Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bubanza: Itanguzwa ry’umugambi w’amagara meza n’irondoka - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Bubanza: Itanguzwa ry’umugambi w’amagara meza n’irondoka

Bubanza: Itanguzwa ry’umugambi w’amagara meza n’irondoka

dimanche 31 Ntwarante 2013

Umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya ikiza ruhonyanganda Sida, muganga Sabina Ntakarutimana, yaratanguje icese kuwa gatanu igenekerezo rya 29 Ntwarante, mu ntara ya Bubanza, umugambi w’amagara meza n’irondoka.

Uwo mugambi uje gusahiriza uw’irondoka rijanye n’amagara meza utari bwashike ku ntumbero yawo mu vyerekeye gutandukanya imvyaro. Kubw’umuhuza bikorwa w’uwo mugambi muri Health Net TPO, muganga Gilbert Batungwanayo, uwo mugambi ahanini uje kwigisha no gukabura ubwenge mu bijanye no gutandukanya imvyaro.


Mariella Bukuru

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.