Accueil > Amakuru > u Burundi > Bimwe mubice vy’iradiyo REMA FM vyaturiwe
Bimwe mubice vy’iradiyo REMA FM vyaturiwe
mercredi 13 Rusama 2015, par
Bimwe mubice vy’iradiyo REMA FM vyaturiwe



IGIHE
Messages
13 Rusama 2015, 19:41, par Giraneza
Abayituriye Biteguye Kuyiriha
13 Rusama 2015, 19:52, par Izibikwiye
Ahub iy muyizimangany yos! Nimukomer natw turinyum! Uw nkurumb ntazogaruk nahung nka compaore
13 Rusama 2015, 20:01, par Mouflon
Barundi barundi kazi tekane uburundi ni ubw,abarundi nimwirinde guturira ibiri mu gihugu kuko ni itunga ry,uburundi n,abarundi!Hazogera aho tubikenera kuko abagirizwa ivyaha bazojanwa Irahe!Ndakunda UBURUNDI IMANA IRADUKUNDA KANDI NDIZERAKO ITAZODUKURAKO AMABOKO.UMUKAMA ADUHEZAGIRE AHEZAGIRE UBURUNDI
13 Rusama 2015, 20:06, par Jonas
Yakozenkumugabo
13 Rusama 2015, 20:09, par dieudonne2marangara
nayo ibaye iragiye mwikonji pe mbega abarundi !!!!
13 Rusama 2015, 20:20, par EMMANWEL
KWIRINDA
13 Rusama 2015, 20:31, par ndi Rikundo
abobamenja baduturomiriye i radiyo ituremesha sabicanyi mubandi.barihenda izosamirana Cuba.
13 Rusama 2015, 20:47, par vales
ntaco fise mvuga. ndakej aburundi Bose bitanze muguharanira agateka kigihu itsinza kubitnze.natwe ahoturi mahanga turafise umunezero atagira ukungana knd twarikumwe naho twarikure yanyu hama karibu dusangire kuraka gacupa muryoherwe.
13 Rusama 2015, 20:48, par kinju
mana hezagira uburundi
13 Rusama 2015, 21:26, par VT
NZOBA NDABA NYOMBA BIBAZA KO UMUTI WINGORANE ARUGUTERA IZINDI BAREREGWA
13 Rusama 2015, 22:05, par kaneza florA SCHEILLA
ati abaturiye iyo radio bazoyiriha,uwobabwira kuriha ibiziga vyapfuye mugihugu wewe woshobora kubiriha wambunuza we!ahubwo reka gukora kumitima yabarundi sha kazibe.
13 Rusama 2015, 22:40, par KENY
Mana tabara uburundi
14 Rusama 2015, 00:17, par coma coma
nyabuna guturira siwomuti.haraho tuzokwicuza
14 Rusama 2015, 03:20, par Esdras Bene Niyongabo
None gayemwe rema guturirwa yo vyatewe niki?oyape gusubira munkoko ikibi kukindi ivyo ntaho vyozodushikana kimwe gusa ndabingize nyabuna mureke kwonona ibintu vy’igihungu kuko imitungo y’abenegihungu niyokoze biryavyose niyompamvu bitari bikwiye kwononwa nibikingwe kuko bizoba bimwe mumitungo yigihugu.
14 Rusama 2015, 05:55, par karori
Burundi ukwiye amasengesho.
Abana bawe deserve better.
14 Rusama 2015, 07:30, par Innocentfilbert
maajabu ya musa
14 Rusama 2015, 07:44, par Nintunze Kadhafi
Uwutonezegwa Yobarumusazi Pe! Kandi Umutw Usara Uruhishamaguru
14 Rusama 2015, 08:02, par jimmy lee-g
politike mbi burya numwuga wabanyabinyoma kuberako uburundi bwari mubibazo nkibi mtivyari bikwiye kugenda uku ahubwo nuko boca bicara hamwe bagatorera umuti ibibazo ntibaturire iradiyo Rema Fm mbega ko r.p.a bayugaye batayituriye?ahubwo nkuko bari bashatse ko REMA FM idarubira kuvuga bari kuyugaza ntibayiturire ahubwo nohanura abarundi nabarundikazi bari murivyo bintu babanze bahindukize ubwenge mugukora akabi kabishe nkako. twebwe turazi yuko G.MAJOR NYAKUBAHWA GODFROID NIYOMBARE iyo politike yateguye yayiteguye nabi ahubwo ko yiyegereje abanyagisagara twebwe abo mumitumba yatwibagiye?nkajewe muhira turi cumi numwe icenda nabanyeshure ahorero ntamahera bariha wiyumvira yuko PREZIDA PIERRE NKURUNZIZA twomuhemukira?ahubwo ibintu vyahbye ko yiyegereje abanyagisagara gusa.
14 Rusama 2015, 10:36, par seba
narekure ubutegetsi yemere ibyo abanyagihugu bashaka
14 Rusama 2015, 12:57, par @ss
Ariko Nkurunziza Yoba Asumba Abandi Bose Batemera Ikiringo Cagatatu Ciwe?Nave Ibuzimu Aje Ibuntu Nayahandiho Major Niyombari Nabo Rwakoranye Ntakosa Bakoze Ahubw N’abashingantahe
14 Rusama 2015, 14:44, par BIC ROUGE
Asoda bataye umurongo barundi sibo nibihura mutwe nibabirukane baje kubumba amatafari yabarundi narirya ari muci babacira mukanwa
14 Rusama 2015, 17:11, par felicth
birababajekwipfuzagutamukagaihigu kirimuridémocraci
14 Rusama 2015, 20:43, par NKURUNZIZA
kuber’iki?
16 Rusama 2015, 08:07, par BIZIMANA MÉTHODE
KO LEMA YAKOREWE AMABI NKUKO NA PACIFIQUE VITAL GODFROID ZENON NABANDI BAYIHORA UBUSA MBEGA BISUNZE IKI GUCA BATURIRA IZINDI?UKURI KUGIY KUJAHABONA IVYABO VYARASENZWE!
16 Rusama 2015, 16:15, par NTUNGIYABANDI Evariste
Uwo muntu yayituriye yagize nabi cane. Umuntu mubi uraheza ukamwereka ineza kugira ahinduke.
16 Rusama 2015, 19:53, par fire
ndashimwe kuba rema fm yaturiwe kuk yari radio iteranya gusa
17 Rusama 2015, 11:59, par Habonimana Felix
Nukuri Abagize Ivyo N’abansi Bigihugu
17 Rusama 2015, 13:24, par nkuru emmanwel
jewe ndateye ivyasti uwewese yagize ivyo
17 Rusama 2015, 16:37, par KAMANA
IBIHENDWA ABANA!
17 Rusama 2015, 22:01, par Fabrice Ngendahayo
Jew Ndateye Ivyats Umunt Yaturiye Rema Fm Kuk Yatanga Imiziki Ishush.
18 Rusama 2015, 12:27, par nsabimana
Mbe abakoze ivyo bashaka gushika kuki?
18 Rusama 2015, 12:27, par nsabimana
Mbe abakoze ivyo bashaka gushika kuki?
18 Rusama 2015, 13:22, par IRANKUNDA
UBWO NUMBUNGOME BUTAGIRA IZINA AHUBWO AMBABIKOZE BAKWIYE GUHANWA VYINTAGARUGERO NABANDI BAKAGIRI ICO BATINYA KUKO VYO NITUGA RYIGIHUGU NONE KOBAVUGA NGO BAFACHE IGIHUGU BAGACA BASABURA INYUBAKWA ZARETA NTIVYOSUBIYE KUBANGORA MBAVYUBAKA URWANDA TURUBWIRE ATI GEZAHO KUKO UBURUNDI SIKONGO UGIRA IVYO UCHAKA MURAKOZE
19 Rusama 2015, 22:09, par john
abarundi bakwiye kwiyumvirako imana ihari.
20 Rusama 2015, 20:12, par Alphonse
tous ceux manifestants se sont des malfaiteurs.barasebya igihugu cyabo kandi barasubiza inyuma bagenzi babo.aho abndi baturage bari ku kazi kumbure bo bari gusenya igihug!!!!! ni akamaramaza, nyuma y’amatora Perezida agomba gushyira imbaraga nyinchi mu gucungera umurwa mukuru Bujumbura,Akavana inzererezi mu muji,zikajanywa mu INGANDO nkuko bigenda mu Rwanda BAKIGISHWA IMYUGA. ahokwirirwa bashukwa n,Abanyamigambwe. kandi nibagera kubutegetsi ntacyo bazabamarira, Mbabwize ukuri nta mu LIDEURS numwe ugaragara wagira icyo arusha PITER pe!!! ,niyo mpamvu na comminaute inernationnal ntacyo ishobora kubamarira rwose.Ndi umuturanyi ubabwiza ukuri.
20 Rusama 2015, 21:57, par KAVUMBAGU
NTIMUCOGORE BENE DADA MBE ABATURIRA UMUNTU YAREMWE NIMANA REMA NIYO BARI KUGERA UMUTWD?ABO NI BAMWE BAKOMOKA KWA KAINI BAZOPFA BANGARA.
25 Rusama 2015, 16:34, par JAPHET
NUKURI JEWE ICONSABA NIHAKORWE AMATOHOZA ADASANZWE KUBAGANDAGUYE FERUZI,NTIBABESHERE RETA HARIHO ABABIKOZE NGOBICEBIJA KURI RETA,AMAKUNGU NABIJEMWO.NAHO NYAKWIRAMBIRA KUNGOMA PETER NKURUNZIZA NIBAMUREKE,ABAGITEGEREJEKO AZOVAKO NINKUKUBONA IGIKERE CURIYE INZU.MURAKOZE
8 Mukakaro 2015, 07:01, par NIYONGERE
Jewe ico nosaba amakungu noko yokora amatohoza hakamenyekana waturiye
REMA FM.
11 Mukakaro 2015, 12:26, par ICO NOVUGA KURIYINKURU N’UKO UMUNTU YATURIYE RADIO REMA FM YOHANWA (...)
NZAMBIMANA
12 Mukakaro 2015, 06:13, par MURIBIBIHE VYAMATORA ABARUNDI NOBABWIRA BATI ATTENTIN!!!! BENEDATA ABANYE (...)
6940903
14 Mukakaro 2015, 22:33, par DIEUDONNÉ
IVYO MU BURUNDI VYABAYE AKAYOBERABAHINGA ABANYEPOLIKE BATAVUGARUMWE N UBUTEGETSI NGO IMBONEKURE ZIFISE IBIGWANISHO .ARIKO MBONAYUKO ARIGUHUMA AMASO ABABABONA NABABUMVA. ARIKO TURABONA KANDI TURUMVA NONE KONUMVA BAGUMA BAGIRIZA URWARUKA RUMWE RUMWE NK "’IMBONERAKURA" MBE ABOBARAYE BAFATIWE MUKAYANZA NO MUC’IBITOKE EST CEQUE N’IMBONERAKURE ZIRIKO ZIRAKORA IVYO?ARIKO ICO NOSABA UWUZOFATWA AGOMBA GUHIRIKA UBUTEGETSI AZOHANWE VY’AKARORE. NTAKWIHANGANIRA ABO BOSE BASHAKA INTWARO ZA TRANSITION . BIZOHAYUKIRA MUGASANDUGU KAMATORA. ICONOSABA ABANYEPOLITIKE N’UKWITONDA. BASOKURU BARAYAMAZE BATI "UCA MUNZIRA UTAZI UGAHACA INKONI UTAZI. ATTENTION BANYEPOLITIKE!! !
1er Nzero 2016, 16:53, par Vianney
Narababaye Kuberabaturiye Iyoradiyosinz’ivyobashakakukoniyumviririza Imizikiyabarundi.
30 Ndamukiza 2016, 21:25, par hatugimana
Iconiyunvira kuriyo nkuru nkumuntu yaturiye rema yihoyiki iyaturira rutomora ngigo rpa gusa ubu ngo ni humura sindumuja nibareke kubeshera.abarundi.
1er Rusama 2016, 05:04, par hatungimana
Ndabaramukije.nagira mbaze.mufise imigambiki ?yokubona abaturiye Rem fm .tubazi mukaba.atamutahe numwe barasohoregwa?igiteye isoni nuko hari ayandi maradio yugawe agaca ashinga imbuga zogukwiza ibihuha ngo ni zahumura inzamba nubindi.mbega mweho ndabaze bikunze muze mumpe inyishu ntakuntu mwoshinga urubuga runyomoza brya binyoma namwe mukza mubibeshuza
29 Rusama 2016, 08:38, par MUHEWIHE
REKA BAYITURIRE.il faut eviter les fautes declaration pour bien construire notre pays natal.alors les ennemi burundais ne vuelent point la paix et le developement.laisser ces mots de destruction.
29 Mukakaro 2016, 19:41, par makama
turasabako mwotwugururira umuhora wokuri enterenete mukaza bubeshuza birya binyoma vyahumura hamwe ninzamba mwoba mukoze kuko ivyo bashikiriza bicivutu beshi kubera ariyo bumviriza yonyene
5 Myandagaro 2016, 12:20, par NEEMA
MBONA.KOVYOHAGARARA!