Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Mkombozi > inkuru > Big Fariouz yarungikiye ubutumwa Mkombozi
Big Fariouz yarungikiye ubutumwa Mkombozi
samedi 18 Ndamukiza 2015
Big Farious yarungikiye ubutumwa Mkombozi inyuma y’ururirimbo rushasha aherutse gusohora. Ibintu bitari bimenyerewe mu baririmvyi.
Ni imbonekarimwe aho abaririmvyi bahana ubutumwa bwo gushigikirana, Fariouz yabitanguje mukwandikira Mkombozi ati : "Mkombozi goes hard on this one. ..big up sana Cousin! Hasta la Victoria siempre". Bisigura biti : "Mkombozi aravyunyuye ubu hoho (kuri aka...). Fariouz yandikiye Mkombozi ayo majambo inyuma y’aho Mkombozi asohoreye ururirimbo "PAPA NZEYIMANA by Mkombozi ft Rwagasore ft Ndadaye.
Naho biri uko, Fariouz ntiyigeze yandikira Mkombozi igihe yasohora ururirimbo "NZEYIMANA" bivugwa ko yahunze arirwo azira. Tubamenyeshe ko Mkombozi ari muvyara wa Fariouz.
Mwomenya ko urwo ruririmbo rushasha rwa Mkombozi rwavuzweko vyinshi baba abaririmvyi n’abandi bantu batandukanye. Rwumvirize kandi aha munsi.
Cherif Nkeshimana
Messages
18 Ndamukiza 2015, 13:59, par jewe927450
Uravuga arikowibuk imutabira mvugwe nahandi.wibuke nicaricakujanyeyo.
18 Ndamukiza 2015, 13:59, par jewe927450
Uravuga arikowibuk imutabira mvugwe nahandi.wibuke nicaricakujanyeyo.
18 Ndamukiza 2015, 14:12, par Ndayishimiyejean1
M
18 Ndamukiza 2015, 15:09, par delykiss A2K6
hasta hasta.that’s good example though persecution is on’em.nanje ndamukurira kabisa.nakomez abwira ibipinga.one day must.
18 Ndamukiza 2015, 17:24, par Gildas Niyonkuru
Aravuga nuko abwira intumva turinyuma yawe jeretirida kazoviyo nasigure ariko bandanya imento zikigihe hastaaaa!!
18 Ndamukiza 2015, 21:33, par upson
Uraguvuga ntuvura kuko ubwira intumva.
19 Ndamukiza 2015, 07:50, par pierre niyonsenga
birabonekako fizo aronderako abaririvyi bojahamwe mukubaka igihugu
20 Ndamukiza 2015, 11:47, par evariste
Ewe NZEYIMANA Thomas uvuga ukuri nk’ukurima. Ndakunda comparaison yawe n’ukuri. Kweri hari abagira amesesho y’ifeke n’imishatsi y’amamechi. Birirwa baratamba batarika ngo bariko bashimira imana, kandi batambira ku mivyimba y’abantu. Ndagukunda n’ukuri.
20 Ndamukiza 2015, 13:38, par james
hakunirw nukuri wonirwa nuwukubwiye
13 Rusama 2015, 08:02, par amour divin
terimbere nkumuzinda hasta? vrm! uraduhimbara ni ndirimbo zawe? big up kweli
23 Rusama 2015, 23:07, par Black Boy
NIvyizakweri Abaririnvyibosebomerankabo Vyobarivyiza
12 Ruheshi 2015, 22:08, par igiraneza fabrice
nkombozi nibamure avuga ivyo yabonye ati bazotubuza kubivuga ntibazotubuza kubibona courge abandanye uduha ibindi imana ikuzigame niyaguhaye ubuzim
12 Ruheshi 2015, 23:43, par Desire
Mkombozi Ntavuganabi. Kand Sivyiza Gutoteza Intama Z’igihugu.Arikogutahura Ivyukor Kobidashimishije, Ugahinduka Vyobavyiza Kuruta.Amen
12 Ruheshi 2015, 23:44, par Desire Bullygate
Mkombozi Ntavuganabi. Kand Sivyiza Gutoteza Intama Z’igihugu.Arikogutahura Ivyukor Kobidashimishije, Ugahinduka Vyobavyiza Kuruta.Amen
2 Mukakaro 2015, 13:24, par Ismael
Hasta you’ll never wolk alone.nkuko wabivuze bagandaguye ndadaye hasigaye bandadaye,ahubwo bongeriyindi new track bimene
1er Myandagaro 2015, 17:31, par Lil-black
Haster vrmkiziregucikaimvutubandanyakuk ahariishakaharashikakand amahigwey’imbebasiyoy’ifuku big up
22 Nyakanga 2015, 20:51, par abubakari
Nubu araronderwa nzeyimana toma
11 Munyonyo 2015, 15:43, par NdagukundaFabijey
Mkombozi Urashoboye. Guhunga Igihu Cawe Ntibitume Icika Intege. Bizotuma Umenyekana Kurusha Ugere Mumakungu Hose. Jewe Nsanzwe Nkunda Umuziki W,Uburundi Ntibagiye Izawe Ndumufana Wawe Kandi Niteguriye Kuba Umuririmvyi 2016 Muzanyumva Kwizina Rya Faby-Jay. Abarundi Turagukumbuye Ariko Twumvise Ingene Uguma Uduha Bishasha Vyerekana Kutadutaye. Uracarikumwe Natwe Muvyiyumviro. Terimbere Nkumuzinga Imana Iguhe Kurambana Ubwenge. Uzamane Akaranga Mutima Ko Gukunda Igihugu C,uburundi. Naho Wugura Ubwene Gihugu Bwiyo Uri. W P6. Muramvya-Rutegama-munyinya Fabrice.
22 Mukakaro 2016, 00:05, par NDAYISHIMIYE
NDAYISHIMIY jeande_DIEU ikarusi turakwemera100% ico nomubwira mkombozi aratiny,imana ntatinye bandarampaz bakorenswa narusifa abamuhiga nabo ntibakorenshwe ninda bakorenshw numutima kandi wishumwuna ntubunciy nyinakuvyara barimeny barimenyere tumurinyuma mundirimbo yanje akataraza,karimunyuma.mkombozi ndamuzi guhra muriji,nanje nkir muyovozi murg e kuryakan mutabira.nkeheza mvugati mkombozi komez ivyobakora,urabibona turabibo imana iguhimigisha karusi gihogazi rusamaza kirwati sity.
22 Mukakaro 2016, 21:14, par Paulo Mukatolike
Mkombozy Bahereze Uvuga Ukuri Nibakwica Ntibazoba Bishe Ivyiyumviro Vyawe Natwe Tukuri Nyuma Ubu Nanje Ndi Umuririvyi Wa Hip Hop Imana Ikuzigame
20 Myandagaro 2016, 00:15, par jeande_DIEU
hasitar,ndakwemera 100%. bakunzi ba mkombozi ntimwicare, haguruka mwiyamiriz umwasi wumuzi yaturiy amaradio agatuma benacu bahunga,umuziki wuburundi ugusubira inyuma kubera yantaro yokungomayaherod yatanguy mugihugu,cacu guhera 2005.mbega komuhiga mkombozi mwibanza komuriband?mufisiki ?mumaziki?mufis ibirobingah???kimwe gusa muzokwinca mkombozi ntimuzokwinca ba mkombozi.kurya yararivuz nti;umutw utazubwenge uruhish amagura,mw mumuhiga nobabwira nti;amavyi mukwiyemer aranuk akager ahashikany nawe mushigikira igiti kitagumyw gihenuts mugahenukana. mkombozi yahunze,abasi ariko mwebw muzo hunga,amahoro kwizi rya hasta ameni.
26 Nyakanga 2016, 09:03, par hasta lavictoria nigga
bit mkombozi jew nkeneye mukombozi tuvugane nindirimbo ngomba gusohora ok
18 Kigarama 2016, 22:24, par Ndikuriyo Elic
Ndibaz ako Icatumye Bahiga Mukombozi.N ikubera. Avuga Ibihanze Abarundi. Kandi. Akavugirabose. Jewe Nda Mwemera Kuko Numurundi Umwe Dufise Azi Ikirundi. Abanyaga Igihugunabo Imana Izobacira Urwabo.Kuko.Ntirenganya. Mukomboz Komera Kumudiho Wuburundi.
28 Ntwarante 2017, 12:02, par NDUWIMANA
iryandirimbo iratesa nibamurek azirik?