Accueil > Amakuru > Poritike > Biyemeje gutegurira hamwe amatora ya 2015
Biyemeje gutegurira hamwe amatora ya 2015
vendredi 6 Ruhuhuma 2015, par
Mu ntumbero yo gutsimbataza intwaro rusangi mu gihugu kikiriko kiriyubuka nk’ Uburundi, imigambwe FNL na FNL-iragi rya Gahutu Remi bafashe ingingo yo kuja hamwe muco bise’’Front National de liberation’’ Amizero y’abacinyijwe, kugira ngo bazane inyishu ku bibazo vy’ugarije igihugu.
Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru co kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 6 Ruhuhuma 2015, Umukuru w’umugambwe FNL-Iragi rya Gahutu Remi, Jacques Kenese yamenyesheje ko bisunze ibwirizwa nshingiro n’igitabo kigenga amatora yo mu 2015, imigambwe FNL na FNL-Iragi rya Gahutu yaciye afata ingingo yo kuja mu matora yo muri 2015 iri hamwe
Nk’uko vyamenyeshejwe na Jacques Kenese, iyo migambwe uko ari ibiri yafashe ingingo yo kuzoja mu mutora bari hamwe muco bita: FRONT NATIONAL DE LIBÉRATION AMIZERO Y’ABACINYIJWE MU BURUNDI.
Alida S.
Messages
6 Ruhuhuma 2015, 19:57, par kiranga
Fnl niya Rwasa ,abanamarimwe twese turi inyuma ya Rwasa nayo iyo Fndd ya Jacues na C iramunda dervaux nagasema
7 Ruhuhuma 2015, 10:11, par kwizera
je nagira mbaze ivyo vyitso 2 vyiyitirira fnl niyihe nyungu vyakuye muri cndd aho ntibabona ko dd iriko ibatesha umutwe?akarorero kari hafi raba ingene habimana na bagenziwe ingene babuze iyo binyegeza na miburo mwuriye igiti kiturirwa fnl izobahumira ariko jacque ntamaramara
7 Ruhuhuma 2015, 10:13, par Joel
Rwasa oyeeee, abanamarimwe twese turi inyuma yawe. Ivyo vyitso navyo ngo ni Jacques yatugurishirije amatongo yacu mu Kanyosha azojana na basebuja baba dd aho buca tubanyara. Kenese namba atari kenenyina bose barahemukiye abanamarimwe, nawe tuzomucira urwo tuzocira aba dd. Komera mutama Rwasa Agathon, abarundi twese tukuzigamwo urukiza. Fnl y’abigenga oyeeeeee!!!!!!!!!
7 Ruhuhuma 2015, 12:20, par Christopher
Jacques Bigirimana Jacques Kenese= Jaques Abahemu, Ivyitso, Mpemayuzuye. mbe Kenese muri 2010 ntiyari MURUNANI rwarikumwe na CNDD-FDD? Erega nubu naba DD. Ntibasamaze abantu kuko turazi shebuja wabo.
Viva Rwasa Viva FNL
7 Ruhuhuma 2015, 12:55, par Gabanya
Ico mukora numva muvuga nk’intagondwa. Gabanya fanatisme!!! Jewe ntaco dupfa ntaco dusangiye!
7 Ruhuhuma 2015, 15:41, par Munegwa
FNL ya nyene icubahiro Rwasa agathon igihangange muri politike Oyeee! FNL tsinda! Nuko murongozi wacu namwe banama rimwe ntimukagire ubwoba isinzi ryabarundi turagushigkiye. Ivyobihemu Jaques bazomaramara, rindira gato
7 Ruhuhuma 2015, 18:03, par Nuwera
Ariko ababavukanyibacu bomumigambwe yitwa FNL uyumugambi bavuze karuwutsimbataza ubumwe, kandukaba atamuntu nymwe uhungabanije kuberiki nubwo nutobaturi mumigambwe yabo tutobashigikira, karaciyingani abantubakoze ibintu batanimwo amajambo yogushotora nokwankanisha abandi aceyitwako ataco azoshikako mbere mumajambo yihuse direct hakacahabaho abacababita CNDDFDD jewenkibaza nti ejobundi hariho abazorwara aho imigambwe itarimike itangariza kwigize urunani na CNDDFDD!!! Ubu iyo Agathon naba Nditije biyunze muvugango murabakeje kandimuvyukuri nibintu vya burerbure ubimuzovyibonera mumezi atarenze 4 ariko abantubakoze ibintu bitari vyaburebure mukacamuntangura kubifatira mugahanga. Rekandangije mvugako ndabakeje bimwebivuye kumutima ababa FNL bose, Umumwe bwabarundi tsimbatara.
9 Ndamukiza 2015, 23:21, par ROTH NDAYIKENGURUKIYE
ABO BA JACQUES NIBAMVYINA BUHIYE HARYA BARIKO BARACA AKAJUMPU KUBADD.