Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bubanza: Umunyagihugu umwe yapfuye ahitanywe n’igitero - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza: Umunyagihugu umwe yapfuye ahitanywe n’igitero

Bubanza: Umunyagihugu umwe yapfuye ahitanywe n’igitero

dimanche 12 Mukakaro 2015

Umunyagihugu azwi kw’izina rya Nshimirimana Eric yarapfuye, uwundi arakomereka mu gitero cabaye ku muri komine ya Mpanda mu ntara ya Bubanza,kigizwe n’abantu bambaye impuzu za gisirikare bataramenyekana.

Amakuru ava aho ku mpanda,amenyesha ko ico gitero cabaye nk’isaha zitanu z’ijoro kuwa gatandatu igenekerezo rya 11 Mukakaro buca ari kuw’Imana igenekerezo rya 12 Mukakaro kw’ibarabara rya 12 ahitwa ku Nyamabere.

Imbere y’uko Nshimirimana Eric yicwa arashwe,abo bateye batanguye kumutwara amafaranga ibihumbi 130 vy’amarundi,uwakomeretse nawe bamutwara amafaranga ataramenyekana igitigiri.

Musitanteri wa Komine Mpanda Angeline Nibizi aremeza ayo makuru,agasaba abanyagihugu kuguma barikanuye,kandi bafatanye mu nda.


Van Naris Mugisha

Messages

  • None Wamutekanoungana Na 99%urihe ntibasubirekutubesha

  • EWE MANA! ABOBARUNDI BENEWACU BINZIRAKARENGANE BAZIRIKI! TWESE DUSABIRE UBURUNDI BWACU.

  • BARUNDI BAVUKANYI CANECANE MWEBWE MURIMUBIHUGU VYOHANZE ARINAMWEBWE MUDAHWEMA KUDUHA IMIGAMBI YOTUMA DUKURAHO UYUMU PREZIDA NGO NI NKURUNZIZA KANDI MUKABA MUFATA UMWANYA UKWIYE MUGUKOMEZAMWENYEGEZA AKARIRO MUKUNYURWISHA ABOMURIVYOBIHUGU MURIMWO KO NKURUNZIZA ATAGIKWIYE KUYOBORA U BURUNDI, TURABAMENYESHEJEKO YAMAHERA MWARIMUMAZIMISI MWEGERANYA YOKUGURA IBIKORESHO VYOGUKORESHA KURWEGO RWINTAMBARA HARIMWO NIVYOGUTUMATUMANAKO NKI RARIO VYOGUHANGANA NA NKURUNZIZA AMAFRANGARERO MWATANZE TWARAYAKORESHEJE MUKUGURA IVYUMA BITANDUKANYE HARIMWONIVYOKUGIRA RADIO YABASIRIKARE BARWANYA RETA YA NKURUNZIZA ITANGURE GUSAMIRANA KANDIRI MU BURUNDI, ARIKORERO KUBERA ABODUKORANA HARIMWO ABAKOMEZABATANGA INKURU ZIBIJANYE NIMIGAMBIYACU IVYUMAVYOSE VYARAYE BIFATIWE MUNTARA YA KAYANZA MUGITERO GIKOMEYE TWARITWAGAVYE KUBASIRIKARE BA NKURUNZIZA, KUBWIVYORERO NIMWABONA TWONGEYE KUBASABA AMAFRANGA MUZOTWUMVE KUGIRA DUTUNGANYE IVYOTWIYEMEJE.

  • Barundi Twikubitimbere Yimana Kuko Muburundi Harimenshi. Abonabo Bazanyehe ? Turakwiye Kujimbere Yimana Kugira Idukureko Izo Bingira Zamenyereye Kunywamaraso Yabene Wabo
    Mana Tabara Uburundi

  • Barundi Twikubitimbere Yimana Kuko Muburundi Harimenshi. Abonabo Bazananyehe ? Turakwiye Kujimbere Yimana Kugira Idukureko Izo Bingira Zamenyereye Kunywamaraso Yabene Wabo
    Mana Tabara Uburundi

  • Barundi Twikubitimbere Yimana Kuko Muburundi Harimenshi. Abonabo Bazananyehe ? Turakwiye Kujimbere Yimana Kugira Idukureko Izo Bingira Zamenyereye Kunywamaraso Yabene Wabo
    Mana Tabara Uburundi

  • Imana idufashe kandi ibane n’abarundi bose ntakigira itanguriro kitagira iherezo. Turaremesheje imiryango yabuze bihangane kuko twese ariyonzira namba yarakoze neza akiri kurinosi,bizere ko bazomubona.

  • Ubwicanyi Buri Mu Bundi,burarenze Imana Idufashe.Ndahojeje Umuryango Wabuze.Ababijejwe Nibagire Amatohoza.

  • imana imwakire,ico nohanura abo bantu bica abandi bamenyeko atanyungu numutahe bizova mumaraso. ababuze mwihangane

  • BIBILIYA YERA IVUGA UZOKWICISHA INKOTA AZOKWICISHWA NI NKOTA.TWARIDUKWIYE KUBAHIRIZA IKIREMWA.

  • birateyisoni abanyeporitike nibahagarike bumvikane kukonaho bizoshika umuntumuto niwe ahapfira nuwusigaye agahomba abandibakabura ubuzi bakicwa ninzara. abica abandi bamenyekonabo bavamaraso

  • Jewe nahorangirango mubandika ngaha ngontabantubeshi barimwo bandika ibintu vyukuri, none ndevye ibintu vyanditse nuyumuntu yiyise MUKOMERE nciyembonako harimwo abandika ibintu vyonyavyo. Ivyondabivuzegurtyo kubera amajamboyavuze yibijanye nabarundi barimubihugu vyohanze, egonubwonanje ndimurabo barihanze ariko kuvyoyabavuzeko nukuri gusesuye 90% yabarundi babahanze...................................

  • None izo nkozi z’ikibi ziyoborwa na Leonard Ngendakwashatani hamwe na Niyombare ko zigiye kumara abarundi. Rusofero Kagame arazishuka kuko isaha nisaha azazikubita agafuni. Ese bazi aho Lizinde , Biseruka, Sendashonga,Kanyarengwe,... Aho bari? Bamenye ko kagame akoresha abahutu nyuma akabagandagura. N’abandi nka Twagiramungu baheze ishyanga. I Burundi naho niyo Nkurunziza yavaho abo ba Ngendakumana, Rwasa, Ndayizeye,Minani,... inda nini zabo Kagame azazisatura

  • @mutabazi, interahamwe muzareka gukorana na satani ryari? Ubu c abahutu babategetsi murwanda sibo menshi hari nicyakabiri abatutsi bagiye? Muzahera muguhembera ubwicanyi kugeza ubwo satani azarimburwana namwe.

  • Ariko Kagame wagorwa; Kagame afite iyihe nyunga mu gushyigikira abarwanya Nkurunziza? Ariko Bwana Mutabazi ahubwo uziko Kagame agomba gushyigikira Nkurunziza kugirango ibiba kuri Nkurunziza ntibizamubeho?
    Kuba yarahaye ubuhungiro abarundi ni ibisanzwe kuko nawe yahungiye Uganda akiri muto naho umugore we ahungira i Burundi.
    najye wandika ibi mfite inshingano kamere yo kwakira impunzi zabarundi kuko nahungiye Burundi.

  • @kaka. Urabeshya umugambi mutarangije 72. Ntawe muzageraho abarundi barakanuye.

  • @Mutabazi, uri mubi kbsa ubwose ko ndi umunyarwanda unzanye gute mubyabarundi? wowe ufite ivangura ryakurenze kuburyo abarundi wabavanze nabanyarwanda, ubwose 72 nari muburundi? narindiho se? Wowe ufite ideology ya Habyarimana imwe abahutu babanyarwanda bari bariyunze nabahutu babarundi mugukora genocide yabatutsi murwanda, ariko ntabyo muzageraho kuko abahutu bo murwanda bamenye icyo bapfana nabatutsi ko ari ubunyarwanda kuruta utwo tuntu twutwoko tutazagira icyo tubagezaho. Icyiza nuko ababi musigaye muri bake. Abarundi baturanyi bacu nabo ntibakibigenderamo keretse bake nkawe mukibihembera kuko iyo mbonye kuruhande rwa reta bavanze (abahutu nabatutsi) nkabona no kubatavuga rumwe na reta nabo bavanze mbona ko ari ntamoko ahari. Mwebwe musigaye mumoko nabahanura kubireka kuko kugeza Isi ikuweho tuzahora turikumwe.

  • IMANA YO MU IJURU ITABARE IGIHUGU CUBUBRUNDI

  • IMANA YO MU IJURU ITABARE IGIHUGU CUBUBRUNDI

  • MBONA abantu bica baba bavuyehe hariho?abantu usanga babazi nibabavuge babategerere,bishinze guhora nibibi nkuwo yarafise amahera nabamuzi barikumwe,nivyo

  • urasara sha !! uburundi buragwaye pe!ntamutekano uhari kandi abantu birigwa baricwa nkibeba.

  • @kaka. None se wamwicanyi we aho mwiciye ntimuhaga? Ubu mwarangije guhaga amaraso y’abahutu bo mu Rda na Kongo none mugiye muburundi!! None ubona kabarebe usigaye arwaye urushwima n’akada kameze nk’umwembe ariwe uzarurwana?!! Ese isomo mwaboneye za Runyoni , Kibumba, Cyanzu ubu muribagowe!!! Ntacyo nimwiyahure muburundi babakande dore ko inkotanyi zisigaye zizi kurya no gusahura gusa!! Ibyo munyunyuza mumitsi y’abanyarwanda abarundi bazamamesa iyo midigi yanyu yuzuye amase imeneke!!

  • MBEGA ABOBAJA MWISHAMBA BARARIZI NTARYOBAZI IYABA BARIZI NTIBAJAYO NDABACIRUMUGANI IBWA IYUYIRUNGITSE MWISHAMBA GUHIGA NTIBIZIKIRIYO IYIGIZIMANA NTIKIYICE IKAKIZANA KIBICASHEBUJA YOYO AYIHIGUFA NURUSHATO TWEBWETWARABIBONYE GWARA AGISHIKA YAGUZURUPANGU AMAHERA YARUGUZA NTANUWURAYAMENYA ADOROF IBINTAFISE NTAVYAZI NIYOMBARE IVYOYARAFISE NTAVYAZI ICOBATAZI BARABAZA IMBONERAKURE BABABARIRE ICOBABONYE MWISHAMBA NICO BAKUYEYO MBEGA BARIZE NIYOBARI BAGENDA BUNAMIRA ABITWAKO BABATUMA NAHOBAZOZA BIZOHERERA MUKUBUNAMIRA

  • Ahubwo Murabacung Kuk Abo Nabashak Guhungabany Umutekan

  • Abo bose batyozanya iyaba bashira imbere gusenga Imana yobikoze ku buntu biciye mu kwizera no gusenga tutarinze guta akanwa tubwirana nabi Imana ikatwumvira ubusa n’Abamalaïka bakatubonera ubusa n’abasoma ivyotwanditse bakatubonera ubusa,ahubwo icombona n’uko twoshira Imana imbere ahacu hakabura ah’Imana hakaba ariho haboneka.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.