Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bujumbura : Imyiyerekano y’ukwiyamiriza ingingo ya ONU yatanguye (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Poritike > Bujumbura : Imyiyerekano y’ukwiyamiriza ingingo ya ONU yatanguye (...)

Bujumbura : Imyiyerekano y’ukwiyamiriza ingingo ya ONU yatanguye (Amafoto)

samedi 30 Mukakaro 2016, par Jean De Dieu

Imyirekano y’ukwiyamiriza ingingo yemejwe na ONU ibisabwe n’Ubufaransa yatunganijwe mu gisagara ca Bujumbura. Abari muri iyo myiyerekano bariko biyamiriza irungikwa ry’abaporisi ba ONU mu Burundi


IGIHE

Messages

  • Mwanka mwakunda, baraza kunguvu canke kunabi none ndababaze, mwege mugira imyiyerekano, abo bapolisi baje harico vyobatwara? Nimureke guca imitwe yabantu ataco mubaziza, emama ngo mubaziza kwiyamiriza mandant ya gatatu, murabe kohari numupolisi numwe azopfa aje, mugabo mubandanije, baraza ntagisivya.

  • Cndd fdd numugambwe wimburakimazi.Nagira ngo mwari kuja kura Ambassades za Russia na China kubera ko baraye babahemukiye bagatora nya tegeko.None aba faransa mu bahora iki?Umwaka uheze yari manif yabanse kuba abaja none ubu ni manif yabaja gusa.Ariko mugire manif mwibuka ko Gakwaya Damascene nabandi mu vyo bahanuye harimwo ko hazoza inteko mvamakungu mu Burundi.Ba murizigangura buca ndora.Emera intenderi yawumenye mute inkubi kuba chinois naba Russia babataye bakabatana urugamba bahora babahenda ko ingingo yose muri Onu bazoyigwanya

  • Bazatabigwanisho Bitwaje Nibaze Kandi Babanje Kunvika Nareta Yanyenicubahiro Nkurunziza Ataruko Naho Bazokwibonerako

  • Izo mburakamazi. Abarundi bari mu bukene butagira izina none muriko mubafata ku nguvu ngo baje mu myiyerekano yo gushigikira akagwi k’abasuma n’imihimbiri kariko katujana mu manga nimba tutamaze gushikayo.

  • ahubwo jewe nabonye na ambassadeur de la france au burundi arimwo none nagira yarungitswe guserukira igihugu ciwe mu burundi nagira ico bavuze nico yemeza ivyubu biragoye, nayo izo mburakimazi zibura gukora ngo zirigwa inyuma yababasubiza inyuma abana babo biga hanze ama compte yuzuyeko amahera izo mburakimazi nazo zikaja inyuma muzovyifuza ataco mugishikako.

  • Nibarungike 5000 Abo 228 Ni Bake Kuko Abarundi Bariko Bicwa Batotezwa Imihingo Yose Nibaze Turabe Ko Hari Icohinduka.

  • Ngo abafaransa nibo basavye , ntamuntu numre atazi ivyo bakoreye abanyarwanda muri 1994. Nibabanze bishure uruhari bakoze muri Genocide . Abafaransa no No gratta muri grÃ¥ands lacs politike yabo twarayihinyuye mia Mporona

  • Ese yamigumuko mwahoragamo ngo muramagana kagame yahezehe ? Turayikumbuye ahubwo dushaka k mwajya muyikora bili munsi. Kuko nubundi ntakazi mukigira.

  • Abo bapolisi nibake kandi ntacobazohindura kumugambi wa satani nkurunziza wukumara abarundi,ahubwo hakwiye kuza abasoda bodufasha kudukingira.hama tuce tuja mumyiyerekano twiyamiriziyileta yabajura.

  • Aboba polisi ntiborungikwa ahandi harintamba ariko bakareka kubarungika mugihugu kitabakeneye?
    Twebwe abarundi nincuti zacu twumvikanye kotuvuga ngo oya naboba polisi ntabodusha ngaha Burundi.

  • Ico nikimenyetso cuko ONU ikwiye kwongereza igitigiri cabajejwe gucungera umuteka kuko abobantu bose ubona bihereje amabararabara nimbonerakure interahamwe nigiporisi
    Nigisoda vya nkurunziza akaba arinabo birirwa barahekura uburundi na barundi batinyako ukuri kuja ahabona intahe ikabakubita mugahanga nashaka kuremesha ONU ngo nyabuna ntikorere kw ityoterabwoba rya nkurunziza nakarwi kiwe rwahubwo nyabuna ngo barungike izonteko mumaguru masha kandi nyishi n ibirwanisho bikwiriye vyo guhasha izo nkorabara

  • N’ubufaransa bwanyu murabuhindutse?cndd FDD ubaye uwande?

  • Uwutagomba Ko Nyumbakumi Azamurugogwiwe Areka Kugwana Numugore Iwehakama Umutekano Vyanse Ategerezwa Kwinjira Kugirango Atabare Mwumwe Canke Akabumvikanisha Bagasubiza Hamwe

  • IVYOVYONTIVYOBURA KUTABAZA KOBATIYAMIRIZA UBUKENEBURI MUGIHUGU?

  • IVYOVYONTIVYOBURA KUTABAZA KOBATIYAMIRIZA UBUKENEBURI MUGIHUGU?

  • Ni byiza cyane ko baza kko leta yanyu yananiwe gukingira abaturage. Ubwicanyi bwa buri munsi mwe nta soni bubatera

  • Ese nyine yamigumuko yo kwamagana president wacu dukunda yararangiye iracyakomeza bimeze bite ? Turayikumbuye ...yaradushimishaga bya hatali.......abarundi muli injiji peeeeeeeeeeee

  • Abarundi barasaze ngo baramagana kagame ngobazajya bayikora buli samadi...byarangiye bite ? Ahubwo bazajye bayikora buli munsi...cyagwa kabili kumunsi....mwarasebye muli ibigoryi byuzuye wallah

  • Abafaransa Turabiyamirije Nibagum Iwabo Kk Umurir Naho Uraka

  • NTABO DUSHAKA NIBAGUM’IYO BARI TURABIYAMIRIJ.TURIKWIY.

  • Imyiyerekano yiyamiriza 3eme mandat ngo nimigumuko abaraswa bakaraswa.imyiyerekano itunganijwe nareta igacungegwa ningabo ikaba mumwidegevyo ntangere.non demokarasi irimuburundi yitwa ngwiki??????ninde yompindangurakintu yicitwa demokarasi muburundi?abantu banyuruzwa batwarwa nabande?ivyuburundi biragoye.

  • Erega dupfa kwishimira ivyovyaboba police ntanakimwe vyotumarira congana nuko twarikuba twashoboye yakudeta, abakwarukuzagusa muntumbero yokugira uburundi ndibuzohave bwitwako bwihagazeko bigakunda bugatsinda, erega yoyaba uburundi butari muri Africa ububaba barabuhaye imidale yubuhangange kubera ivyobumaze gukora kuva haburijwebwo kudeta.
    Turapfa gushigikira aboba police ntakintu kuzima bazotumarira atarugucinyiza Africa gusa.

  • icombona nibamanda yagatatu atari ugwitwazo nibi hangane iyimya ka ine ahubwo bonge re inguvu kugira baze bacinde kugira borohe reze abenegihugu guhunga bira ba baje kandisivyiza nagato

  • kagame turamwiyamirije areke kuba umutsamanza tawamu gize umutsamanza sivyiza

  • Iyo mihimbiri yi mbonerakure ni nterahamwe nurumogi nkurunziza ya baguriye, nirwo rubasarisha ngo ni myerekano. ni bashike tuzorabe icobakora izobwebwe.

  • Jewe mazimisi nkurikirana ivyandikwa nabantu bikanyobera!uruhande rumwe ruranezerewe nabaporisi batasabwe nuburundi basabwe nubufarasa,ikibazo!mbega abapolici. 228 botabara bangahe mugihugu kingana nuburundi???mbegabatishimiye Leta ntimurenga nkamajana nibura600!!nimwabataco murashobora kandi muhanganye nabomuzinanyi abobanyamahanga nibobazobishobora batazi numwansi uwariwe mugihe Leta irimwamokoyose!!!???ikindi mumenyeko leta itarabemera kandi ntiyabasavye.oni ntizobikora hatabaye amasezerano yaleta nayo kukoyoba iroshe ibindibihugu muntambara zazayigora kubwamategeko yashizehoyonyene abuza igihugu kwinjirira ikindi,nimwabona babirenzeko mumenyeko isi ihenuhe nintambara yubutita mubihugu bizovyara iya3yisi.nimuronderere ivyizigiro kumana kukoniyishoboye vyose,ataruko icizere cabatuvyibintukumwe nabandi kizoraza amasinde.abarundi nimureme mugwizibikogwa gusa abadusamaza tubimamatwi ariko canecane dutunganire Imana ibisigaye tuzorabe imana yomuvyumba n IMANA yomwijuru iyivuga igakora iyariyo.niko vyabaye ikarumeri ntagutabagwa kuzova muri oni nomugwanda oni yarihari siliya iraqui Ribiya nahandi bicana oni iraho!!nivyatunanira kwumvikana tuzoba icotwahisemwo.

  • Yewe abaturage b’ uburundi mufite ibibazo bibakomere pe murahuzagurika muramagana ubufaransa ubundi UN mwarangiza ngo KAGAME ????????? mufite ibibazo bikomeye H.E KAGAME mu mureke mumushyire hasi twe abanyarwanda nitwe tumuzi . ni umugabo uharanira amahoro kandi ntaho bitazwi ku isi hose icyo gihugu cyanyu cy’ umwanda ntabwo cyamutesha umwanya ndetse natwe abanyarwanda nta mwanya dufite wo guta kuri icyo gihugu cyanyu ?? dushakayo iki se ?? mufite iki se ??? mukomeze mute umutwe mwigaragambya twe twibereye mu mu muganda tu ??

  • Hhhhhhhhhhh Abarundi mugeze kure mba ndoga nkomokomo!!!! Mugeze aho gufashwa na UN? Muzehe wacu nitwe tumuzi aho yadukuye naho atugejeje! Nzaba mbabona Mwene Muzehe!!!!!

  • Jewe ndemezako ubufransa gusabira uburundi ko abobapolisi bokurwego rwa ONU borungikwa mu Burundi ntarukundo rurimwo kubera izimpamvu yikurikiranya:
    Ubwambere nabwo urevye ibibera mugihugu camwo nabo birikwisabira aboba polisi.
    Ubwakabiri iyaba igihe badufatiye ibihano guhera batwimye ubufasha bwamatora ubufransa iyobwatuvugira muri ONU bukavugabuti turasavye mukomeze murungike imfashanyo Burundi ububarikudusabira aboba polisi tugaheza tukamenya kwarurukundo.
    Ubwagatatu ivyabaye mu Rwanda 94 ubwobufransa nibindi bihugu ntivyari vyarashizeyo abajejwe ngo gukingira abanyagihugu? Nonecabubujijweko abatutsi bicirwa guhona/Abahutu bakicirwa guhona?
    Ikindi abobajejwe umutekano mpuza makungu imbunzi zabanyanda nzomubwoko bwabahutu zarizarahungiye Congo inkotanyi nzambutse umupaka kumutaga ruhangabagabo zikabica ijoronumutaga kumusi kumusi iyo ONU siyoyariri?
    Abarundi muri Burundi nabarihanze mugabanure ubujuju kuko iyo mushigikiye ibintunkibi vyasabwe nubufransa bobaraheza bakisekera bakongera bakavugabati twabaciyemwo vyaheze ngwabarundi burya ntibazi gusesangura ngo nuwubacinyiza canke abaka agateka kabo baramukomera amashi.

  • Ndabaramukije mwese jewe kuruyumwanya ndanditse kugira ntange iciyumviro canje ariko ndakoresha amazina atarayiwanje kugira abodusanzwe dukorana/duhuje politique ntibamenye.
    Jewe ndumwe mubanka birenze ukwemera reta yu Burundi iriho ubu arinacogituma nahunze kandi mvuye munzego zakorera reta yimbere yamatora yomuri 2015
    Jewe ndongeye kubamenyesha ko ndumwe mubanka reta yu Rwanda kuburyo birenze urugero.
    Kubwivyorero kuba aboturikumwe twahunze irya reta yu Burundi iriho uyumusi atanumwe ashobora kwifatikanya nabarundi arinabo bavuga kobaharanira ngwasohore itangazo ryiyamiriza urwanda rukomeje gusongera isibe mu Burundi nomubarundi mbere kuburyo buboneka uwariwewese iyari yabari mu Burundi canke hanzeyabwo jewe bazonyica abomwiyi reta yuburundi canke ntibanyice, nahunguka canke simpunguke ndabona ndikondisanga ndikondakorana nu Rwanda mugutuma abarundi bakomeza kwicwa navyo bikaba bibonekera mukuca abanyarwanda batwita ibicucu ukibaza ngobabibwiye abarikumwe na Nkurunziza kumbe nimwebwe tugumatuvuga ngokuvata Nkurunziza mumuhashe nabobarikumwe kandi abobarikumwe niyomiryango yacu gusumvya urwanda gushigikira kuburyo tutazi! Jewe iconasaba ababantu dufatikanije twahunze irya reta yu Burundi kwarukugira turekure amatangazo yiyamiriza igihugu cu Rrwanda gihagarike gukomeza guhekura uburundi, ego ibibazo tubirimwo ariko uwabonye umuntu azakumufasha kubijanye nivyo guteza imbere igihugu ntiwobona uwuza kugufasha kwica.

    Jewe rero nkaramuka mbonye ukukwezi ndutanguye kuheze atamuntu twahunze Nkurunziza atangaje yiyamiriza Kagame ndabavinyuma kuko ntituzoba turikumwe nabarundi beshi twozokwisanga turitwenyene mugire Imana jewe ndumu mw’Islam wukuri sinkeneye kuba mubatanguza umuhari wabakora nkivyihebe mugire Allah.

  • MTANEKO MVAMAKUNGU TUGIKENEYE MUBURUNDI KUKO UBURUNDI BURAFISINABO ZIKWIYE AHUBWO NTIBAZE BIRIGWE BAZA

  • Abafranca bakaba bakeneye gutegura genoside nkiyobakoze murwanda nibacire birarura turaziko atarukundo badufitiye ahontibashaka ubutarebwacu? bareke bazebazobura inzira ibatahana. kobatagenda muri somalia kugwanya alchababu . kobumvise niclellere umugara urahagaze barabeneza ingwano ya 3gatatu barayitanguza bawucane bawota hano is not libiya..._

  • Abo bapolisi ntabwo uburundi bubakeneye ubu mu gihe amahoro ariko araboneka mu gihugu cose. Abo bagomba kubarungika bafise iyindi gahunda inyegeje iri nyuma yavyo. Uyu musi ni 200, ejo bundi bazoba ari ibihumbi 20 kuko bazogerageza uburyo bwose kugira abarundi basubiranemwo; nka karorero bagandaguye abategetsi nkuko vyabaye mu Rwanda 1994 hanyuma bagaca baja kwisunzu ry’inzu ngo génocide yatanguye ngo bagomba kuyihagarika kandi ari bo bayitanguje. Hanyuma bace bashira ho ubutegetsi bubayoboka bubaha inzahabu n’ayandi mabuye yagaciro bashaka. Abarundi bagomba kuhagabira muri ibi bihe!! Igiti ntikigukora mu jisho kabiri!! Nibateshwe bate twarabahinyuye!! Ivyari magera vyrageruye!!

  • NIBABARUNGIKE MURI CENTRAFRIKA NAYO TWEBWE AMAHORO TURAYAFISE, TURAVYASE.

  • Nibabiyamirize kuko ntabo dukeneye ntibazohave batuhira nko mu gwanda muri 1994!!

  • MBEGA IMYIREKANO USIGAY URI NKAKO ABARUNDI BIYI BUTSA REKA BANAN

  • nibabajane.murwanda.kuko.abahungabanya.umutekano.ariho.baba.nkunziza.nimukorumbone.naarashababu.yaratujije.nabafarasa.nibaze.bazohera.nkifu.yijira.|!!!!!!!

  • Abanyamahanga Nibareke Kwivanga Mubitabaraba

  • Bibarirwa Benshi Bikumva Benevyo.Jeho Mbandaya Mfungura Ubwa DONA Aha Muri Shelter.

  • Ntitubakeneye.Turimumahoro

  • TWEBWE UBUTURI MUMAHORO KANDI IGIHUGU KIRATEKANYE UMUTEKANO NIWOSE KANDI NTITUBAKENEYE?

  • ABANYAMAHANGA,NIBAREK KWIVANGA NU.BURUNDI

  • bayiyamirijehageze kuko bashaka guteranya abonserimwe kandi aribo bokwiyumvikaniye

  • Ubujuju n ’ingwara, ngo ONU nireke kwivanga muvy’uburundi, murabanza mumenye ico ONU ivuga n’igituma yabayeho, ariko abanyamahanga iyo mukenye muca muvuga ngo bakure ama sanctions bashizehe, oya n’ukuri murateye isoni kubujuju bwanyu.

  • NAGOBAVUGE.ICIYUVIROCAJEKUBANTUBAGOBAKOTWOSUBIRAMUNTABARANTIBAPIMETWEGETUGOBAKUBAMUMUTEKANONTAGERE.UMUNYAGIHUGUYINDEGEVYA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.