Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Fariouz > inkuru > Big Farious yavuye mw’ibohero
Big Farious yavuye mw’ibohero
vendredi 30 Gitugutu 2015, par
Umuririmvyi w’Umurundi Mugani Désiré azwi kw’izina rya Big Farious yarekuwe, kuva kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 30 Gitugutu 2015.
Big Farious arekuwe inyuma y’iminsi igera kuri itanu yari amaze apfunzwe kubera icaha yagirizwa c’uguha inzoga umwana ari munsi y’imyaka 18.
Uwo muririmvyi w’umurundi yahora apfungiwe mu gihugu c’Urwanda, yari asanzwe amaze iminsi itari mike aba i Kigali, aho yari yaje gukorera ibitaramo.
Yarekuwe n’ubucamanza bw’Urwanda kuva kuri uwu wa gatanu, akaba yatanze ihadabu ringana n’amafaranga ibihumbi amajana atanu vy’amarundi.
IGIHE
Messages
31 Gitugutu 2015, 01:16, par kamaro
ibimaramare kuri cenared kuko niyo yari yamutanze ngo yangenda na gnr andor...ayo mabandi yabaporisi bo murwanda bashaka ayo mahera, abajura puuuuu!!!! 500000???. ngenda Rwanda waruhuye nibibanzo!!! twarikuruhukira kigari....iyi cenared izodukwengera akarambaraye..barundi tuvire hasi rimwe tuyiyamirize.....
31 Gitugutu 2015, 01:42, par mureston
yafunguwe ko mutaratangira gusakuza nogutukana ngo twiyumvire sha natwe icyo tuzi nukubatega amatwi tukumva iyo displine yanyu hahahahahah ,genda Rwanda ndagukunda kundanga gaciro zituranga rwose avec iterambere yemwe nagirinka aha nuburenzi kuri bose muze tubigishe kwigira no kwihesha agaciro kuko mutakihaye nkabarundi ntanumwe uzakabaha
31 Gitugutu 2015, 05:40, par kamaro
ibimaramare kuri cenared kuko niyo yari yamutanze ngo yangenda na gnr andor...ayo mabandi yabaporisi bo murwanda bashaka ayo mahera, abajura puuuuu!!!! 500000???. ngenda Rwanda waruhuye nibibanzo!!! twarikuruhukira kigari....iyi cenared izodukwengera akarambaraye..barundi tuvire hasi rimwe tuyiyamirize.....
31 Gitugutu 2015, 05:45, par Jean De Dieu
Mbega Vyaramunaniy Kumenyera Ko Uburund N’ Urwanda Atiri Co Kimw? Niyihangan Ariko Yibuk Ko Umuntu Wincabwenge Amenyera Imigenz Yaho Agez
31 Gitugutu 2015, 07:31, par Claude
Imana Ishimwe Kweri.Pole Saana Mutama Turagukeje.
31 Gitugutu 2015, 08:01, par vincent
none ubuarihe uyumurivyiwacu
31 Gitugutu 2015, 09:24, par mureston
wowe wiyita kamaro uvuze ngo mwaruhukira I Kigali yoooo ngaho sha mupime mukotanyi tubereke ko experience dufite muruwo mwuga ntawe tuyisaba mubona mumokera murako kavuye kanyu tukabihorera mukagirango ntukubatinya ? hagire nuwegera gato tubahe isomo ryakarere kose nuwundi wese azaza mu Rwanda azajye amenyako Atari hejuru yamategeko kuko nanyuranya nuko urwanda rugenda azohanwa atitawe aho avuye urumva we kadogo ubundi ibyo kuruhukira I Kigali mubyibagirwe muntekerezo zanyu naho mwazana nizo nterehamwe mwahaye indazo ndabarahiye ko mutamara iminota 15 kumupaka tutarabageza Bujumbura then tugasiga tubashize kumurungo neza tukagaruka ducanye Kumaso nkabanya Rwanda .
31 Gitugutu 2015, 10:36, par Lydia
Mwihenze yatanze ihadabu y’ibihumbi majana atanu yamawnyarwanda apana aya marundi
31 Gitugutu 2015, 14:32, par Benimana
Kuki m8girabhnga?nacnecane uyo yiyita mureston?ruriye uburundi rutibagiye urwanda kndi uwuhagarikiwe ningwe aravoma.ca bugufi kuk’icubahiro aric’uhoraho.
31 Gitugutu 2015, 17:08, par mose
ndababwira gobihane bakanka ntakundi uzokora icaha azohanwa NIMANA nabantu.
31 Gitugutu 2015, 20:03, par None?
Ahantakuvugameshi bamwamugumiza mugasho mukirabira ivyarigukurikira. Ariko iconzi burya ntiharihabuze uwubatungira urutoke ko afise udufranga canke afise uburyo yokwiyungunganya akaturonka, ivyorero navyo rero mwikigihe nurwanda rwikigihe iyorwumvise kwumuntu afise udufranga bakora ukwobashoboyekwose bakakwagiriza ikintu wanashaka nabandi baribasanzwe bakora ntibakoteho arikonyene kubera bishakira utwodufranga bakubonyeko bakagutwara kukwemeza ngoniwemere kuyabaha noneho ukabemerera amahera ukayabaha numunezero ntangere, bazopfabarushe.
31 Gitugutu 2015, 20:21, par Nduwimana Leonce
Bt?Murakomeyi? Pole Sana Turashima Ko Bakurekuy Ijoro ryiza
1er Munyonyo 2015, 12:17, par Biruta.
Non’uwomuririmvyi Mwamuhoyiki? Icombaza Iyonzoga,yobayayimuhaye kunguvu?
1er Munyonyo 2015, 12:18, par Biruta.
Non’uwomuririmvyi Mwamuhoyiki? Icombaza Iyonzoga,yobayayimuhaye kunguvu?
1er Munyonyo 2015, 19:47, par nina
arasubira kwihenda ko murwanda ari kwa nyina
2 Munyonyo 2015, 11:09, par 68090270
RURIKUMUTIMA
2 Munyonyo 2015, 16:40, par Bigirimana jacques
Nibatureker um super star wacu nibazek uy mwagiriza kwatayimuhay ku nguvu nibavugek bar bakeney ubw busa bwamahera yaberetsek ashobor mukubugururiraka i robinet yamazi mu ndirimbo yiwe"Abisi"
2 Munyonyo 2015, 17:21, par rutamo
aba nyarwanda mwaramenyerey gutrafika mwagomba mumuryeko utwo duhera nyene uwo mwana ntiyari bwa some kuri ka manyinya kuva yavuka yamuteruy amukurah ?incredible
19 Kigarama 2015, 19:45, par manzi
Ntabwo gufunga farious ari ukumwanga cg kuko afite amafaranga menshi cg kuko ari umurundi kuko nutariwe mu rwanda arafungwa. Birambabaza iyo numva uburyo abarundi mufata Abanya rwanda nka banzi kandi twese turi bamwe. Ibi biganiro byo kutumvikana nibyo abazungu batumye dukene bashaka. Ni mutiga ubwenge ngo mukundane hagati yanyu mufashanye... The nkabanyarwnda ibyatubayeho nibyo bya tubereye isomo ryo gufashanya no kwimakaza ukuli
28 Ruhuhuma 2016, 13:10, par J.deDieu
Ntaco Bamenyeko Ukor Ikib Kikaguherekez
31 Ntwarante 2016, 09:56, par turashimw kungio umushikiriz amaz yafash yokurekur umuriivy wac kand nah (...)
francis
12 Ndamukiza 2016, 12:42, par Prot-k6
Ko Bafunze Fizo Ngo Yahaye Inzoga Ziborera Uwutarakwiza Imyaka 18 ; Abazigurira Nabo Batangishwa Ihadabu Ringana Gute? Byiza Fizo Yosubizwa Amafaranga Yiwe Kuko Urwanda Rwaramwivye .
20 Nyakanga 2016, 17:52, par irakoze savin
jekumurirmvy bg farious baramubesher san arik murutana ntadushaka.kuber ataz gukoresh consert.bg_up san...