Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
BRB: Uwuzozana inoti za kera inyuma yigenekerezo rya 29 Myandagaro azocibwa (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Ubutunzi > IFARANGA > BRB: Uwuzozana inoti za kera inyuma yigenekerezo rya 29 Myandagaro azocibwa (...)

BRB: Uwuzozana inoti za kera inyuma yigenekerezo rya 29 Myandagaro azocibwa ihadabu

jeudi 6 Myandagaro 2015

Umuyobozi w’Ibanki nkuru y’igihugu Jean Ciza amenyesha ko umuntu azozana inoti za kera za 500,2000,5000 n’10000 inyuma y’igenekerezo rya 29 Myandagaro azocibwa ihadabu.

CIZA Jean yavuze ko umuntu zozana inoti za kera azozijana kw’ibanki nkuru y’igihugu gusa canke aho isanzwe ikorera.Asaba abanyagihugu gushikana inoti za kera ku mabanki abegereye kugira babahe inoti zishasha.

JPEG - 94 ko
Umuyobozi w’Ibanki nkuru y’igihugu Jean Ciza

Umuyobozi w’Ibanki nkuru y’igihugu yarangije amenyesha ko bagiye gukora ibishoboka vyose kugira amafaranga y’agaciro asubire kuboneka kw’isoko kandi hizunzwe amategeko.

Mwomenya ko ibanki nkuru yaheruka kwongerako ikiringo c’ukwezi, ku kiringo cari cashikirijwe co guherezako gukoresha inoti za kera.


Van Naris Mugisha

Messages

  • izo noti shasha kwatazo tubona. jw ayakera ndi nayo hako nzocibw amande nzoyatabagura ntakundi.

  • BIRAGOYE ABO BAGABO IGIHUGU BAGOMBA KUKIGIRA NKA MOBUTU MURI ZAIRE YA KERA. NONE AHO UBWO SI UBUSUMA BARIKO BIBA ABANYAGIHUGU NUTWO BATARI BAFISE.
    ARIKO INDYA ZAGATSA SI INKOKO GUSA NINYONI KANDI IGURUKA NKAKO
    DUSABE ABARUNDI MWIHANGANE NTAWUHORA AHIRIWE KANDI AHO BARI HARI ABANDI NABO BAZOHAVA

  • none ko batazerekana ahubwo bagomba gusohora izo kwa nkurunziza ihera ryataye agaciro kwisi yose none bo bazoyaduza gute? AUSTRALIA UBU IDORARE RIMWE RYA AMERICA NI 0.723 ($ 1 USA= $0.7.236 AUSTRALIA
    KARE YARI$1.00 USA = $1.12 AUSTRALIA none uburundi bwo buzoduza gute ayabwo? IBISUMA @NKUR.BURUNDI.00

  • Nico gituma amahera y’uburundi atagaciro azigera agira, umwaka kumwaka ngo duhindure inoti? hoho. Nkuru izoba iyangahe? Mwebwe abaharaniye domokarasi ntimuzigere mwibagira kubashiraho, hama uyo avuga ngo bazobakata amande nawenyene sindamwumva, none ko batayasohora ari menshi? Nabone n’intozo.

  • turashimiy can umukuru wabanki nkuru yigihugu ukuntu yama adukebura kotwojana inoti zakera kumabanki atwegerey bitarenze kwigenekerezo rya 29 myandagaro.murakoz

  • TURAVYE

    Turavye ibihe igihu kirimwo, amakenga ntiyobura. none kubera ko amakungu yabafatiye ibihano (embargo) nico gitumye amahrra yohindurwa? ikibazo kizokemurwa n Imana.

  • BAZOHEZA KUZAKIRA RYARI ABANYAGIHUGU?

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.