Accueil > Amakuru > u Burundi > Bimwe mu bidandazwa biva muri Tanzaniya ntivyinjira mu Burundi
Bimwe mu bidandazwa biva muri Tanzaniya ntivyinjira mu Burundi
jeudi 21 Mukakaro 2016, par
Indwi irakwiye ibidandazwa bigizwe n’ibiribwa vyohora biva mu gihugu ca Tanzaniya bitinjira mu Burundi. Imiduga itwara ivyo bidandazwa ikaba izibirwa ku mupaka Uburundi buhana na Tanzaniya, ku ruhande rwa Makamba.
Ivyo biribwa bigizwe n’ibihagarage, imiceri, ubufu bw’imyumbati hamwe n’ibigori, amavuta n’ibindi. Abahora badandaza ivyo biribwa bamenyesha ko ari agahombo kuribo, bakavuga kandi ko n’igihugu kigiye kuhahombera kuko umwimbu wo mu Burundi wonyene udakwiye.
Umwe mu bunguruza imiduga itwara ivyo biribwa avuga ko babwiwe ko igihugu ca Tanzaniya cafashe ingingo y’ukutemera ko umwimbu w’ico gihugu usubira kudandazwa hanze, kandi n’abanyagihugu ba Tanzaniya baba bakeneye kwisahiriza, hamwe n’ukugira ububiko bukwiye.
IGIHE
Messages
21 Mukakaro 2016, 10:49, par Shikayo
Nta ngorane umwami wanyu Nkurunziza azobagaburira.
21 Mukakaro 2016, 11:07, par Dj The Best
ebana tugiye kuhafra pee!
21 Mukakaro 2016, 13:41, par NZOBANBORA JAMES
Izina niryo muntu: His Excellency MAGUFURI a mis les cadenas aux frontieres avec le Burundi.Attendons nous au pire kuko we ntatamikwa ijambo, iyo abona ibitagenda neza ntavyihanganira namba
21 Mukakaro 2016, 13:49, par INTAGOHEKA
EHE NKIYI MUJERI YIYITA SHIKAYO MBEGA WEWE SUMWAMI WAWE?UTWAGWA NANDE?BITEBE BITEBUKE MWEBWE MUZOSIGARA MUMEZE NKAZIMUJERI ZIRIGWA ZIRAMOKA ZITAZI NOGUH IGURUKWAVU IYOMUMAKAMBI MUVUNDIYE NIMUTUREKE TWIBEKO.
21 Mukakaro 2016, 15:19, par Damien
Karabayee..... Ivyovyose Biriko Bigigwa Na Cnared Ariko Imana Iratubona Siryambere Haba Inzara Mugihugu. Nomuri Ambargot Ya 1996 Twarabayeho.
21 Mukakaro 2016, 15:21, par Damien
Karabayee..... Ivyovyose Biriko Bigigwa Na Cnared Ariko Imana Iratubona Siryambere Haba Inzara Mugihugu. Nomuri Ambargot Ya 1996 Twarabayeho.
21 Mukakaro 2016, 16:25, par Saïdi Anicet
Sanga Ari Ibihano Mufata,mbega Mubifatira Nkurunziza Cnk Abarundi?Nkatwe Turiko Tuzira Iki?
21 Mukakaro 2016, 16:34, par Saïdi Anicet
None Twebwe Abarundi Tuzira Iki?Nk"ivy’ubutegetsi Bapfa Twebwe Ntituba Dukwiye Kubizira.Imana Idutabare.
21 Mukakaro 2016, 17:02, par Karimu
Ese Nkurunziza nabambari be bobo barafise ibifungugwa cg bazoja barafungura za boite de conserve zibatere kurwara inzoka??? Harahagazwe!
21 Mukakaro 2016, 19:37, par lazos
nti mubeshe canke mubeshere abantu ,ntibihano bihari hubwo gusa nuko igihugu kibanyi coba gifise ingorane muntara zimwe zimwe zaco imwumbu usamga utagenze ugaca usanga hari agahombo mubanyagihugu babo ,natwe vyarashika canke bigashika ubutegetsi bwihweje ko umwimbu utari umusesekara haraho baca bafata ingingo yokuziganya imfungurwa kugira nihatere ikigoyi mugihugu,kubera ico kibazo twari dukwiye kwimbura vyinshi tukirinda kwizera inze kuko isi yara hindutse wo kwizera umabanyi ugasanga upfuye n’ikigoyi ,barundi barundikazi tujijuke tukenyeri zigume kuku murabona atowokwizera ivyababanyi,ngo barayamaze ngo nta utiza umuhoro ici rigeze,ndibaza mura vyumvise,sukuvuga ngo hari imigenderanire mibi ihari oya ,igihugu kibanyu gifise ingorane mumwimbu wabo ubwo baca baziganya kugira nti bategwe n’inzara.
21 Mukakaro 2016, 21:10, par NYAMITWE
Sha nkurunziza,rekura igihugu ntiwice abanyagihugu bawe,erega ubukene ni nzara vyatewe nawewe biraturembeje.
21 Mukakaro 2016, 21:14, par Imbereniheza
Mba Kumupaka Mabanda,Vyabaye Mardi Gusa Ubuturajabuka Tukabizana Gusa Ishiling Niryo Ryaduze,
21 Mukakaro 2016, 21:31, par Ferisye
Uyomukuru Wamakosa Azoruhukadyari ,kugurisha Abarundi.?
21 Mukakaro 2016, 22:03, par ngabo
wowe witwa Damien ibyo uvuga birasekeje,kuko 1996 mwatabawe nuko ibicuruzwa byanyu byanyuraga i Rwanda,ubuse u Rwanda nirufunga muzabaho gute?muzitabaza nde?
22 Mukakaro 2016, 06:25, par Karabaye
ayo ni amaraso y inzirakarengane mwamennye ariko arabahumira.
Afisa Mosi, ababikira 3 b abatamakazi, abana b urwaruka mwishe 5678, abanyarwanda benshi bazize ubusa, umutama Jacques Bihozagara, aba FNL mwiciye ubusa, Bikomagu mwishe avuye gusenga, etc.....ayo maraso ariko arabahumira
22 Mukakaro 2016, 07:45, par NKUNDURWANDA
Ivyo ntihagire uwo bitera ubwoba canke ngo mubifatanye na politike kuko ntibisa na gato! Igihugu cose kirafise uburenganzira bwo gukingira umwimbu waco gushika ubaye umusesekara. Ntimutangure kuvuga ayamuhe ubona ko bamwe mu bataye akaranga k’abarundi n’abacancuro b’abanyarwanda ba KAGOME mutabura ivyo mugongomba! Uburundi burahagaze kandi muzorinda mupfa mubusiga buhagaze! Ikibabaje n’uko bamwe muzohambwa inyuma yabwo intwari nazo zigahambwa mu Burundi bwa nyaburunga!
22 Mukakaro 2016, 09:05, par komesha
Ha, ha, ha Iyo ni intango ya ambargo, Tanzania irashaka kubereka ko vyose bishoboka atagikozwe
22 Mukakaro 2016, 13:51, par jeanbatiste ntakuntu
ahubwo rero namwe nimurabe ikibituma;kuko murashobora gusanga mwishize umugozi mw"izosi nimba mubôna u burundi butikwiye raba habe imigenderanire myiza hagati yanyu na tanzaniya ,mbe hoho ivyo bituma abategetsi b’uburundi batitaba inama ibakenera ni ibiki?
22 Mukakaro 2016, 16:51, par VIYANE
AHUBWOBIRATEYE,UBWOBARETANIRABE,ICOYOKORA AHANDIHO,ABANYAGIHUGU TUZOHABONERA,IBARA
22 Mukakaro 2016, 16:55, par NKURUNZIZA EMAUS
Ahaaa! IMANA yavuze kwihana baranka mbere nabo yatumye bahakwa kwicwa none inzara nayo bayirwanya gut?bado intambara MANA urandinda!
22 Mukakaro 2016, 19:39, par ahaa?birakaze non tugiye kuba abande nimurekure nadukeya nayahandi haa (...)
joél nduwimana
22 Mukakaro 2016, 20:55, par Cyrille Nibaruta.
Nimureke Gupfana Umuntu Numwe. Kuko,nimuburundi Narunvise Aho Muntara zimwezimwe bagiye barabuza ivyimburwa vyosorwa.rero,kirya catumye mufata iyo ngingo ,natanzani nico itumye ibifata.gusa nabarundi batunje ubu nibeshi.mana fasuburundi ahandi turahonye nakigoyi.
22 Mukakaro 2016, 20:57, par Cyrille Nibaruta.
Nimureke Gupfana Umuntu Numwe. Kuko,nimuburundi Narunvise Aho Muntara zimwezimwe bagiye barabuza ivyimburwa vyosorwa.rero,kirya catumye mufata iyo ngingo ,natanzani nico itumye ibifata.gusa nabarundi batunje ubu nibeshi.mana fasuburundi ahandi turahonye nakigoyi.
23 Mukakaro 2016, 06:35, par BONABANDI
Yaco Muba Mwitiranya Ibintu NiBindi None Mwebwe Ikintu Cose Muca Mugishir Muri Politique? Irakwica Nyen Namba Udakora!
23 Mukakaro 2016, 06:48, par Noel christophe NDAGIJIMANA
IMANA yaremye uburundi irabubona mw’izina rya Yezu.
24 Mukakaro 2016, 08:00, par Iratubona 4556
Ndaremeshejye Abarundi Na Uburundi ; Ntacyanditswe Kitaribushike ! Ariko Mwibuke Ko Inyoni Zitarima Ntizigire Na Ibigega Zimburiramwo , Ariko Zirabahotu ! Nidukure Amaboko Mumpuzu Tureke Kuzera Inze ; Nitwimbura Tubone Kujera Umwimbu Ntidusesagure . Imana Niyo Itubona , Mugihe Cyinzara Abanye Istaeli Bahawe Ibyokudya N’Imana
24 Mukakaro 2016, 09:52, par Nyab .Jean
Jewe Iconumva Uburundi Bwari Bukwiye Gufa Ingingo Nkiyo Ya Tanzaniya Kuko Ibidandazwa Vyishi Bishoka Mu Rwanda Kandi Nigihombo Kuburundi .
24 Mukakaro 2016, 17:28, par vehicles
Nuruhombo uburundi bufise kweli
24 Mukakaro 2016, 23:02, par Stne
Barund Barundkazi Abasenga Ndabasavye Mwereke Imana Amagorwa Dufise Tureke Gutana Ko Imyikomo Imana Yaremye Uburundi Irabubona. None Ugra Ng Mu Burundi Niho Hari Ababi?..Beza Nta Bariyo Mbeg Mwibaza Ko Imana Izoheba Uburundi Yiremeye?
25 Mukakaro 2016, 07:37, par kabonge
Atagikozwe abarundi turashira nkabimbeba kara abarundi baroswa imfashanyo zigasahiriza umwimbu wabo none haragezeyaho aritwe dusabwa gutanga imfashanyo kandi inzara iturembeje umukuruwigihugu aragicunganeza
27 Mukakaro 2016, 11:58, par Nibizi Silas
Iyongingo turashima Reta yafashe kuko ituma ibiciro vyifungurwa bigabanuka .