibazangomugwandanigihugu?ngahonimubukoroni,abirukirayonibayabone.

  • Nibakome bibazango NGO abanyarwanda baraba nezererewe mwanka kuza gutezabimbere uburundi bwanyu mukirukira murwanda mubuze abo mufyinako none aho Nina ari various ntumbaze uzongera kugira ijmabo ntubonako bakwambuye agateka kawe!!!

  • Mbona karatoye akabiri,mwebwe muvuga ko bamufashe aha inzoga umwana,mu yandi ma sites bavugako bamufatanye uyo mwana wa 16 ans mu buriri kandi ngo ni coup bamukoreye,reka babampere indero ,uburundi bwacu ni agahugu keza.

  • Nimubakosore Mubibutse Amategeko Nibamenye Ko Ikizira Kibakizira

  • @ none mbe wangengera we urwanda rufite amategeko ntugirengo gufata umwana w imyaka 15 akamuhwata inzoga akarara yenda uko yishakiye ubwo butandero twe ntibukora niba bashiki bawe ubandaza a 15 ans canke wowe wendwa uko wishakiye kigali suko ubwo butandero ntibukora izo ntini zanyu mwirwa mwishe abana b abarundi mubatesha amashuri mubagira ibirara iwacu ni mashu umuntu ashukwa hageze nshuti s ugushukwa uko wishakiye

  • @ none mbe wangengera we urwanda rufite amategeko ntugirengo gufata umwana w imyaka 15 akamuhwata inzoga akarara yenda uko yishakiye ubwo butandero twe ntibukora niba bashiki bawe ubandaza a 15 ans canke wowe wendwa uko wishakiye kigali suko ubwo butandero ntibukora izo ntini zanyu mwirwa mwishe abana b abarundi mubatesha amashuri mubagira ibirara iwacu ni mashu umuntu ashukwa hageze nshuti s ugushukwa uko wishakiye

  • Ndababaye Kunva Umurinvyi Dukunda Afatwa Nkuko Murabe Neza Ko Atari Agatego Bamuteze Gwagwe Mwikosa!Gig Ntugirikibazo Tukomeza Kugusengera Ntanvura Idahita

  • turabiziko bamwagiriza ko yari umugenzi wa general adolphe nshimirimana kandi amatwi adusumira yoba yaracishije mukanwa yuko yababajwe n’urupfu rwiwe ari naho ntandagaro yoguhiga kumugirira nabi, ariko turi maso ntibazotumara nyamba arivyo vyokubona umuntu wese w’umurundi kumbure biketseko harico apfana na gouvernema y’ibujumbura bakamwagiriza maneko.

  • we need new track nigger!!!! take ur time so gra vbavba uveyo ntjukumbuy mike??we play 4u negro.

  • nahanw aber akarorero abandi bahanzi

  • Iyombwa mumuhashe,eeh murwanda haramategeko siburundi barya ruswa,mupime uwomwana,akogahungu kagendana sida,mbiyombwa ntikari bwarongore,hasha hasha,niyompamvu,indirimbo zose karirimba,ari ndagukunda,ndagukunda,eeeh rindira

  • Hari abarundi bamwe bafite imitekerereze ukiri hasi! ni nayo mpamvu iterambere kuri mwe riri kure. u RWANDA hari amategeko tugenderaho. Kuba yari inshuti na Adolphe ibyo nuburenganzira bwe. rero kubimuziza Nta nyungu nku Rwanda tubifitemo. that is a bullshit thoughs! and this is not a political issues.

  • Mumuhoye yuko ari umuhutu iryo ntawo bidehako turazinanye basha.babwire yuko urwanya son.excellent bica bihera bwana we.iryo baca baryumva

  • Nibatahe kuko urwanda rwarabahenze nibarindire numva ngo na SAT-B igendereza ryurwanda rimukurikirana buri munsi ,kagame azobamarira muri gereza

  • Nibatahe kuko urwanda rwarabahenze nibarindire numva ngo na SAT-B igendereza ryurwanda rimukurikirana buri munsi ,kagame azobamarira muri gereza

  • Nibatahe kuko urwanda rwarabahenze nibarindire numva ngo na SAT-B igendereza ryurwanda rimukurikirana buri munsi ,kagame azobamarira muri gereza

  • pole petit aho saho gukinisha ku batoto show sibimwe by iburundi wangu wishinze ibasusu wibagigwa kubaza imyaka aho ni danger hari amategeko

  • ese ingene namukunda none ugira azira kumuha inzoga zonyene ahoho azira ubusa uhoraho ahorane nawe uzova muri iryo buye ihangane

  • ye? ntimuzi ibiriko birashikura abahutu bahungiye murwanda? babahereje mugasho, emama ngobabafatanye ibiyayuramutwe ,abandi ngo bafashe kungufu, abandi ngonimbonirakure nibindi nibindi...murwanda!!! haa ntibabajije..ntakindi babaziza bazira UBUHUTU..

  • Hoooo mwamenyereye shaa mwibaza ngo mugwanda nta ma tegeko ahari nko muburundi mukora ivyo mwishakiye nubundi nimutahe iwanyu

  • Mbe baba baja mu rwanda gukorayo iki,abo nyene ko aribo batuzanira inyenzi n’inyenzikazi ngo ni ababanyi,ahubwo ni ikijuju pe,akaba yari yaravuzeko ari umugenzi wa dolofu ntiyari kuja i rwanda burya hari abarundi bataramenya ivyo turimwo kugeza ubu,mais bon,nta kundi ni ukumuheba tuzosigarana abazi ubwenge.

  • Abahutu b’ibijuju nibo bajayo ngo ni aba stars mon oeil,muja ngaho mukifatira abategetsi banyu mu gahanga nka ca kigugu nzeyimana nimba atari mukombozi,mwibaza ngo mwaronse abategetsi beza mu rwanda,reka babakanye mwoheba mukibuka uburundi bwanyu mugenda musuzuguza,mwari muhimvye ntacoyimena mutangura gutuka abategetsi banyu,mwakanzwe na za publicités abatutsi b’abanyarwanda bagirira u rwanda rwabo nabo badakura igitsi mu burundi namwe muja inyuma ngo mugiye mu ma buildings,hihihih,je suis sur ko mutarayahonyozamwo ikirenge nibabumvishe

  • Abwirizwa kuba yari yibajije ngo ari mu Burundi nka Nkurunziza, igihugu c’akajagari kitagira amategeko n’abayubahiriza. Urwanda ho ntibafyina bikaba arivyo ni imyaka 20 y’agasho. Aba DD barateye namwe muritabira mukudakwirikiza amategeko, reka mwibonereko.

  • None Uwo Mukobwa Mwaramubajije Umwaka Yavukiyemwo? Harigihe UWOMUKOBWA MWOSANGA ARIKUMUBESHERA.

  • Abanyarwanda turazi inzigo zanyu nimitima mibimufisa nka gahini congo yabananiye mugomba uburundi iyo nisumba zose naco muhanoba pee!!!kandi irya malaya niyo mugomba kumaha Fizzo kunguvu nawe ashaka rwanda nimigera yanyu mura igumana mwafashe General sha uyo yobaca mumazuru pima muone mwamavi mwe fuck u all Rwandainho and ur president hcv fuck u two.

  • mbonabokora.amatohozavyihuta.afiseikosa agahanwa.atakosa.agarekugwavyihuta

  • BIG FIZZOOOOO aho waragiye wanik’amenyo uziko Adolphe Papa wawe ahavaza kukuvugira?urwanda s’uburundi ukora ivyo wigombera kubera uzinanye na General Mgara Lolilo yarakuririmvye ba sha urafashwe.MAITI HATA IVALE COSTUME NI MAITIhttps://www.youtube.com/watch?v=uUC7N8JTfNY

  • Ni barabe bamurye amenyo magufi mugih yagiriw n’icaha.kuk n umustar twese twemera knd ikiror n’abastar nivyo vyabo.nti bamuhariye.

  • General fizzo ntakund ikib cabay ni8hanan urindir ikib m ntamvur idahit arik kirya cana carikyuki kabis

  • fizzo, abakunzi bawe turababaye.

  • J ndababajwe nuwo wes yigize umucamanza kuvyashikiye umu Star wacu Big Fizzo.Ngo mu Rwanda hari amategeko??Ko wumva hariyo qmategeko uwo mwana wa 16ans mw’ihotel yari yagiy gukoriki??Ugira hoho ryari iryambere ajayo??Turazi nabandi ba star benshi bo murwanda bakora ibirenze ivyo avec la mm fille.Gutyo rero nimwitonde kuri Fizzo wacu.Mwibaza ngo mukiny mission agafungwa acata succes ??Nind yababesh??Uyo yararengany mwihora ubusa.Kigali turayizi,Abasto baho sugushuha barenzeko....ntimwihende rero ngo mutyoze uburundi nababubamwo,kuko namw mwavuy Kure,kndi nta Kure muragra ngo mutyoze umutima wa Afrika.Je suis Fizzo.Only GOD can judge Jim.Uwera muri mwebw aramutera ibuy.......

  • Murekure iryo nirementanya.Harumwana yarezwe yokwemera kuja mwihotel n’umuntu atarumugabo wiwe,cank badakundany??Sauf kabaye arko kazi kiwe!!

  • uyu muhungu ararenganwa kabisa, Bamuziza ivyo yanditse kuri twitter na Fcbook ye kuvyerekeye A. Shimirimana. U rwanda nta si aho gukinira bagukeneye bibasaba 24 hours wisanga muri 1930. None gute bamenye na Chambre arimo. Uwo musore nubwo byamushikiye ariko ni Set up yabaye.

  • Yoo Ihangane Mutama Ntamvura Idahita Imana Irakubona Kuk Yo Ukur Irakuzi Gereza Siyo Kaburi.P6

  • Ariko ndashigikiye abanditsi bamwe bamwe hano,umwana wa 16 ans amasaha yo kuryama yategerezwa kuba ari mu nzu kwa se na nyina yitegurira kuja kw’ishuli,mu mahoteli ico gihe yariko akora iki?Soit ni abavyeyi bamurungitse muribuka ko n’i burundi abanyarwanda badandaza abakobwa babo,canke yarabaye indaya nta kundi,16 ans umwana w’umukobwa aratumbera mw’ihoteli?hari n’ababiligi babikoze mu rwanda,kimwe ci louis michel barabigikoze une fois ngo niho yaciye apunguza kuja i kigali,abanyarwanda kw’ifaranga sont prets àtout

  • iryo ni irementanya hariho ibindi bamugombako kuko uyomwana yamusanze muri hotel vyumvikana ko arakazi kiwe kandi ntiyamufase kunguvu baravyumvikanye. nibamurekure tutaraza kumwitorera Fizzo turamukunda cane

  • MBe izo mbobo zitukana nkizaragiy imbwa mutukana muvanga icaha nkico na politique murigaragaje ko murabo mw,ibarabara basi,ico n,igihugu c,amategeko akavuyo no gutobanga igihugu canyu c,uburundi mubisig,iyo muvuye ntimutwanduze ayo macakubiri twarabirenganye ahubwo muze tubigishe kwitez,imbere mu kwubaka igihugu,

  • NONE.UWO.TIYARAKUZE.JEBONA.MWAMURENGANIJE.UAMUTU.WIMYAKAKIYO.NAKAMARAMAZA

  • Fizzo nugre ubwob abfazi bawe tkuri inyuma! Nkab savy leta yurwand igre amtohza kurya mwna wumukbwo nimb bra braryamanye kuk umwna wumukbwa niw azko bb brararyamany! Kand abnyarwandkaz bsazwe bkund abrundi cne kuk fzzo siw yamuhmagye oy yariznye tkab ndsa ko Général Big fizzo yorkurwa kk ataco azira kand urya mwna arakwiza imwka 18 nokyirenza arayreza fizzo imana irakubna

  • EWE.RWANDA.URAMBABAJE.BASI.MUGEZE.GUFUNGA.UMUTU.ATAKOSA.AFISE

  • reka mbabwire mwishizemwo u Rwanda cyane mwebwe muburundi u Rwanda rwaza kuhakorera iki ? mufite iki?usibye amacakubiri yubwoko yabokamye gusa sasa fizo ntiyari muri hotel yari mukabare kwitwa top chif kuba yarafashwe nukumukangura ategenda uko ashatse kuko murwanda ntanumwe uri hejuru yamategeko murumva kujyaho mugatukana ntibyodutangaza kuko Niko mwamye ariko muzamoka muruhe , kelele ya chura aziwiyi ngombe kunywa maji nasisi bado tunasonga mbele atuwezi kuludi nyuma ka wanyarwanda I love you Rwanda.

  • Mbe josé wwe canke mwebwe mufise izihe nguvu zo kuza kumwitorera umufhu ntiyinukira basi! !birumvikana ko uruwo mwibarabara ntan,ishuli wagiyemwo,nawe Fidélité ushobora kuba abavyeyi bawe barakudandaza nabo muvukana ico gihugu nimukidandaze mugihe abagikwiye aho kugira abantu biyumvira nkamwe nah,ubundi kiragiye akagirire!!mwagiz Imana urwanda ruba hafi yanyu mwakagomvye kurwegera tukabigisha amategeko agateka kazina muntu kwitez,imbere n,indero nziza mukava mw,ibarabara n,amaligala

  • None Nubu Amatohoza Ntarahera?

  • mutamucafuza bana cumi numunani ahub wo arashaje rekura uwomwana

  • Ewana Fizzo Ntugire Ubwob Mani Ahubwo Iyo Bakurekur Ukaja Kumubandany Iswingi. Turaz Aba Girl Ba Gwanda Kukiloli Ni Twende. Ewana Usiwe Na Noma Mungu Anakuona. Wa Fanz Tuko Nyuma Kwako. Cank Yaramutamits Ihoro. Nuwo Mudada Yarashaka Fizzo.

  • Abatukana mubanze mwibaze ibi bikurikira 1-Abaturage b’u Rwanda bose nibo bafunze uwo Faious ??? 2-UmukuruA w’igihugu cy’u Rwanda niwe wafunze uwo Farious ??? Erega gutukana siwo muti wibibazo. Birarangaje iyo mutuka abanyarwanda n’umukuru w’igihugu cy’u Rwanda !!! Ese gutukana mukeka ko byakuraho icyaha akurikiranyweho??? Ese ikicyaha farious akurikiranyweho gihuriyehe na Congo Kinshasa cg Politique y’u Burundi ??? Ese uwo farious ni MALAIKA kuburyo natakosa yakora??? Inama nabagira nuko tutavanga amasaka n’amasakaramentu Ese buriya uvuga ngo uwo Farious atarekuwe ngo uburundi buraza kumwifatira urumva byashoboka !!! Abanyarwanda bihutira kumva bakitondera kuvuga Urugero: 1-Mwibaze kuba mututse abanyarwanda bose muri rusange ariko ntibabasubize. Kandi icyo ntashidikanyaho nuko u Rwanda rutera ,rudaterwa . Amahoro kubanyamuryango ba REF INKOTANYI n’inshuti zacu

  • Turekurire Umusani Canke Namwe Abari Muburundi Tubafate Mbe Ko Mudafata Obo Barwanyi Bigira Hiyo Baza Kudutera Canke Abashatse Guhirika Ubutegetsi

  • mbega vobarivyo? Oya nibatohoze

  • uw mbn wacy umny ko br kwigr mu rwnd wa kgg w muzkwm mr ibgg gushk kumpr y s

  • non uwomwan yayimuhaye kunguvu ,none ho barihe?ivyabona biriho?ye babawe nihatari:

  • Nibarekure Umurundi Wacu

  • None uwo mwita umwana niwe yamureze kuri police? pole sana my best !

  • JEWE NIBAZAKO UMWANA AMAZE KUJA MUHOTEL NTABARI MUTO KWARI UKURENGANYA FARIOUS

  • Nukuvuga yuko karagahohotero mbe kobavugayaramusambanije yobayarakomyinduru?ahubwa baribakwiye kumwambikzera kuko bamurenganje.

  • Nibaturekere Umuririmvyi Wacu.Tupfiki?Na Ba Nyarwanda?

  • nuk ubutungan bwokor amatohoz yihut kuo ntac yagirizw uy muririvy

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.