Accueil > Amakuru > Ubutungane > Bob Rugurika yungururijwe mw’ibohero rya Muramvya
Bob Rugurika yungururijwe mw’ibohero rya Muramvya
jeudi 22 Nzero 2015
Amakuru ava mw’ibohero rikuru rya Mpimba amenyesha ko mu gatondo ko kuri uwu wa kane, Bob Rugurika, umuyobozi wa RPA yabwiwe ko yotekera ibintu vyiwe yihuta, aca yurizwa imodoka imutwara mu kibanza atabwiwe, yaba we canke abashingwamanza biwe. Iyo modoka yamutwaye yafashe ibarabara Bujumbura - Bugarama, kandi ikaba itari ifise iparati ndangamuduga (plaque). Twagiye kumenya mu nyuma ko yatwawe mw’ibohero rikuru rya Muramvya.
- A l’arrivée du pick-up de la cour suprême, qui a transféré notre frère Bob Rugurika à la prison de Muramvya
Imodoka ya sentare ntahinyuzwa itagira iparati ndangamuduga (plaque) yatwaye Bob Rugurika mu muvuduko udasanzwe, ari kumwe n’abaporisi batandatu. Iyo modoka yamutwaye yafashe ibarabara Bujumbura - Bugarama, bikaba vyari bigoye kumenya aho yimuriwe kuko ibarabara yafashe rishika mu mabohero atandukanye nk’i Muramvya, Ngozi, Gitega na Ruyigi. Inyuma y’amakuru yatanzwe na Armel Niyongere, umwe mubaharanira agateka ka zina muntu, akaba arongoye ishirahamwe ACAT Burundi, yamenyesha ko Bob Rugurika yoba agira atwarwe mw’ibohero rya Muramvya, apfungirwe aho bita muri "Cellule de correction" kugira bamugirire nabi, twahavuye tumenya mu nyuma ko yimuriwe mw’ibohero rikuru rya Muramvya.
Armel Niyongere arongoye ACAT avuga ko bitangaje kandi biteye ubwoba kwumva ingene umunyororo yotwarwa nk’uwo banyuruje, agatwarwa n’imodoka itagira n’iparati ndangamuduga, agahindurirwa aha apfungiwe n’abamuburanira batabimenyeshejwe.
- une foule immense s’était amassée devant la prison
Egide Nduwimana
Messages
22 Nzero 2015, 10:49, par ndayi
bandanya muzemuradutohoreza ivyobinywamaraso vyaba dd ntibiduhekure kandi ndasavye murabe ikintu mwokora twebw abanyagihugu twiyamirize ifurwa ryiwe.
22 Nzero 2015, 10:50, par you
n’ibara n’ibara,niyagira Imana ntibamwice ibindi navyo n’ingwara ikira.azovayo fin de fin.muga barerekanye ko aribo bishe barya babikira.nibarindire agahinda bazotinda bafatwa.
22 Nzero 2015, 11:16, par nzobandora
Ndasavye mukurikiranire hafi ivyo vya Bob, kuko abo bicanyi baramaze kumenyera gukora amaraso yemwe! Imana niyo nkuru azovayo. Iyo modoka itagira plaque ntimwumva ko yateguwe ngo ize iranyuruza abantu? Biteye ubwoba.
22 Nzero 2015, 11:40, par Anaclet Ruberintwari
Aho abo bicanyi aribo bari kuba aribo bakwira imisozi nka Gahini, raba ingene bariko bajuragiza iyo nzira karengane. Mana wewe uri mw’ijuru, turagusavye wumve amarira y’abarundi, uhongore amenyo ibi binyamanswa biriko binywa amaraso abantu. Mana twumvire.
22 Nzero 2015, 12:03, par ntiwihebure
Abamenyeshamakuru ni abantu,bakeneye kubaho, kwidegemvya no gukingirwa. Ariko si nk’abandi basanzwe kuko bafise micro bisangije (bavuga iryo bishakiye bakumvirizwa n’abantu bose), kurya kw’abapolisi n’abasoda bisangije kitwaza ibirwanisho (ariko ntituzi neza ko bavyisangije kuva aho uburundi bugiriye mundyane n’ubugizi bwa nabi butandukanye). None, igihe boduha inkuru itariyo tuzobihinyuza gute? Si bibi ko baba intakorwako nka birya bihangange twumva. Ariko ndabona bishoboka ko hoba ukuntu ivyaha bitagishobora gukurikiranwa kuko hari imirwi y’abantu itegerwa (uwagirijwe iki caha canke kiriya aciye ashiramwo ko vyakozwe, vyateguwe canke yatumwe n’ibihangange nka documentation, abo mumugambwe ukomeye canke n’abamenyeshamakuru). Urumva ko imanza zizokurikiranwa canke zigacibwa mugihe zizoba zerekeye abanyagihugu batoyi biburanira hagati yabo kutuntu dutoyi tubaraba gusa, hatagiyemwo umuntu akomeye canke ibiraba politike(mugabo naho baca batugaya ntibaruce). Mwebwe ntakibazo mwumvamwo? Turakurikirana uko abamenyeshamakuru n’abandi bantu bakomeye bagirirwa, none tweho abantu bato turabwa n’iki ko natwe dushaka kubaho, kwubahirizwa n’ukwidegemvya?
22 Nzero 2015, 12:25, par serieuse
ako gasho bavuzeko gateye ama kenga ndasavye ntibabe bashizeyo ibimwica ama bombe ni bindi ubonako ataco batinya bubahuka gutwara imodoka itagira plaque bitwa ngo n iyigihugu, muraturabira ntahave yinjirira mu burozi barya ntaco bubaha ariko nagomba ndabavunire akagohe bamenye neza ko BOBO atari umuntu asanzwe reka ni batahindura ingingo buca babibona
22 Nzero 2015, 12:40, par mahoro
uragowe, manuel uragowe, uragowe manuel uragogowe, uragowe wabesheye BOBO.
22 Nzero 2015, 12:51, par Iyumenya
Sigaho guhora munyegeza ivyiyumviro vyanje,reka nanje ngire ico nshikirije,none mumpor’iki ko nanje ndi mwene Burundi,nyemerera mvuge.Ngirango abarundi noneho barabonye ukuri kwibimaze imisi bivugwa na canecane kubantu banyuruzwa hakabura irengero dyabo,abantu bakitswa ntihamenyekane ababishe,None nguku ukuri kwuzuye kurabonetse,hari ikindi mukibaza?Bob Rugurika inzira karengane arerekanye ukuri.Reka ndabikwereke:Mu misi iheze Elly’s Boy yatwawe n’abantu bataramenyekana kugeza ubu,atwagwa n’imodoka itagira iparati ndangamuduga atogwa yabaye inyama,azira indirimbo yaririmbwe na Grand frère wiweImana ikinga ukuboko arakira.........Ubunaho muti Bob Rugurika yatwawe n’imodoka ya SENTARE NTAHINYUZWA itagira iparati ndangamuduga(plaque) Usivye ko Imana yatabaye ntimubona ko iyo modoka nyene ya Sentare ntahinyuzwa ariyo yari yatwaye Elly’s Boy, mubona koko iyo itwara Mkombozi yarakenewe hari uwari kuzomenya irengero dyiwe?IMDOKA INYURUZA ABANTU BAKAZIMANGANA BURUNDU ATANI HABARI TURONSE NIYO YA SENTARE NTAHINYUZWA itagira iparati ndangamuduga kandi ariy’ Ubutungane.Mbe iyo hatagira ababona ko Bob Rugurika atwawe ntibari guca bamukerera ninde yari kuzabimenya ntitwobandanijwe kubarigwa ko ari muri mpimba kandi inyo zaramuhejeje? Dusabe mwe muri hafi mukomeze mukurikirane nahubundi ubutungane ngaho mu Burundi nibwo buhagarariye ubwicanyi.
22 Nzero 2015, 13:08, par jean
Kudahana imbwa bigwiza imisega!!
22 Nzero 2015, 13:26, par Robert
Reka bamwice tuzomubarisha, bazomurya vyanka vyakunda. Ubu abahutu,abatutsi n’abatwa turiko turiyegeraniza hanze y’igihugu kugirango turabe ukuntu twogwanya izo nkora maraso. Ivyo vyose bazovyishura, amarira y’abene burundi tuzoyabahoza
22 Nzero 2015, 13:54, par david
imana iramubona bobo rugurika kandi iramuzi azotsinda kuko na yezu yarababaye hama aratsinda urupfu.
22 Nzero 2015, 14:22, par gafyakari
mbe basha ninde yodukurako urwo rusyo
22 Nzero 2015, 14:55, par iranzi
vrema le bdi est devenu cme une nation sans roi kuk uno mus Ubu butegets bufata ah bwar bujejw gukingr nkuk?
22 Nzero 2015, 16:59, par Nuwera
Mwakindamugaramye mwakoresha imbinuzose mwiyumvamwo, nimpaka imyaka CNDDFDD izogume kubutegetsi imyaka itarimusi 50 muharure muhereye mumwaka 2005 uwuzoshaka kuyigabanura muzozanurabona ibimubako, uwobashaka kuyivabanura bigakunda nuwuzokuraho democratie mu Burundi maze abarundi ntibasubire kwitorera indongozi zokubayobora, kuko imyitwarire yanyu ituma twebwe abenegihugu tutazi nukuntu bambara itayi mwishati, tutazi nukuntu bavugira kuri radio bitumaturushaho gukunda CNDDFDD.
22 Nzero 2015, 17:37, par SYLVAIN
Ntaco bitway ibiriko biba nigicucu c’ivyiza bigiye kuza nk’izuba ry’amahoro ariko abarundi twese twari dukwiy gutinya Imana muvyo dukora vyose kuko umusi tuzokwicara ku migina itukura imanza zukuri zizocibwa.
22 Nzero 2015, 21:10, par Bobo nwari
Bobo komeraaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa abo bameja bakwanka bamene ibaga,izuba rimenye ijuru,bahambe ifura mufuruka bobooooooooooo rambaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa
22 Nzero 2015, 21:32, par Pascal
Ibimenyetso vy’ibihe bikomeza gushika, ntimusamazwe n’ibiriko biraba ngo mubure kwitegurira Yesu agiye kugaruka vuba. Ivyo vyose vyarahanuwe, ariko Umukiza yavuze ati: nuko nimwabona ivyo vyose bibaye, muze murarame murabe hejuru. Yesu araje bagenzi.
22 Nzero 2015, 21:44
bobu rugurika niwihangane numwana wimana vyaramubayeko rindira ubutungane biratubabaje
23 Nzero 2015, 07:54, par SIHONDI Levis
MARESHALE BOBE RUGURIKA AGIYE KUNONOSORA IVYAGISIRIKARE I MURAMVYA, KUGIRA NIYATAHA AZE ATERE ADAHUSHA NKUKO YA HUSHIJE MUCIBITOKE. AKARI INYUMA KARAHINDA.
23 Nzero 2015, 07:57, par AMERIKE
UMUCANWA KUWUCANA BIROROSHE ARIKO KUWUZIMYA BIKAGORA. NONE NIYIHANGANE UBANZE UMUTONGORE KUKO ARIWE YAWICANIYE.
23 Nzero 2015, 11:16, par bobo
Turasavye ubu naho mutubwire uko amerewe basha abantu benshi imitima yavyimvye bitumwe nuko karya gasho bakavuze NABI CANE? R P A, tuguteze amatwi tuguhanze amaso,
24 Nzero 2015, 12:02, par Jesusson
mwebwe icomwasesagurije abavyeyi ngomuri kwiga, iyo mutuma mwiga theorogie mubamuzi vyinsi none nukwirigwa murabira atanuwubumva si abobategetsi ntibabumva ugwamo gwanyu n’IMANA ntigumva kuki musabanabi kandi kuvuga birigwa abazi kuvuga ntibahomagurika oya ni little by little ababo ko batavuga cane abakozi b’IMANA
25 Nzero 2015, 15:32, par Giti
Bob Rugurika Simbona Icariko Arazira Koyavuze Ukuri Akuzire Ubutunganebwuburundibwabayegute?
26 Nzero 2015, 15:22, par matabi
JE ICONSABA ABISHE NABA TEGUYE KWICA BARYA BA BIKIRA AMARASO ARAHUMA USHITSE KUMARASO YABANA CANKE ABANTU BAKUZE HOHO BIKA RUSHIRIZA .N I BAJE IMBERE YABANTU BAVYEMERE HAMA BIHANE .AHANDI HO BAZOPHANA AGAHINDA,NUMUVUMO MUMIRYANGO YABO.
26 Nzero 2015, 15:22, par matabi
JE ICONSABA ABISHE NABA TEGUYE KWICA BARYA BA BIKIRA AMARASO ARAHUMA USHITSE KUMARASO YABANA CANKE ABANTU BAKUZE HOHO BIKA RUSHIRIZA .N I BAJE IMBERE YABANTU BAVYEMERE HAMA BIHANE .AHANDI HO BAZOPHANA AGAHINDA,NUMUVUMO MUMIRYANGO YABO.
26 Nzero 2015, 17:55, par ndikumana
bob rugurika muruhanga rwawe ntamaso wagirizwa ivyobinywamaraso bizopfa nka kayini Imana irakubo ntamvura idahita
26 Nzero 2015, 17:58, par ndikumana
bob rugurika muruhanga rwawe ntamaso wagirizwa ivyobinywamaraso bizopfa nka kayini Imana irakubo ntamvura idahita
26 Nzero 2015, 18:09, par ndikumana
bob rugurika muruhanga rwawe ntamaso wagirizwa ivyobinywamaraso bizopfa nka kayini Imana irakubo ntamvura idahita
26 Nzero 2015, 18:11, par ndikumana
bob rugurika muruhanga rwawe ntamaso wagirizwa ivyobinywamaraso bizopfa nka kayini Imana irakubo ntamvura idahita
26 Nzero 2015, 18:12, par ndikumana
bob rugurika muruhanga rwawe ntamaso wagirizwa ivyobinywamaraso bizopfa nka kayini Imana irakubo ntamvura idahita
26 Nzero 2015, 18:17, par ndikumana
bob rugurika muruhanga rwawe ntamaso wagirizwa ivyobinywamaraso bizopfa nka kayini Imana irakubo ntamvura idahita
26 Nzero 2015, 18:19, par ndikumana
bob rugurika muruhanga rwawe ntamaso wagirizwa ivyobinywamaraso bizopfa nka kayini Imana irakubo ntamvura idahita
26 Nzero 2015, 18:22, par mukobwajana
JEWE SIMBUZA NUWERA BA AMERIKE GUKUNDA DD ARIKO MUMENYE KO DEMOCRATIE ATARI KURYA MUYIKINISHA IMBONERAKURE NKAMWE ..RINDIRA MUZORABA NAHO MWOKWIBA IMANA NTIYEMERA ABAKORA NKA KURYA PETER N IBINDI BISIHA BIKORA !!!!RINDIRA MUZOTANGARA !!!!
26 Nzero 2015, 20:10, par ndikumana dismas
bob rugurika muruhanga rwawe ntamaraso wagiri ivyobinywamaraso bizopfa nka kayini...bitinde bazokwishura ivyo bakoze amaraso bamenye yarashikanye induru mwijuru.
26 Nzero 2015, 20:11, par ndikumana dismas
bob rugurika muruhanga rwawe ntamaraso wagiri ivyobinywamaraso bizopfa nka kayini...bitinde bazokwishura ivyo bakoze amaraso bamenye yarashikanye induru mwijuru.
28 Nzero 2015, 10:13, par INAMAHORO Gloria
Bob, ihangane nta mvura idahita! abo bavuga ngo bari victime de notre chère radio nibayireke itubere koko la Radio Des Sans Voix!!! rema Imana irakubona! komera!
14 Ruhuhuma 2015, 16:20, par NTAGUZWA JEROME
BOB WIHANGANE KUBERA INABI NTIYIGEZE ITSINDA INEZA,IVYOBIRIKO BIRABA VYARANDITSWE KOHAZOBA AKADENDEREZO.AHUMUNTU AZIRA UKURI.MURIKO MURIBAZA,NINDE AZORINDIRA WAMUSI?NUWIHANGANYE,MUBISHIKA VYOSE.BOB MUBIHANGANYE URIMWO GUMAKO AKAGUMYE BAGUMAKO.TURINYUMA YAWE.YESU AKUBOHORE,KANDI AKUZIGAME.
19 Ruhuhuma 2015, 08:22, par nzeyimana cyprien
ndaryohewa cana ko bob rugurika bamurekuye nukuri akanyamuneza karansya kumatima iman imufashe cane mukazi kiwe kamiziyose abandanye vugira abanyagihugu
natwe abanyagihugu turinyupa yiradiyo RPA ijwi ryabanyagihugu