Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Brazzaville : Igiporisi catanye mu mitwe n’abantu bitwaje ibirwanisho
Brazzaville : Igiporisi catanye mu mitwe n’abantu bitwaje ibirwanisho
lundi 4 Ndamukiza 2016, par
Amasasu akomeye yumvikaniye mu mabaraba ya Brazzaville, umurwa mukuru wa Congo. Ahakorera igiporisi hatewe kuri uwu wa mbere mu gatondo, mu gace ka Makelekele.
Ico gitero kibaye inyuma y’iminsi mike Denis Sassou Nguesso atsinze amatora y’umukuru w’igihugu ku ncuro ya gatatu, ivyazanye uruhagarara mu batavuga rumwe nawe biyamiriza ivyavuye mu matora.
Denis Sassou Nguesso akwije imyaka 37 ari ku butegetsi. Abatavuga rumwe na Reta yiwe bavuze ko amatora aheruka gutsinda yaranzwe n’ubusuma.
Muri ico gitero, mu giporisi bavuga ko batanye mu mitwe n’abarwanyi bo mu murwi wa Ninja.
IGIHE
Messages
4 Ndamukiza 2016, 19:56, par Nduwayo Léonard
Ico Nobivugako Nkuko Abo Batavuga Rumwe N’umugambwe Uri Kubutegetsi Bavuga Ko Amatora Yibwe Ico Nibaza Nuko Ayo Matora Yosubirwamwo Maze Imana Ikabagaragaza Nakare Ng’agati Kateretwe N’Imana Ntigahenurwa N’umtyaga.
4 Ndamukiza 2016, 21:42, par ISIDORE
EWE TWESE TUGWAYE IGWARA IMWE
5 Ndamukiza 2016, 07:05, par tari
Nibahagararire demokarasi yabo kuko ntawundi ariko arabateranya Atari ubufarasa nibwo buriko burateza akajagari murivyo bihugu Burundi Congo Brazzaville Congo kishasa mugushaka gusubiza inyuma democracy niterambere murivyo bihugu kubwinyungu zabo
5 Ndamukiza 2016, 11:59, par Zébédé
Mbe Ivyo Muvg Ngo N’ Ubufaransa Bubateranya .Kurikiz Ib8rizwa Shingr Hama Turb Ko Ubufarnsa Bushobr Kubatrany.
7 Ndamukiza 2016, 06:32, par NDUWAYO
none abobatavuga rumwe nareta nabo baratanzo uwito za hanyuma baramwanka ninbabatamutanze nibemere